Warum fragst du?
Kubera iki ubaza?
Niemand versteht mich.
Ntanumwe antegura.
Willst du etwas zum Trinken?
Urashaka ikintu co kunywa?
Sind sie alle gleich?
Bose ni bamwe?
Sind sie alle gleich?
Bose bameze kumwe?
Sind sie alle gleich?
Bose bateye kumwe?
Sind sie alle gleich?
Vyose ni bimwe?
Vielen Dank!
Urakoze cane.
Vielen Dank!
Murakoze cane.
Vielen Dank!
Urakoze cane!
Vielen Dank!
Urakenuye cane!
Oh, tut mir leid.
Oh, mpore.
Ich heiße Jack.
Nitwa Jack.
Wie alt bist du?
Ufise imyaka ingana iki?
Wie alt bist du?
Ufise imyaka ingahe?
Nimm ein Buch und lies es!
Akira igitabo usome.
Du bist krank, du musst dich ausruhen.
Urarwaye, ubwirizwa kuruhuka.
Wo bist du?
Urihe?
Wohin gehst du?
Urora hehe?
Wohin gehst du?
Uja hehe?
Vergiss uns nicht!
Ntutwibagira!
Ich kenne ihn nicht.
Sindamuzi.
Das ist nicht wichtig.
Nta kamaro.
Ich werde das Auto nehmen.
Nzogenda n'umuduga.
Er ist ein guter Mensch.
Ni umuntu mwiza.
Er ist ein guter Mensch.
Ni intore.
Wieso kommst du nicht mit uns?
Kubera iki utazanana na twe?
Wieso kommst du nicht mit uns?
Kubera iki utazanana na twebwe?
Wie viel kostet es?
Vuga igiciro?
Wie viel kostet es?
Ni angahe?
Wie viel kostet es?
Igiciro?
Wie viel kostet es?
Ni igiciro giki?
Wie viel kostet es?
Bigurwa angahe?
Wie viel kostet es?
Kigurwa angahe?
Ich weiß nicht, wo er wohnt.
Sinzi aho aba.
Ich mag Mathe.
Ndakunda ibiharuro.
Ich gehe schlafen!
Ndagenda kuryama.
Schlaf gut, Timmy.
Ryama neza, Timmy.
Ich weiß nicht, was ich sagen soll.
Sinzi ico novuga...
Ich bin ein neuer Student.
Ndi umunyeshuri mushaha muri kaminuza.
Ich bin eine neue Studentin.
Ndi umunyeshuri mushaha muri kaminuza.
Was?
Niki?
Warum muss ich das tun?
Kubera iki mbwirizwa kubikora?
Gute Frage.
Ikibazo ciza.
Gute Frage.
Iki kibazo ni ciza.
Erinnerst du dich?
Uribuka?
Vergiss nicht, den Brief wegzuschicken.
Ntiwibagire gutwara ikete.
Vergiss nicht, den Brief wegzuschicken.
Ntiwibagire gutwara ibaruwa.
Es gehört meinem Bruder.
Nyene ikintu ni musazanje.
Ich habe eine Frage.
Ndafise ikibazo.