Ni iki Mose yakoze igihe yari ageze mu kigero cy'imyaka 40?
Musa yakoze iki igihe yari afise imyaka 40?
Ntitwaremwe se n'Imana imwe?
Ntitwaremwe twese n'Imana imwe nsa ?
Abigishwa be baramusubiza bati "Imigati ihagije aba bantu bangana batya umuntu yayikura he muri ubu butayu?"
Abigishwa biwe bamwishura bati: "Muri aka gahinga, umuntu yokura hehe imikate ibamaze inzara?"
Ubu mfite imyaka 96 kandi ndi umukozi w'itorero.
Ubu mfise imyaka 96, kandi ndi umukozi w'ishengero.
Ibintu bibi tubona ku isi, byatangiye igihe Satani yabeshyaga bwa mbere.
Ikibi catanguye kw'isi igihe Shetani yavuga ikinyoma ca mbere.
Ibibazo: Kuki Samusoni yari afite imbaraga nyinshi?
Ibibazo: Kubera iki Samusoni yari akomeye cane?
16 Tekereza uko witwara iyo ugeze mu mimerere igoye.
16 Iyumvire ukuntu uvyifatamwo mu bihe bitoroshe.
Yaravuze ati "mu nzu ya Data harimo imyanya myinshi. . . .
Ababwira ati: "Mu nzu ya Dawe hariho aho kuba henshi. . . .
Abo bahuje inama baha ya nyamaswa imbaraga zabo n'ubutware bwabo.
Abo bahuza inama baha ca gikoko ububasha bwabo n'ubutware bwabo.
Idini ry'ukuri rituma abantu bunga ubumwe
Idini ry'ukuri ririko riratuma abantu bahurikira hamwe
Nuko basubira i Yerusalemu kumushakirayo.
Bamubuze, basubira i Yeruzalemu bamushaka.
Abavuga batyo baba berekana ko bashaka gakondo.
Na bo abavuga batyo baba berekana yuko bariko bararondera igihugu cabo bwite.
Arababwira ati "Koko nabonaga Sekibi ahanuka ku ijuru nk'umurabyo.
Ababwira ati: "Nabonye shetani ikoroka iva mu kirere nk'inkuba!
"Kandi n'ubu nzi yuko ibyo usabye Imana byose, Imana izabiguha."
Yamara rero n'ubu ndazi ko ico uza gusaba Imana cose ikiguha."
Nuko uwo mugabo arababwira ati "mujugunye urushundura iburyo bw'ubwato."
Nya muntu yaciye ababwira ati: "Terere urusenga i buryo bw'ubwato."
Menya byinshi kuri we n'icyo arimo akora muri iki gihe.
Numenye n'ibindi ku bimwerekeye be n'ico ariko arakora ubu.
44Ku isabato yakurikiyeho, hafi umugi wose urakorana kugira ngo bumve ijambo ry'Imana.
Kw'isabato ikurikira, igisagara nka cose kirakorana ngo cumve ijambo ry'Imana.
Ni mu buhe buryo Yesu yatanze urugero rwiza rwo kumvira Imana mu budahemuka?
Yezu yatanze akarorero gute mu vyo kugamburukira Imana adahemuka?
Imana y'urukundo ntishobora kurema ahantu nk'aho.'
Imana y'urukundo ntiyoshobora kurema ahantu nk'aho.'
" Icyo gihe abakiranutsi bazarabagirana nk'izuba mu bwami bwa se."
Buno abagororotsi bazokwaka nk'izuba mu bwami bwa Se.
Umunyabinyoma. - Yohana 8:44.
Umunyakinyoma. - Yohani 8:44.
□ Nkeneye ko mwangeraho kugira ngo munyoborere icyigisho cya Bibiliya kiyoborerwa mu rugo ku buntu.
□ Ndabasavye mumenyeshe ibijanye n'inyigisho ya Bibiliya yo ku muhana igirwa ku buntu.
Hari abagabo baje baturuka iburasirazuba.
Hari abagabo baje bava mu buseruko.
Imyifatire y'ingaragu n'abapfakazi 25Ku byerekeye ingaragu n'inkumi nta tegeko rya Nyagasani mbafitiye; ahubwo ndabagira inama y'umuntu wagiriwe impuhwe na Nyagasani kandi ukwiye kwizerwa.
Ku vyerekeye abigeme, nta tegeko ry'Umukama mfise, yamara ivyo niyumvira ndabibabwira nk'umuntu akwiye kwemerwa kubera imbabazi Umukama yamugiriye.
"Nta kintu kindutira abana banjye.
"Abana banje ni bo nshira imbere y'ibindi vyose.
Ukuboko kwe ni kugufi.
Ukuboko kwiwe ni kugufi.
"Isi" igereranya iki, kandi se ni mu buhe buryo yatabaye ubwoko bw'Imana?
"Isi" igereranya iki, kandi yatabaye gute abasavyi b'Imana?
Urugero, tekereza ibyabaye ku bavandimwe bacu bo muri Koreya y'Epfo.
Nk'akarorero, raba ivyerekeye abavukanyi bacu bo muri Koreya y'Epfo.
"Nzishima ari uko nshatse nkagira abana."
"Nzokwumva ko mpimbawe ninubaka urwanje nkaronka ibibondo."
Akimara kubabwira ati: "Ni jyewe," basubiye inyuma bikubita hasi bagwirirana!
Arabishura ati ni jewe: bose bagwa hasi icarimwe.
37 Nzi yuko muri urubyaro rwa Aburahamu, ariko murashaka kunyica kuko mutemera ibyo mbabwira.
37 Ndazi ko muri uruvyaro rwa Aburahamu, yamara murondera ingene mwonyica, kuko ijambo ryanje ritagira ikibanza muri mwebwe.
Bashiki be na bo bose ntiduturanye?"
Bashikibe bo ntibari aha muri twebwe?"
9 Ese urifuza gushyigikira abapayiniya mu murimo wo kubwiriza?
9 Woba wipfuza gufasha abatsimvyi mu busuku?
Ndatinya ko ibyo nabakoreye naruhijwe n'ubusa. "
Muntey'ubwoba, yuko nkumbure ivyo nabakoreye, naruhiye ubusa.
Igihe cyose mukinywereyeho mujye mukora mutya kugira ngo munyibuke."
Igihe cose muzokinywa murabigira munyibuka."
Umuntu washatse ashobora kuvuga ati "ni umunsi nashyingiweho."
Umuntu yubatse yoshobora kuvuga ati: "Ni umusi nagiriyeko ubugeni."
maze agira ubwoba, aravuga ati
araheza atangura kuganya n'ugutinya, ati:
Uwo mwashakanye arakubwiye ati "ntujya unyumva."
Uwo mwubakanye akubwiye ati: "Nturiko urantega ugutwi!"
Kuki Adamu umuntu wa mbere yapfuye?
Ni kubera iki umuntu wa mbere Adamu yapfuye?
Baravuze bati "amategeko ntiyemera ko tubishyira mu bubiko bwera kuko ari ikiguzi cy'amaraso."
Bavuga bati: "Ntivyemewe kubitiburira mw'ishikaniro ryeranda, kuko ari ikiguzi c'amaraso."
Hariho abahungu barindwi b'Umuyuda witwaga Sikewa, umwe mu batambyi bakuru, bagenzaga batyo (Ibyakozw 19:13-14).
Kandi hariho abahungu indwi b'Umuyuda yitwa Sikewa, umwe mu baherezi bakuru bagenza bartyo.
18 Imico yose twasuzumye ifitanye isano ya bugufi n'urukundo.
18 Kamere zose twarimbuye, zirafitaniye isano n'urukundo.
Ubwo mwari mukiri imbata z ibyaha ntimwatwarwaga no gukiranuka.
Aho mwari abashumba b'igicumuro ntimwaganzwa n'ubutungane.
14 Umurimo wo kubwiriza ku isi yose.
14 Igikorwa co kwamamaza kw'isi yose.
Mfite umuriro mwinshi.
Mfise umuriro mwinshi.
Babonye ibitangaza nakoreye mu Misiri no mu butayu, ariko na n'ubu ntibaranyizera.
Bārabonye ibitangaro nakoreye mu Misiri no mu bugaragwa, ariko n'ubu ntibanyizeye.
8 Twifuza kweza izina ry'Imana.
8 Twipfuza kweza izina ry'Imana.
Habayeho rero umuntu woherejwe n'Imana, izina rye rikaba Yohani.
Haza umuntu atumwe n'Imana, yitwa Yohani.
Umunsi w'Urubanza ni iki?
Umusi w'Urubanza ni iki?
Kuki Umunsi w'Urubanza uzamara imyaka igihumbi?
Kubera iki Umusi w'urubanza uzomara imyaka 1.000?