<?xml version="1.0" encoding="utf-8"?> <document> <s id="1">Ni We rero azorungika Umumarayika wiwe imbere yawe, hariya ni ho azokura umugore w'umuhungu wanje.</s> <s id="2">18 Merekisedeki na we, umwami wa Saremu akaba yari umuherezankuka w'Imana Rudasumbwa, yamusanganije umukate n'umuvinyu.</s> <s id="3">7 Nayo jeho, aho nava i Padani, Rakeri yampfiriyeko mu gihugu ca Kanahani, ku nzira, hafi y'irembo rya Yefurata.</s> <s id="4">9 None iyi ntara yose ntiri imbere yawe?</s> <s id="5">Azogusubiza mu gikorwa cawe, uzoshira mu minwe ya Farawoni igikombe ciwe nk'uko wahora ubigira ubwa mbere umuhereza inyobwa.</s> <s id="6">6 Ivyo atunze vyose yari yabishize mu minwe ya Yozefu, maze ntihagira ico aba agisubira kwitwararika atari ivyo arya vyonyene.</s> <s id="7">Bari bafise abatware icumi na babiri nk'uko imiryango yabo yangana.</s> <s id="8">Kigandu ni igisagara mu Uburundi.</s> <s id="9">17 Umwami w'i Sodoma aza kumusanganira atabarutse, ahejeje gutsinda Kedorerahomeri n'abandi bami bari kumwe mu kiyaya ca Shawe, ari co kiyaya c'umwami.</s> <s id="10">Kuva Uburundi buronse ukwikukira, bwagize ingorane nyinshi zijanye n'ivyimibano n'iporitike zagumye zigaruka ari zo zatumye haba indwano, haba abahungiye mu mahanga abandi bakegeranirizwa hagati mu gihugu, harasamburwa inyubakwa z'iterambere n'ubutunzi.</s> <s id="11">Gasanda ni igisagara mu Uburundi.</s> <s id="12">Ayita amazina nk'ayo se wiwe yari yarayise.</s> <s id="13">Turagukorera ikibi kiruta ico tubakorera.»</s> <s id="14">24 Ni vyo!</s> <s id="15">Ubu noneho umugabo wanje agiye kuzobana nanje, kuko ndamuvyariye abahungu batandatu», aca amwita Zaburoni.</s> <s id="16">9 Bamaze gushika aho Imana yari yamurangiye, Aburahamu yubakaho uruhimbi, atondeka za nkwi, aboha Izahaki umuhungu wiwe, amushira kuri rwa ruhimbi, hejuru ya za nkwi.</s> <s id="17">23 None ubusho bwabo, itunga ryabo, ibitungwa vyabo vyose, ntibizoba ivyacu?</s> <s id="18">Izahaki amwishura ati: «Ni uko nibwiye nti: Simpfe nzira we.» 10 Abimereki avuga ati: «Ivyo watugize ni ibiki?</s> <s id="19">3 Yokeshani avyara Sheba na Dedani.</s> <s id="20">Izahaki avuga ati: «Umuriro ng'uwu, n'inkwi ng'izi; ariko umwagazi w'inkuka wowo uri hehe?» 8 Aburahamu yishura ati: «Imana Yo nyene iritangira umwagazi w'inkuka mwananje.»</s> <s id="21">47 Muri ya myaka indwi y'umusesekara, haba umwimbu mwinshi mu gihugu.</s> <s id="22">9 Abimereki ahamagara Aburahamu, amubaza ati: «Watugize ibiki?</s> <s id="23">Hagati mu murima na ho hari igiti c'ubuzima n'igiti kimenyesha iciza n'ikibi.</s> <s id="24">13 Rabani yumvise inkuru ya mwishwawe Yakobo, yiruka kumusanganira, amugwa mu nda, aramusoma, araheza amujana i muhira iwe; Yakobo yiganira Rabani ivyo bintu vyose.</s> <s id="25">Ni ikibazo c'Ireta gihambaye cane gitanga uburenganzira bwo kwinjira muri kaminuza.</s> <s id="26">Kubwandwa rero cari igikorwa cagigwa n'abarundi bo hambere nka bose!Imbere y'uko ubukoroni (colonisation) butangura, abazungu baraje kwigisha amadini mashasha maze abarundi baheba Kiranga batangura gusenga Imana mu bundi buryo.</s> <s id="27">Igitoke ( Musa acuminata × Musa balbisiana) n'ikiribwa.</s> <s id="28">Yuda yavyaye Shera aba i Kezibu.</s> <s id="29">Twaramwiganiye ivyo twarose, arabiturotorera, umwe wese amushikira ku nsobanuro y'indoto ziwe.</s> <s id="30">11 Bari mu gushika mu Misiri, abwira umugore wiwe Sarayi ati: «Umve rero: ndazi ko uri umugore aryoheye ijisho.</s> <s id="31">Ukwo guhahamuka (PTSD) kurashobora kubera intambanyi ubuzima bw'umuntu bwa minsi yose.</s> <s id="32">Abanyagihugu: 228,873 (2008) Umurwa mukuru: Cankuzo Uburinganire: Ibirometero kwadarato 1,964.54 Gasebuzi Cendajuru Kigamba Akaguya ni uruzi mu Uburundi.</s> <s id="33">24 Rabani atanga incoreke yiwe Zirepa, ayiha umukobwa wiwe Reya ngo imukorere.</s> <s id="34">Baraga ni umusozi mu Uburundi.</s> <s id="35">Uzoba icangazi kiyerera kw'isi.» 13 Kayini abwira Umukama ati: «Icaha canje kirahambaye, kirandemereye cane.</s> <s id="36">21 Nawe, akira ku biribwa vyose, uvyiziganirize; ni vyo bizoba imfungurwa ya mwe na vyo.» 22 Nowa arabigira.</s> <s id="37">12 Zirepa, incoreke ya Reya, avyarira Yakobo umuhungu agira kabiri.</s> <s id="38">Amazina y'indimi tuyafata nk'amazina y'urusangi, ni co gituma atangurwa n'urudome rutoyi.</s> <s id="39">Avuga ati: «Ni kuki umbaza izina ryanje?»</s> <s id="40">53 Asokorora amashikanwa y'ifeza, amashikanwa y'inzahabu n'impuzu, abihereza Rebeka; ahereza kandi musazawe na nyina ingemu z'agaciro.</s> <s id="41">Amabara y'ibendera ry'igihugu ca Australiya ni ubururu, iryera n'agahama.</s> <s id="42">11 Kuva ubu rero uravumwe kuri iyo si yasamye ngo inywe amaraso ya murumunawe asheshwe n'iminwe yawe.</s> <s id="43">Rimwe na rimwe abantu biyahura kubera ko babona womenga n'ubuhungiro bw'ingorana barimwo canke bw'ububabare, ishavu, ivyo biyotsa, kuba ruhebwa canke nyamwigendako.</s> <s id="44">32 Berahi, mwene Behori yaganza Ubwedomu.</s> <s id="45">4 Mu kwezi kugira indwi, kw'igenekerezo ry'icumi n'indwi, ubwato buhagarara ku misozi ya Ararati.</s> <s id="46">Umugore na we yishura ati: «Inzoka yampenze hanyuma ndarya.» 14 Umukama Imana abwira inzoka ati: «Ko warikoze, uragacibwa mu bitungwa vyose, no mu bikoko vyose vyo mw'ishamba.</s> <s id="47">Abantu baje muri Kanada kugira ngo baronke umutekano, bahunge gutotezwa,kandi bizere ubuzima bwiza.</s> <s id="48">24 Tumaze kuduga n'ugushika kwa data ari we musavyi wawe, twaramushikirije amajambo ya databuja.</s> <s id="49">Uburundi @ Wikimedia Commons Bogotá ni umurwa mukuru wa Colombia.</s> <s id="50">Inyifato ya Yozefu mu gihe c'ikigoyi 13 Ivyokurya birabura mu gihugu cose, kuko ikigoyi cagishegeshe cane.</s> <s id="51">11 Yuda abwira Tamari umukazana wiwe ati: «Uraba uragumye mu nzu kwa so uri umupfakazi, gushika aho umuhungu wanje Shera azokurira.»</s> <s id="52">Mushiki wa Tubari Kayini yari Nahama.</s> <s id="53">Yakobo abwira Rabani ati: «Icaha nakoze ni ikihe?</s> <s id="54">64 Rebeka na we ngo araramure amaso, abona Izahaki, aca ava ku ngamiya asimbira hasi.</s> <s id="55">Barashikanira uwo bibaza ko asumba vyose mu kumushikiriza imfungugwa nzia ahantu mw'ishamba bibaza ko uwoo asumba vyose azohava aza kuvyakira.</s> <s id="56">37 Yakobo aca udukoni tubisi tw'igiti c'iribeni, utw'igiti c'iruzi n'utw'igiti c'iheremoni.</s> <s id="57">Montevideo ni umurwa mukuru w'igihugu ca Uruguay (dusoma IRIGWE).</s> <s id="58">24 Hanoki arayoboka Imana, aca arazimangana kuko Imana yari yamujanye.</s> <s id="59">Ico gipfunda gituma amaraso atembera nabi nabi mu mitsi hanyuma ntashike mu mutima, akaba arivyo rero bitera indwara y'umutima yamaze abantu.</s> <s id="60">24 Aburahamu yari afise imyaka mirongo icenda n'icenda aho bamugenyera.</s> <s id="61">Be n'igifaransa, ikirundi nu ururimi rwemewe n'amategeko mugihugu c'uburundi.</s> <s id="62">17 Mutatwemereye ko mugenyerwa, turabaka umukobwa wacu twigire.» 18 Ayo majambo yabo arashimisha Hamori n'umuhungu wiwe Sikemu.</s> <s id="63">Yakobo ashira ubusho bwiwe ku ruhande, ntiyabushira hamwe n'ubusho bwa Rabani.</s> <s id="64">Minnetler ni igisagara mu Turukiya.</s> <s id="65">39 Igitungwa catabaguwe n'inyamaswa sinakikuzanira, naragisubiriza; ico bivye ku murango canke mw'ijoro, warakindihisha.</s> <s id="66">Yakobo yitegurira guhura na Ezawu 4 Yakobo arungika intumwa imbere yiwe kwa mukuruwe Ezawu mu gihugu ca Sehiri, mu ntara y'Ubwedomu.</s> <s id="67">Kenshi bimara iminuta mikeyi, mugabo birashobora kumara igihe kiruta canke bikaza biraza bigenda.</s> <s id="68">Venezuela n'igihugu muri Amerika.</s> <s id="69">10 Bashika ku mbuga iri mw'itaba, hakurya y'uruzi Yorodani.</s> <s id="70">38 Farawoni abwira abasavyi biwe ati: «Twokura hehe umuntu nk'uwu arimwo umutima w'Imana?» 39 Farawoni abwira Yozefu ati: «Ko Imana yakumenyesheje ivyo vyose, nta wundi muntu munganya ubwenge canke ubwitonzi.</s> <s id="71">12 Mwitwaze ayandi mafeza, kandi musubizeyo amafeza mwasanze mu munwa w'amagunira yanyu, hari n'aho kwabaye ukwihenda.</s> <s id="72">15 Kanahani avyara Sidoni imfura yiwe, na Heti, 16 n'Umuyebusi, Umwemori, Umugiregashi, 17 Umuhivi, Umuhareki, Umusini, 18 Umwaruvadi, Umutsemari n'Umuhamati.</s> <s id="73">Genda rero wegere incoreke yanje; kumbure kuri yo nzoharonkera abana.»</s> <s id="74">Ni kuki utampishutse ko ari umugore wawe? 19 Ni kuki wavuze uti: Ni mushikanje nanje nkaca ndamutwara nkamugira umugore wanje?</s> <s id="75">Abanyagihugu: 14.945 (2009) Moira Kelly (* 6.3.1968, Queens, New York).</s> <s id="76">Agasumo ka Mwaro Kapıkule ni igisagara mu Turukiya.</s> <s id="77">Uzokwama wipfuza umugabo wawe, na we azokuganza.» 17 Araheza abwira Adamu ati: «Ko wumviye umugore wawe, ukarya ku giti nari nakwihanikirije kuryako, isi izovumwa kubera wewe.</s> <s id="78">14 Isarayeri aramvura ukuboko kwiwe kw'ukuryo, yubika ikiganza ku mutwe wa Efurayimu ari we muhererezi, ikiganza ciwe c'ukubamfu na co ku mutwe wa Manase.</s> <s id="79">Yozefu abaha imikogote nk'uko Farawoni yabivuze, abaha n'impamba y'urugendo.</s> <s id="80">Bene Isarayeri bajana se wabo Yakobo ari we Isarayeri, abana babo be n'abagore babo muri ya mikogote Farawoni yari yarungitse ngo bamurerure.</s> <s id="81">Ko Yesu (Jésus) ari umwana w'Imana kandi ko Ukwemera Kwabo kugizwe n' Ubutatu Butagatifu.</s> <s id="82">9 Ng'uru uruvyaro rwa Nowa: Nowa yari umuntu w'intungane, ntiyagira amahinyu mu bo barukanye ico gihe.</s> <s id="83">Imfura ya Yakobo ni Rubeni.</s> <s id="84">12 Ararota, abona ingazi ishinze hasi, maze umutwe wayo ugakora kw'ijuru; abona kandi abamarayika b'Imana bayidugako, bongera bayururukako.</s> <s id="85">Ibitero bitavanako n'ivyo bimenyetso vyo kwama wacitse ivutu.</s> <s id="86">Avuga ati: «Uza kumpa iki niwaza tukaryamana?» 17 Yuda avuga ati: «Nzokurungikira umwagazi w'impene nkuye mu busho bwanje.»</s> <s id="87">Abimereki, umwami w'i Gerari, atuma kuzana Sara.</s> <s id="88">Yakobo yemera ko Benyamini agenda mu Misiri 1 Ikigoyi caguma kiremvya igihugu.</s> <s id="89">Gökçetepe ni igisagara mu Turukiya. iProvense ya Mwaro iri muntara cumi nindwi z'Uburundi.</s> <s id="90">21 Agerera mu bugaragwa bwa Parani; nyina wiwe amukwera umugore mu gihugu ca Misiri.</s> <s id="91">22 Isi ikiriho, ibiba n'iyimbura, imbeho n'intuguta, ici n'agatasi, umutaga n'ijoro ntibizovaho na rimwe.»</s> <s id="92">32 Ingo duhe data umuvinyu anywe, duheze turyamane na we, kugira ngo turonke uruvyaro rukomoka kuri data.» 33 Ni uko rero, baha umuvinyu se, aranywa muri iryo joro; umukuru aja kuryamana na se, na we ntiyamenya igihe umukobwa wiwe yaryamiye n'igihe yavyukiye.</s> <s id="93">3 Yakobo ari we Isarayeri yakunda Yozefu gusumba abahungu biwe bose, kuko yari umuhungu wo mu busaza bwiwe.</s> <s id="94">5 Imyaka Adamu yamaze yose hamwe ni amajana icenda na mirongo itatu, hanyuma arapfa.</s> <s id="95">Kumbure hari mirongo ibiri.»</s> <s id="96">8 Umwami w'i Sodoma aragenda, hamwe n'umwami w'i Gomora, umwami w'i Adema, umwami w'i Tseboyimu n'umwami w'i Berahi ari ho Tsohari, bagabiriza kubarwaniriza mu kiyaya ca Sidimu.</s> <s id="97">22 Ariko Yozefu ntiyaguze amatongo y'abaherezankuka, kuko hariho umugabane Farawoni yabageneye; nkako bafungura ivyo Farawoni yari yabageneye.</s> <s id="98">9 Abimereki atumako Izahaki amubwira ati: «Nta nkeka, ni umugore wawe.</s>