Naho woba ureze abana batari abawe, niwibuke akarorero ka Yozefu, umwe wese ubone ko ameze ukwiwe kandi ko ari uw'agaciro.
Ngokufanayo, uma ungusingamzali noma unengane yokutholwa, khumbula isibonelo sikaJosefa futhi uphathe ingane ngayinye njengekhethekile neyigugu.
5 Waramaze gutera intambwe ya mbere.
5 Ususithathile kakade isinyathelo sokuqala.
4, 5. (a) Ni ibiki Yezu ariko arakora kuva mu 1914?
4, 5. (a) Khuyini uJesu ebekasolo akwenza solo kwango-1914?
Abarobanuwe bazana gute "izindi ntama" ku bugororotsi?
Abagcotshiwe baziletha kanjani "ezinye izimvu" ekulungeni?
'Kamere zayo zitaboneka ziribonekeza neza'
"Izimfanelo Zakhe Ezingabonakali Zibonakala Ngokucacile"
Niwibuke ko Imana yakomeje Asa yongera iramufasha.
Khumbula ukuthi uNkulunkulu waqinisa futhi wasiza u-Asa, ngakho nawe uzokuqinisa.
2 Na twebwe dutegerezwa gufata ingingo.
2 Nathi kunezinqumo okufanele sizenze.
Niwapfukama rero imbere yanje, buzoba rwawe bwose."
Ngakho-ke wena, uma ukhuleka phambi kwami, konke kuzakuba ngokwakho."
Ntihagire uwugirira nabi mwenewabo muri ivyo rero, kandi ntihagire uwumugunga, kuko Imana igera ingere ku yindi muri ivyo vyose, nk'uko twamaze kubibabwira n'ukubibemeza.
ukuba kungabikho noyedwa omonayo, aphambe umfowabo ngento, ngokuba iNkosi ingumphindiseli kukho konke lokho, njengokuba sanitshela phambili, saqinisa.
Henoki ashobora kuba yaribaza nimba yokwigeze asubira kubona umuryango wiwe.
Kungenzeka u-Inogo wazibuza ukuthi uzakhe awubone godu umndenakhe na.
Ni nde dukwiye kwizera? - Rom.
Ngubani okumele sibe lokholo kuye? - Rom.
Utwo tujambo natwandikishije Silivano mwenewacu akwiye kwemerwa uko niyumvira, kugira ngo ndabahanure, nkabigisha ko bwa butore bw'Imana murimwo ari bwo bw'ukuri.
NgoSilvanu umfowethu othembekayo ngokubona kwami nginilobele ngokufushane, ngincenga, ngifakaza ukuthi lo yiwo umusa oqinisekileyo kaNkulunkulu; yimani kuwo.
Aho nyene ni Jewe azoninahaza, kuko azobabwira ivyo akuye iwanje.
Uyakungikhazimulisa, ngokuba uyakuthatha kokwami anibikele khona.
N'uko rero abatumwa bagira ubukuru bwinshi mu gushingira intahe izuka ry'Umukama bagaterwa na bose iteka rinini.
Abaphostoli baveza ngamandla amakhulu ubufakazi ngokuvuka kweNkosi uJesu; umusa omkhulu wawuphezu kwabo bonke.
Wumva none vyari kumunanira gukora ivyo bintu vyose bivugwa muri iyo nkuru ya Nowa?
Wayengeke-ke yini akwenze konke okuchazwe endabeni kaNowa?
Wibaza ko Beth azokwihanganira umugenzi nk'uwo kugeza ryari?
Ucabanga ukuthi uBeth angambekezelela isikhathi esingakanani umngane onjalo?
Ubukerebutsi buriko burasemerera - Woba ubwumva?
Ukuhlakanipha Kuyamemeza - Ingabe Uyakuzwa?
Umwe mu bamarayika yaragararije Imana.
Enye yezingelosi yavukela uNkulunkulu.
Mu kiringo c'imisi ine yamaze yapfuye 'nta co yari azi namba.'
Phakathi nezinsuku ezine efile, 'wayengazi lutho.'
Ikinyamakuru "Be maso!" caramubajije ukuntu vyagenze.
I-Phaphama! yaxoxa naye ngokwenzeka.
Nimugamburukire Imana rero, nimurwanye shetani, na yo izohunga.
Ngakho thobelani uNkulunkulu, kepha nimelane noSathane, khona uyakunibalekela;
17 Woba ushobora gukora ubutsimvyi?
17 Ungakghona ukungenela ubuphayona?
Jewe na Data turi umwe. "
Mina loBaba simunye.
Egome, abansi b'umuntu bazoba abo mu rugo rwiwe bwite."
Izitha ezikulu zomuntu izaba ngebekhabo."
Imana si amayobera; yipfuza ko tuyimenya. - Ivyakozwe 17:27.
UZimu akasiyifihlakalo, ufuna simazi. - IzEnzo 17:27.
Uranka koko abaza barakora ibintu bibabaza bose."
Uyabazonda bonke abenza okubi."
Imana "izohanagura amosozi yose" ku maso y'abantu b'intahemuka.
"Uyosula zonke izinyembezi emehlweni" abantu abathembekile.
Iyo ahitamwo kugamburukira Imana, yari kubaho ibihe bidahera mw'Iparadizo ng'aha kw'isi.
Ukube wayekhethe ukulalela uNkulunkulu, ngabe waphila phakade ePharadesi emhlabeni.
Mu nyuma, yarabandanije ati: "[Ivyagezwe vyawe] ni vyo ndimbūra bukarinda bgīra."
Ngaphezu kwalokho, waqhubeka: "[Umthetho wakho] uyinto engiyikhathalela usuku lonke."
5/bagatamira ijambo ryiza ry'IMANA,n'ububasha bwo mugihe kizoza,
banambitha izwi elihle likaNkulunkulu namandla ezwe elizayo,
Nurondere rero uwogufasha gutahura ivyo usoma.
Ngakho, funa usizo ukuze ukuqonde lokho okufundayo.
Ese iyaba wokwumviriza koko amabwirizwa yanje!
Nengabe uzoyilalela uyitjheje imilayo yami!
Umukobwa wiwe yaciye asubizayo ati: "Nungirire nk'uko vyakwiviriye mu kanwa."
Indodakazi yakhe yamphendula yathi: "Kimi yenza njengoba uthembisile."
Vyoba none bishaka kuvuga ko Imana ata na kimwe ikora ku bijanye n'agahahazo?
Ingabe lokho kusho ukuthi uNkulunkulu akenzi lutho ngokucindezelwa kwabantu?
Avuga ururimi rwanje!"
Ukhuluma ulimi lwami!"
12 Ivyo bishobora kuba ari ko vyari vyifashe ku Batesalonika bamwebamwe.
12 Kungenzeka bekunjalo nangabanye beThesalonika.
Nihagira uwusambura ingoro y'Imana, Imana izomusambura; kuko ingoro y'Imana ari nyeranda, kandi iyo ngoro ni mwebwe.
Uma umuntu echitha ithempeli likaNkulunkulu, uNkulunkulu uyakumchitha yena, ngokuba ithempeli likaNkulunkulu lingcwele; niyilo-ke nina.
"Adamu wa nyuma" azofasha gute abapfuye?
Yini "u-Adamu wokugcina" ayoyenza ukuze asize abafileyo?
Ibibazo bitatu vyarahinduye ubuzima bwanje
Imibuzo Emithathu Eyashintsha Ukuphila kwami
Ica gatatu, Eliya yari afise ubwoba.
Kwesithathu, u-Elija bekasaba.
Abasavyi b'Imana baremera badakeka ico kintu c'ukuri kandi barahumurizwa no kukimenya.
Izikhonzi zikaNkulunkulu zincika kuleli qiniso futhi zizizwa zivikelekile kulolu lwazi.
Ehe iyindi mvo: Abavyeyi bawe baripfuza cane kugukingira.
Nasi esinye isizathu: Abazali bakho banesifiso esinamandla sokukuvikela.
12 Ikintu nk'ico kirashobora kudushikira.
12 Into enjengaleyo ingenzeka nakithi namhlanjesi.
Pawulo abihekako aguma iwabo, akama akenura hamwe na bo kuko bakora umwuga umwe w'ukujisha amahema.
lokhu wayemsebenzi munye nabo, wahlala nabo, basebenza.
Mweho rero, umve ico umugani w'umubivyi uvuga.
"Yizwani-ke nina umfanekiso womhlwanyeli.
Birahambaye ko umenya ico kintu kubera yuko hari ibintu bikomeye Imana yavuze vyerekeye kazoza ka vuba bitazobura kugira ico bihinduye kuri wewe.
Kubalulekile ukuba ukwazi lokhu, ngoba kunezinto ezinkulu uNkulunkulu azibikezele ngokuphathelene nekusasa eziyokuthinta nakanjani.
Bose uko ari bane ni abakurambere.
Womane akhonza njengabadala.
Kubera ico, barahomba ico izuba rishobora kutwigisha.
Ngenxa yalokho baphuthelwa yilokho ilanga elingasifundisa kona.
Woba uryohewe no kumenya ko utigera uba wenyene vy'ukuri? -
Uyajabula yini ngokwazi ukuthi akwenzeki ube wedwa ngempela? -
Bibiliya yerekana yuko vyashitse abamarayika barakingira abasavyi b'Imana b'ukuri kugira ngo ivyo Imana igomba bikorwe.
IBhayibhili litshengisa ukuthi kwezinye izikhathi izingilosi zazivikela izinceku zikaNkulunkulu ukuze intando yakhe yenzeke.