"Ntihagire uwubaka ka gashimwe." - KOL.
"Makungabikho mntu uniphulukanisa nomvuzo." - KOL.
Mu nzira zawe zose umwibuke, na we azogorora iminyuro yawe.
Uze umgqale yena ezindleleni zakho zonke, kwaye uya kuwenza uthi tye umendo wakho.
18 Nube umugenzi aho kuba umumenyereza gusa.
18 Ungapheleli nje ekufundiseni, yiba ngumhlobo.
Yesu arabishura, ati N'ukuri, n'ukuri ndababgire: Ukora icaha wese n'umuja w'icaha.
Wawaphendula uYesu wathi: "Ndithi kuni, inene, bonke abenza isono bangamakhoboka esono.
Yanditse ati: "Ni nde azoshobora kwihanganira umusi w'ukuza kwiwe, kandi ni nde azoshobora guhagarara niyaseruka?
Wathi: "Ngubani na oya kuyinyamezela imini yokuza kwakhe, yaye ngubani na oya kuma xa ebonakala?
Ubwo sinoja gukorerayo n'imiburiburi umwaka umwe?'
Bendingenakukhonza kwilizwe lasemzini nokuba ngunyaka nje omnye?'
Ibintu vyose dufise ni we yabiduhaye.
Yonke into esinayo siyiphiwe nguye.
Uvuga ko akunda Imana ntiyitondere amategeko yayo ntakuri kuba kuri muri we,
Kuba ukumthanda uThixo kuko ukuthi, siyigcine imithetho yakhe; ayinzima ke imithetho yakhe.
"Ubwo bwami bwose" - Dan.
"Zonke ezi zikumkani" - Dan.
Kubera iki Brezile ari co gihugu conyene co muri Amerika gikoresha ururimi rw'igiportigale?
Kutheni nje iBrazil ikukuphela kwelizwe elisebenzisa isiPhuthukezi eAmerica?
Kandi abishirako ubutaka bwimbuka.
Yaye ubeka phezu kwazo ilizwe elinemveliso.
Aho babiririye, uyo musi nyene baciye batangura gupfa.
Baqalisa ukufa kanye ngomhla abatya ngawo.
Dawe ntiyakiriye ukuri igihe twe na mawe twizera.
Utata zange ayamkele inyaniso ngexesha mna nomama sayamkela ngalo.
Kuko So wo mw'ijuru azi ko ivyo vyose mubikenera+.
Kuba uYihlo osemazulwini uyazi ukuba ziyimfuneko kuni zonke ezi zinto.+
Baramubwira bati: "Ko ata n'umwe mu muryango yitwa iryo zina !"
Bathi kuye, Akukho namnye ubizwa ngelo gama kwimizalwane yakho.
Mugabo sebukwe yamubwiye ati: "Uburyo uriko urakora si bwiza.
Kodwa utata-zala wakhe wathi kuye: "Ayilungile le ndlela wenza ngayo.
Imana y'urukundo ntiyoshobora kurema ahantu nk'aho.'
UThixo onothando akanakwenza indawo enjalo.'
None azogwisha imvura ryari?'
Uza kuyinisa nini imvula?'
Ni co gituma wa mwami w'inkerebutsi Salomo yanditse ati: "[Nta] muntu w'umugororotsi ariho mw'isi aguma akora ivyiza ntacumure."
Yiloo nto uKumkani uSolomon osisilumko wabhala wathi: "Akukho mntu ulilungisa emhlabeni oqhubeka esenza okulungileyo angoni."
Ni kubera iki abasavyi b'Imana bunze ubumwe?
Kutheni abantu bakaThixo bemanyene?
11 "Ntimwibagire ubwakiranyi."
11 "Musani ukulibala ukubuk' iindwendwe."
Ubwiwe nta nkuru nziza afise, kandi nta cizigiro namba afise.
Akanazo iindaba ezilungileyo, ibe akanalo nelinjani na ithemba.
Azohimbarwa no kuyaga nawe ku bibazo nk'ivyo.
Aya kuyiphendula imibuzo yakho.
Baramubwira bati: "Ko ata n'umwe mu muryango yitwa iryo zina!"
Bathi kuye, Akukho namnye ubizwa ngelo gama kwimizalwane yakho.
Bamubwira bati: "Nimba ukunda umuryango wawe nugende.
Bathi kuye: "Ukuba uyayithanda intsapho yakho, umele uhambe.
Wungukiye gute ku kwihweza Indirimbo ya Salomo?
Uzuze njani ngokuhlola incwadi iNgoma kaSolomoni?
Bamubonye, baramupfukamira, yamara harimwo abakekereza.
Baza bakumbona baqubuda kuye; ke inxenye yathandabuza.
Mbere ariko arondera gusubira mu mugwi ukoresha ururimi runyamahanga!"
Phofu, ngoku ufuna ukubuyela kwiqela elisebenzisa olunye ulwimi!"
Abana ba Adamu vyabagendeye gute?
Kwenzeka ntoni kubantwana baka-Adam?
Yezu yarabandanije kumusubiriza umutima mu nda, ati: "Ukwizera kwawe kuragukijije.
UYesu walehlisa nangakumbi ixhala lalo mfazi ngokuthi: "Ukholo lwakho lukuphilisile.
"Twese dutsitara kenshi.
"Sonke siyakhubeka izihlandlo ezininzi.
Mu nyuma, yarabandanije ati: "[Ivyagezwe vyawe] ni vyo ndimbūra bukarinda bgīra."
Ukongezelela, waqhubeka wathi: "Imini le yonke ndiwuxhalabele [umthetho wakho]."
Ni ibiki dukwiye kwibuka ku bijanye na bamwe 144.000?
Yintoni esimele siyikhumbule nge-144 000?
Ndahimbawe cane ntiworaba!" - Karen.
Ndonwabe nyhani." - UKaren.
Ni igiki cerekana ko turi n'agaciro kuruta inyoni zo mu kirere?
Yintoni engqina ukuba sibaluleke ngaphezu kweentaka zezulu?
Maria yarabumviye akagongwe kuko bo bakurikiza amategeko.
UMaria wawasizela, kuba ayesenza nje into ayithunyiweyo.
Canke noshima ko agerageza kumenya?'
Okanye bendiza kufuna aqale andazi?'
Ni ibiki abamarayika bakoze kera?
Zazisenza ntoni iingelosi kudala?
Naho ari ukwo, ararindiranye igishika kuzosubira kumubona mw'isi nshasha Imana yasezeranye.
Sekunjalo, ukhangele phambili ekumboneni kwakhona kwihlabathi elitsha elithenjiswe nguThixo.
Azohimbarwa no kuyaga nawe ku bibazo nk'ivyo.
Liya kukuvuyela ukuphendula imibuzo yakho.
Kubera iki wiyemeje gukurikira Indongozi yacu Yezu?
Kutheni uzimisele ukulandela iNkokeli yethu, uYesu?
Aho rero Umwana w'umuntu azoza mu buninahazwa bwa Se akikijwe n'abamarayika biwe, ni ho azohemba umuntu wese ku bikorwa vyiwe. "
Kuba uNyana woMntu uza kuza esebuqaqawulini boYise, enezithunywa zakhe, andule ukubavuza bonke ngabanye ngokokwenza kwakhe.
Nzogufasha nk'uko nafashije Musa.
Ndiza kukunceda, njengokuba ndamncedayo noMoses.
Tube maso ku bo twifatanya muri iyi misi ya nyuma
Bajonge Abantu Onxulumana Nabo Kule Mihla Yokugqibela
17 Turakeneye kumenya umwansi wacu, ariko si ngombwa ngo tumutinye.
17 Simele silwazi utshaba lwethu kodwa asimele siloyike.
Arababwira ati: "Ubugaba bwanyu ni bwo bwatumye Musa kubarekura ngo mwirukane abagore banyu; ubwa mbere si ko vyari bimeze.
Uthe ke yena kubo,Ngenxa yobulukhuni beentliziyo zenu wanivumela uMoses ukuba nibale abafazi benu; ke ekuqalekeni bekungenjalo.
Haragowe isi n'ikiyaga, kuko Shetani amanutse kuri mwebwe, afise ishavu ryinshi, azi ko afise igihe gito."
Yeha kuwo umhlaba nakulo ulwandle, ngenxa yokuba uhlile weza kuni uMtyholi, enomsindo omkhulu, esazi ukuba ixesha analo lifutshane."
Ariko rero igihe wa Musuzumyi w'imitima yabasuzuma, yasanze bamukoreye n'umutima ukwiye.
Sekunjalo, xa uYehova wahlola iintliziyo zabo wafumanisa ukuba zikuye ngokupheleleyo.
Nta gitandukanya Umuyuda n'Umugereki kiriho: bose basangiye Umukama umwe, We agabira abamwambaza bose.
Ke ngoko akukho mahluko phakathi komJuda nowolunye uhlanga, kuba le Nkosi inye ikwayinkosi yabo bonke.
Nta gitandukanya Umuyuda n'Umugereki kiriho: bose basangiye Umukama umwe, we agabira abamwambaza bose.
Ke ngoko akukho mahluko phakathi komJuda nowolunye uhlanga, kuba le Nkosi inye ikwayinkosi yabo bonke.