None Nabali yishuye gute? - 1 Sam.
Nabali aliitikiaje? - 1 Sam.
Arungika uwundi, we rero baramwica; abandi benshi babagira uko: bamwe barabakubita, abandi barabica.
Na tena akamtuma mwingine; nao wakamwua, na wengine wengi; wakiwapiga wengine, na kuwaua wengine.
Mbere, haza kuza igihe uwuzobica wese azogira ngo akorera Imana.
Tena, wakati unakuja ambapo kila atakayewaua nyinyi atadhani anamhudumia Mungu.
11 Ariko rero, Ijambo ry'Imana risezerana kandi riti: "Abagororotsi bazokwigabira isi, kandi bazoyibako ibihe bidahera."
11 Kwa upande mwingine, Neno la Mungu linaahidi hivi: "Waadilifu wenyewe wataimiliki dunia, nao watakaa milele juu yake."
Abasavyi b'Imana bari bakeneye cane gufashwa no gukingirwa.
Watu wa Mungu walihitaji sana msaada na ulinzi.
Gushika ubu, tumaze kwigisha Bibiliya Abashinwa 112!
Kufikia sasa, tumejifunza Biblia na Wachina 112!
Ni igiti c'ubuzima ku babucakira, kandi ababugumya ni abo kwitwa abahirwe."
Ni muti wa uzima kwa wale wanaoishika, na wale wanaoishika sana wataitwa wenye furaha.'
Wibaza ko abantu bogize ubuzima bumeze gute iyo Imana itaba yarakunze abantu?
Unafikiri maisha yangekuwaje ikiwa Mungu angekuwa hawapendi wanadamu?
" Kuko ivyo umuntu yomenya vy'Imana vyerekanwa muri bo, Imana ari yo yabiberetse.
Kwa maana, yote yanayoweza kujulikana juu ya Mungu ni wazi kwao; maana Mungu mwenyewe ameyadhirisha.
Abasenga b'ukuri bazosengera Data mu mpwemu no mu kuri kuko Data arondera abamusenga bameze bartyo. →
Waabudu wa kweli watamwabudu Baba kwa roho na kweli.'
Muri bo mbere hari n'abagize bati: uwahumuye uwavutse ari impumyi (raba ku w'Imana uheze) yananiwe n'ukubuza uwo gupfa? "
Bali wengine wao wakasema, Je, Huyu aliyemfumbua macho yule kipofu, hakuweza kumfanya na huyu asife?
Mbere, haza kuza igihe uwuzobica wese azogira ngo akorera Imana.
Tena, wakati unakuja ambapo kila atakayewaua ninyi atadhani anamhudumia Mungu.
Rimbura ivyabaye mu 1973.
Fikiria kilichotukia mnamo 1973.
Ntidushobora kumenya ibintu vyose abamarayika bariko barakora ubu.
Hatuwezi kujua mambo yote ambayo malaika wanafanya leo.
Hanyuma baribaza bati: " None, uwo si wa muhungu wa Yozefu ? "
Wakanena, "Je, huyu si mwana wa Yosefu?"
10 Amahera yacu.
10 Pesa zetu.
Ubu twe na Sandra turahimbawe kuruta ikindi gihe cose!"
Mimi na Sandra tuna furaha zaidi kuliko awali!"
17 Ukuntu Mariya yavuga.
17 Mambo yenye Maria alisema.
Vyoba vyashitse kubera ko Imana yari yamaze kubona yuko twoshoboye kuvyihanganira?'
Je, hilo lilitukia kwa sababu Mungu alikuwa na uhakika kwamba tungevumilia?'
Kigarama 2013 _ Twoba dukeneye Imana?
Desemba 2013 _ Je, Tunamhitaji Mungu?
Ntizokwigera iduta nk'uko umugabo wanje yabigize."
Yeye hawezi kutuacha kamwe kama mume wangu alivyofanya."
Ni we yaremye vyose, ariko abantu benshi bazi bike cane ku bimwerekeye.
Yeye ndiye Muumba wa vitu vyote, lakini watu wengi hawajui mengi kumhusu.
Ni impera iyihe irindiriye abakenguruka ubuntu ata wari abukwiriye bw'Imana?
Wale wanaothamini fadhili zisizostahiliwa za Mungu watapata thawabu gani?
Na we uyu mwana wa Aburahamu yari amaze imyaka cumi n'umunani yose aboshwe na shetani, ntiyari akwiye kubohorwa ngo ni uko ari ku musi w'isabato?"
Na huyu mwa namke, aliye wa uzao wa Ibrahimu, ambaye Shetani amemfu nga miaka kumi na minane hii, haikupasa afunguliwa kifungo hiki siku ya sabato?
Naribaza ibibazo vyinshi vyerekeye Imana n'ubuzima.
Nilikuwa na maswali mengi kuhusu Mungu na maisha.
Mbega sinkurutira abahungu cumi?" - 1 Sam.
Je, mimi si bora kwako kuliko wana kumi?' - 1 Sam.
• Igitabu: Y a-t-il un Créateur qui se soucie de vous?
• Kitabu Je, Kuna Muumba Anayekujali?
64 Ariko muri mwebwe hariho bamwe batizera.
Lakini kuna wengine miongoni mwenu wasiomini.
Nihagira uwusambura ingoro y'Imana, Imana izomusambura; kuko ingoro y'Imana ari nyeranda, kandi iyo ngoro ni mwebwe.
Basi, mtu akiliharibu hekalu la Mungu, Mungu atamharibu; maana hekalu la Mungu ni takatifu, na hekalu hilo ni ninyi wenyewe.
Umumarayika arababwira ati: Ntaco mutinya, umve ndababarira ubutumwa bwiza bw'akanyamuneza kenshi kazoba ku bwoko bwanyu bwose.
Malaika akawaambia, Msiogope; kwa kuwa mimi ninawaletea habari njema ya furaha kuu itakayokuwa kwa watu wote;
Ibara rizobonwa n'isi n'ikiyaga, kuko Umwansi yabamanukiye, ari n'inzigo nyinshi, azi ko afise igihe gito.
Ole wenu nchi na bahari! kwa maana shetani amewajieni akiwa na ghadhabu kuu, kwa sababu anajua kwamba ana muda mfupi tu.
Nta na kimwe nari nzi ku bijanye n'Imana y'ukuri.
Sikujua lolote kuhusu Mungu wa kweli.
Nta na kimwe nari nzi ku bijanye n'Imana y'ukuri.
Sikujua kitu juu ya Mungu wa kweli.
Nk'akarorero, iyo uza kuba uri kumwe na Musa igihe Aroni yakora igishusho c'inyana y'inzahabu, wari kubona gute ivyitwazo bidafashe yashikirije?
Kwa mfano, kama ungekuwa pamoja na Musa wakati Haruni alipotengeneza sanamu ya ndama wa dhahabu, ungehisije kuhusu visingizio visivyo na msingi ambavyo Haruni alitoa?
Twibuke abari mu murimo w'igihe cose
Wakumbuke Walio Katika Utumishi wa Wakati Wote
Nta waduze mw'ijuru, atari uwamanutse ava mw'ijuru, ni we Mwana w'umuntu wo mw'ijuru.
Wala hakuna mtu aliyepaa mbinguni, ila yeye aliyeshuka kutoka mbinguni, yaani, Mwana wa Adamu.
4Ariko abantu bo muri ico gisagara birema ibice, bamwe baherera ku Bayuda, abandi ku ntumwa.
Watu wa mji huo waligawanyika: wengine waliwaunga mkono Wayahudi, na wengine walikuwa upande wa mitume.
Mbega sinkurutira abahungu cumi?" - 1 Sam.
Je, mimi si bora kwako kuliko wana kumi?" - 1 Sam.
Nk'akarorero, mu 2006 inomero yo muri Nyakanga (mu gifaransa) yari ifise umutwe uvuga ngo "Hoba hariho Umuremyi?"
Kwa mfano, toleo la Septemba 2006, lilikuwa na kichwa "Je, Kuna Muumba?"
Gushika n'ubu, iyo basoma ivya Musa, icitwikiro kiguma mu mishaha yabo.
Hata leo, torati ya Musa isomwapo, utaji huikalia mioyo yao.
Wibaza ko ivyo yabigize kubera iki? - Yari afise ubwoba.
Unafikiri kwa nini alifanya hivyo? - Naam, aliogopa.
Sara rero yari n'imvo nyinshi zo gukunda aho hantu.
Sara alikuwa na sababu za msingi za kupenda makao hayo.
Woba mbere worushiriza kubigenza gutyo? - Zab.
Je, unapaswa kufanya hivyo hata zaidi? - Zab.
• Igitabu: Y a-t-il un Créateur qui se soucie de vous?
• Ĩvuku Je, Kuna Muumba Anayekujali?
Mwarakoze kudukorera ayo mavidewo yabana." - Nicole w'imyaka 8.
Asanteni kwa kutuandalia video hiyo ya watoto." - Nicole, mwenye umri wa miaka 8.
Rimbura ivyo utahura ubu utari uzi mu myaka 30 canke 40 iheze.
Hebu fikiria mambo unayoelewa sasa ambayo hukujua miaka 30 au 40 iliyopita.
Ivyanditswe ntibivuga yuko Imana ari ububasha, canke yuko Imana ari ubutungane, cabure yuko Imana ari ubukerebutsi.
Mteremsho wa Kitabu hiki umetokana na Mwenyezi Mungu, Mwenye nguvu, Mwenye hikima.
Iryo ni ryo bwirizwa risumba ayandi rikaba na ryo rya mbere." - Mat.
Hii ndiyo amri iliyo kubwa na ya kwanza." - Mt.
Uko ivyawe vyoba vyifashe kwose, rimbura akarorero ka Musa.
Ikiwa uko katika hali moja kati ya hizo, fikiria mufano wa Musa.
"Umunyatirkiya wese avuka ari umusoda."
"Kila raia wa Uturuki anazaliwa akiwa mwanajeshi."