Imana yaratoye Abisirayeli ngo babe ivyabona vyayo.
ኣምላኽ ንእስራኤላውያን መሰኻኽሩ ኪዀኑ መረጾም።


Aratuma twunga ubumwe n'abo dusangiye ukwemera.
ምስ ኣመንቲ ዝዀኑ ብጾትና ሓድነት ይህልወና።

Ni yaba itabereye, amahoro yanyu azobagarukako.
እንተ ዘየልዩ ግና ሰላምኩም ናባኻትኩም ክምለስ እዩ።

Ni nde mutanzi w'ingabirano iruta izindi zose kw'isi no mw'ijuru?
ኣብ ዩኒቨርስ እቲ ዝለዓለ ወሃብ ውህበት መን እዩ፧

13 Turatabarwa ku gihe nyaco.
13 ብግዜኡ ረድኤት ምርካብ።

Nk'akarorero, iravuga ukuboko incuro amajana n'amajana.
ንኣብነት፡ ኢድ ኣማእታት ግዜ ተጠቒሱ ኣሎ።

Muragume murindiriye ico Data yabasezeraniye.'
ነቲ ኣቦ ዘተስፈዎ ተጸበዩ' በሎም።

Itegeko ry'Imana ryavuga yuko abahanuzi b'ibinyoma be n'abasenga ibigirwamana bari bakwiye kwicwa.
ሕጊ ኣምላኽ እቶም ናይ ሓሶት ነብያትን ኣምለኽቲ ጣኦትን ኪቕተሉ ይእዝዝ ነይሩ እዩ።

Ariko Salomo yari yararongoye abagore benshi batari Abisirayelikazi, kandi basenga ibigirwamana.
ሰሎሞን ግና ካብ ካልኦት ሃገራት ብዙሓት ኣንስቲ ተመርዓወ።

Vyongeye, turazi ko Daniyeli yagumye yiyegereza Imana mw'isengesho.
ብዘይካዚ፡ ዳንኤል ኣዘውቲሩ ናብ ኣምላኽ ይጽሊ ምንባሩ እውን ንፈልጥ ኢና።

Ryari ryo rya mbere ntahura inyiyumvo z'umukobwa wanje.
ከመይሲ፡ ንፈለማ እዋን ንስምዒት ጓለይ ክርድኦ ኽኢለ እየ።

Kuko atangaye, n'abari kumwe nawe, babonye ifi barovye.
እዚ ኸአ ንሱን ኩሎም እቶም ምስኡ ዝነበሩን በቲ ኺገፉ ኸለዉ ዝኃዝዎ ዓሣ ስለ ዝተገረሙ እዩ።

Azoba umuntu ahambaye kandi azokwitwa Umwana wa Rudasumbwa.
ንሱ ዓብዪ ኪኸውን፡ ወዲ እቲ ልዑል እውን ኪብሃል እዩ፣ .

IKIGABANE CA 4 Kubera iki twokwubaha ubukuru?
ምዕራፍ 4 ንስልጣን ከነኽብር ዘሎና ስለምንታይ ኢና፧

Nta na kimwe nari nzi ku bijanye n'Imana y'ukuri.
ብዛዕባ እቲ ናይ ሓቂ ኣምላኽ ዋላ ሓንቲ ኣይፈልጥን እየ ነይረ።

Iyo Adamu ahitamwo kugamburukira Imana, yari kwiberaho ibihe bidahera mw'iparadizo.
ኣዳም ንኣምላኽ ኪእዘዝ እንተ ዚመርጽ፡ ኣብ ገነት ንዘለኣለም ኪነብር ምኸኣለ ነይሩ።

Ababi na bo bazoja mu muriro udahera."
እዚኣቶም ከኣ ኣብ ሲኦል ኣብ ገሃነም እሳት ክድርበዩ እዮም።

"igiti co kumenya iciza n'ikibi."
ኦም ፍልጠት ጽቡቕን ክፉእን።

Rimbura ivyashikiye Yozefu, Musa na Dawidi.
ብዛዕባ ዮሴፍን ሙሴን ዳዊትን እስከ ሕሰብ።

Mu myaka nka cumi iheze, ntiyiyumvamwo na gato igikorwa co kwamamaza.
ይኹን እምበር፡ ቅድሚ ዓሰርተ ዓመት ኣቢሉ፡ ዕዮ ስብከት ኣይፍተዋን እዩ ነይሩ።

19:21) Naho uwo musore atagaragaje ukwizera nk'ukwo kwa Aburahamu, hariho abandi bagaragaje ko bizera Imana baherejeko.
19:21) እቲ ሰብኣይ ከም ናይ ኣብርሃም ዝዓይነታ እምነት እኳ እንተ ዘይነበረቶ፡ ካልኦት ሰባት ግና ምሉእ ብምሉእ ብኣምላኽ ከም ዚእመኑ ኣርእዮም እዮም።

3 Abagabo n'abagore batinya Imana, bari bazi ico bategerezwa gukora.
3 ፍርሃት ኣምላኽ ዘለዎም ሰብኡትን ኣንስትን እንታይ ኪገብሩ ኸም ዘለዎም ፈለጡ።

None ivyo si vyo dukwiye kwitega ku gitabu kiva ku Mana?
ካብቲ ኣምላኽ ዚህበና መጽሓፍ ከምዚ ደይኰንናን እንጽበ፧

Imana izi ibintu vyose.
ኣምላኽ ግና ንዅሉ ነገራት ይፈልጦ እዩ።

Ariko mubanze mwitwararike ubwami bw'Imana no kugororoka kwayo niho ivyo vyose muzovyongerwa.
ስለዚ፡ ቅድም መንግስቲ ኣምላኽን ጽድቁን ብቐጻሊ ድለዩ፣ እዚ ዅሉ ድማ ይውሰኸልኩም።

Murame mugavye rero, kuko mutazi umunsi Umukama wanyu azozirako.
እምበኣርከስ ጐይታኹም በየነይቲ መዓልቲ ከምዝመጽእ ኣይትፈልጡን ኢኹም እሞ ንቅሑ!

Ivyo vyoshobora guca bitwibutsa akarorero ka Aburahamu n'aka Loti.
እዛ ቓል እዚኣ ነቲ ኣብርሃምን ሎጥን ዝሓደግዎ ኣብነት ተዘኻኽረና ትኸውን።

Yezu yavuze ati: "Aho itunga ryawe riri, ni ho n'umutima wawe uzoba."
የሱስ፡ "መዝገብካ ኣብ ዘለዎ፡ ኣብኡ ድማ ልብኻ ኣሎ" በለ።

Yehova yaramfashije mu buryo budasanzwe kuva muri Nzero 1957.
የሆዋ ኻብ ጥሪ 1957 ኣትሒዙ ብፍሉይ መገዲ ሓጊዙኒ እዩ።

Ntidushobora kwiyegereza Imana mw'isengesho tutagira ukwizera.
ብዘይ እምነት ንኣምላኽ ብጸሎት ክንቀርቦ ኣይንኽእልን ኢና።

Vyongeye, igihe ukeneye ko Imana igufasha, nusenge ku bijanye n'ico kintu.
ሓገዝ ኣብ ዜድልየካ እዋን ከኣ፡ ብዛዕባ እቲ ጕዳይ ናብ ኣምላኽ ጸሊ።

Imisozi irashonga nk'ibishashara,
ኣኽራን ከም ደዓውል፡ ኰረቢት ከም ዕያውቲ ተሰራሰሩ።

Uwo muhango hamwe n'iyindi isa n'uwo ni ikimenyamenya c'uko abasavyi b'Imana uko bagize umugwi bazokwiberaho ata nkomanzi.
እዝን ካልእ ተመሳሳሊ መብጽዓታትን፡ ህዝቢ ኣምላኽ ብደረጃ ጕጅለ ንዚህልዎም ድሕንነት ዜረጋግጽ እዩ።

Nta gukeka ko na wewe ari ko ubibona.
ንዓኻ እውን ከምኡ ኸም ዚስምዓካ ኣየጠራጥርን እዩ።

Umukama yavuze ati: "Ndabahaye itegeko rishasha: nk'uko nabakunze, nimukundane namwe."
ኣስዕብ ኣቢሉ ኸኣ፡ "ንሓድሕድኩም ክትፋቐሩ፡ ከምቲ ኣነ ዘፍቀርኩኹም፡ ንስኻትኩም እውን ንሓድሕድኩም ክትፋቐሩ፡ ሓድሽ ትእዛዝ እህበኩም ኣለኹ።

"Hari haciye imyaka tuzinanye na Mike.
"ንማይክ ንዓመታት ዚኣክል እየ ዝፈልጦ።

Nta gukeka ko nawe ari ko wiyumva.
ንዓኻ እውን ከምኡ ኸም ዚስምዓካ ኣየጠራጥርን እዩ።

Abwira abigishwa biwe ati: "Na mwebwe nyene, mugume mwiteguye, kubera ko Umwana w'umuntu azoza kw'isaha mutiyumvira."
ንደቀ መዛሙርቱ፡ "ንስኻትኩም እውን፡ ወዲ ሰብ ብዘይሓሰብኩምዋ ሰዓት ኪመጽእ እዩ እሞ፡ ድሉዋት ኩኑ" በሎም።

Woba uvyibuka? - Kigarama 2014 _ Kwiga
ትዝክሮዶ፧ - ታሕሳስ 2014 _ መጽናዕቲ

Wa "Mucamanza w'isi yose" yama akora ibigororotse
"እቲ ፈራድ ኵላ ምድሪ" ወትሩ ቕኑዕ ዘበለ ይገብር

Ni nde ashikiriza ubutumwa bubiri buhambaye buvuye mw'ijuru?
መን እዩ ኻብ ሰማይ ክልተ ኣገዳሲ መልእኽቲ ዘምጽአ፧

Ariko rero, bemera ko mu madini yose hariho abantu b'inziraburyarya be n'uko Imana ibabona kandi ikemera ko ari abasavyi bayo bo kw'isi.
ይኹን እምበር፡ እዞም ሰባት እዚኦም፡ ኣምላኽ ዚርእዮምን ከም ኣምለኽቱ ገይሩ ዚቕበሎምን ቅኑዓት ሰባት ኣብ ኵለን ሃይማኖታት ከም ዘለዉ ይኣምኑ እዮም።

8 Mu busuku turangura.
8 ኣብ ኣገልግሎትና።

Narazirikanye no ku muryango wacu.
ብዛዕባ ስድራ ቤተይ እውን ሓሰብኩ።

Si abatayumviye? 19Kandi tubona ko batashoboye kubushikamwo, kuko batizeye.
19ብሰንኪ ዘይምእማኖም ክኣትዉ ኸም ዘይከኣሉውን ንርኢ ኣለና።

Wisunze uwo murongo, Imana yoba ibibona igihe abasavyi bayo baba bariko baramererwa nabi?
ብመሰረት እዛ ጥቕሲ እዚኣ፡ ኣምላኽ፡ ህዝቡ ኺሳቐዩ ኸለዉ የስተብህለሉ ድዩ፧

Birampimbara kumara umusi wose mu busuku ndi kumwe n'umukenyezi wanje."
ምስ ሰበይተይ ምሉእ መዓልቲ ኣብ ኣገልግሎት ከሕልፎ ኸለኹ፡ ብሓቂ ዜሐጕስ እዩ" በለ።

Yaciye arindira yihanganye yuko Imana igira ico ikoze.
ድሕርዚ፡ ብትዕግስቲ ኺጽበ ጀመረ።

bizokurinda gute gutinya abantu?
ካብ ፍርሂ ሰብ ዜዕቝበካ ብኸመይ እዩ፧

Ibintu vyose vyari bitandukanye cane n'ivyo twari tumenyereye muri Amerika ya Ruguru.
ኵሉ ነገር ካብቲ ኣብ ሰሜን ኣመሪካ ዝለመድናዮ እተፈልየ እዩ ነይሩ።