Igituma mugerageza Umukama n'iki?"
Ka lebaka u leka Morena?"
mumenye yuko kugeragezwa ko kwizera kwanyu gutera kwihangana.
hobane le a tseba hore ho lekwa ha tumelo ya lona ho tswala mamello.
Raba ingene twe na so twahagaritse umutima tukurondera." - Luka 2:47, 48.
Bona! 'na le ntat'ao re 'nile ra u batla re khathatsehile." - Luka 2:47, 48.
Mu nyuma, nararonse akazi muri Texas.
Ka mor'a nako, ke ile ka fumana mosebetsi Texas.
Iri ni ryo bwirizwa rya mbere muri yo.
Molao oo ke o moholo oa pele.
Aca atangura kubabarira ati: " Uyu musi, ivyanditswe vyarangutse imbere yanyu. "
A qala ka ho re ho bona: "Kajeno temana ena ya Mangolo e phethahetse moo le utlwang."
"Umwana wanje w'umukundwa kandi w'umwizigirwa mu Mukama"
"Ngoana oa ka ea Ratoang le ea Tšepahalang Moreneng"
Yavuze ati: "Muragume mugira ibi mu kunyibuka."
O ile a re ho bona: "Le 'ne le etse sena ho nkhopola."
Ararusha cane inguvu uwo mwansi wawe kandi akwemereye kugufasha.
O matla ho feta sera sa hao, 'me o tšepisa ho u thusa.
Nkako nyene, abantu b'i Klohe barambwiye ivyanyu: ngo hari imitongano muri mwebwe.
11Hobane, banabeso, ke boleletswe bakeng sa lona ke ba ha Klowe hore dikgang di teng hara lona.
Ivyo murabigire munyibuka.
Etsa sena ho nkhopola.
Gushika ku ncuro indwi?"
Esita le ka makhetlo a supileng?"
Hoba hari umuntu yigeze kubona Imana?
Na ho na le Motho ea Kileng a Bona Molimo?
Ariko rero igihe wa Musuzumyi w'imitima yabasuzuma, yasanze bamukoreye n'umutima ukwiye.
Leha ho le jwalo, Mohlahlobi wa dipelo o ile a bona hore dipelo tsa ona di feletse ho yena.
Ni uko rero, urupfu rurakora muri twebwe, ubuzima na bwo bugakora muri mwebwe.
Ka mokgwa o jwalo lefu le sebetsa ho rona, athe bophelo bo sebetsa ho lona.
Sofiya: Kavuga ivy'Imana?
Seipati: Na e bua ka bolumeli?
'Kubera iki ubuzima bwuzuyemwo akarenganyo?'
'Ke hobane'ng ha bophelong ho se na toka hakaale?'
Kandi yahora yigishiriza mu masinagoga yabo, aninahazwa na bose.
A ruta matlung a bona a thapelo, a tlotliswa ke bohle.
Kuko mukwiye kwihangana, kugirango ni mwamara gukora ivy'Iman'igomba mubone guhabwa ivyo yabasezeraniye.
36Le sa hloka mamello, e le hore, ka ho phetha thato ya Modimo, le tle le amohele seo le se tshepisitsweng, 37hobane kamora nakwana:
Ewe muyobozi w'ishengero mwene Data, uko ishengero ryawe ryoba riri kose, abakor'ivyaha ubahanire mu maso ya bose, kugirango abandi nabo batinye.
Ba entseng sebe o ba kgalemele mahlong a bohle, e le hore ba bang bohle ba tle ba tshabe.
Igihugu cose cishurira rimwe giti: " Amaraso yiwe arakaduhama twebwe n'abana bacu! "
Setjhaba sohle sa arabela, sa re: "Madi a hae a botswe rona le bana ba rona!"
Nabona ko umuntu apfuye biba biheze." - Fernando.
Ke ne ke nahana hore ha motho a hlokahala ho felile ka eena." - Fernando.
Kubera iki Imana ifise ishirahamwe?
Ke Hobane'ng ha Molimo a E-na le Mokhatlo?
Sinigeze ndaburonka." - Samuel * wo muri Kenya.
Leha ho le joalo, ha ho mohla seo se ileng sa etsahala." - Samuel, * Kenya.
Baramubwira rero bati: " Tuze tugire iki ngo turangure ibikorwa bishimisha Imana ?"
Ba re ho yena: "Re ka etsa eng hore re tle re sebetse mesebetsi ya Modimo?"
Yezu na we aronse umukurira w'indogobwe, arawicarako, nk'uko vyanditswe ngo:
14Yare ha Jesu a fumana petsana ya tonki, a e palama, jwalokaha ho ngotswe, ho thwe:
'Umwana Ari n'Umutima Ukunze wo Kumuhishura'
'Mora o Rata ho mo Senola'
Kuko ingata yanje itababaza, n'umutwaro wanje urahwahutse (Matayo 11: 28-30).
Hobane joko ea ka e bonolo, le mojaro oa ka o bobebe.
46 Iyo mwizera Mose, nanje muba munyizeye, kuko ari ivyanje yanditse.
46Hola le dumela ho Moshe, le ho nna le ka be le dumela; hobane o ngodile taba tsa ka.
Abashika 500 muri bo ni bashiki bacu batubatse.
Ba ka bang 500 ke baralib'abo rōna ba masoha.
11 Ivyo Dawidi atashobora gukora: Dawidi ntiyashobora gusubiza inyuma ivyo yari yakoze.
11 Seo Davida a neng a ke ke a kgona ho se etsa: Davida o ne a ke ke a fetola seo a se entseng.
Shetani yari yise Imana umubeshi.
Satane o ne a re Molimo o leshano!
Vyoba bishika bikakugora guharira abandi?
Na ka linako tse ling u thatafalloa ke ho tšoarela?
"Uze untabaze ku musi w'amagorwa,
Ipiletsa ho 'na ka letsatsi la mathata
Ukwemera ni kwo kwatumye Aburahamu agamburuka mu gihe yahamagarwa, akagenda mu gihugu yari yagenewe kuzotorana, kandi yagenda atazi iyo aja.
Ka tumelo Aborahama o ile a mamela ha Modimo a mmitsa, mme a fallela naheng e tlang ho ba lefa la hae; a tloha a sa tsebe moo a yang teng.
Ndamukiza 2014 _ Woba ukwiye gusenga
April 2014 _ Na U Lokela ho Rapela?
Nka kumwe kwa Marita, ni igiki witeganye umushasharo?
Joaloka Maretha, u lebeletse ho bona liketsahalo life tse thabisang?
"Turahuza muri vyose!"
"Re lumellana linthong tsohle!"
Yezu yabaye we muntu ahambaye kuruta abandi bose bashikirije ubutumwa nk'ubwo, kandi yabwiye abayoboke biwe ati: "Nimba barampamye, bazobahama na mwebwe."
Jesu ke eena mophatlalatsi e moholo ka ho fetisisa oa melaetsa e joalo, 'me o ile a re ho balateli ba hae: "Haeba ba ntlhorisitse, le lona ba tla le hlorisa."
Ni ibiki tuzi ku bijanye n'igihimba kigira gatanu ca ca gishusho Daniyeli adondora?
Ke sefe seo re se tsebang ka karolo ea bohlano ea setšoantšo seo Daniele a buang ka sona?
Haraciye imyaka 2.400 uwo muntu abayeho.
Motho eo o phetse lilemong tse ka bang 2 400 tse fetileng.
Rwaruka, nimutume iterambere ryanyu ryibonekeza
Bacha - Etsang Hore Tsoelo-Pele ea Lōna e Bonahale
Igitumye mbabgira ivyo, n'uko kwumvira Imana kwanyu kwamamaye mu bantu bose: ni co gitumye mbanezererwa, ariko ndagomba ko muba abanyabgenge ku vyiza, mukaba abatungu ku bibi.
Ho mamela ha lona ho tsejwa ke bohle; ka baka leo, ke a le thabela, mme ke lakatsa hore le be bohlale ho tse lokileng, le se ikamahanye le tse mpe.
14 Nuko rero, ko jewe ndabogeje ibirenge, ndi Shobuja n'Umwigisha, namwe mukwiye kwozanya ibirenge.
13:14 Ka hona, ha ke, Morena oa lōna le Mosuoe, ba hlatsoitse maoto a lōna, le lōna le tšoanela ho hlatsoana maoto mong ho e mong.
Ububi bw'umusi umwumwe wose buramaze.
Letsatsi ka leng le lekanoa ke bobe ba lona.
Isi ikiriho, ibiba n'iyimbura, intuguta n'imbeho, ici n'agatasi, ijoro n'umurango ntibizovaho na rimwe."
Ha feela lefatshe le ntse le le teng, nako ya peo le kotulo, mohatsela le mocheso, hlabula le mariha, motshehare le bosiu, di ke ke tsa fela.
Turaza kukirabira hamwe n'umukenyezi wanje.
Re tla e bala hammoho le mohats'a ka.
15Kandi umutima wiwe urushiriza kubagirira igishika, uko yibutse ingene mwanyumviye mwese, n'ingene mwamwakiriye mutinya, muhinda agashitsi.
Lerato la hae ho lona le ntse le matlafala, ha a hopola kamoo le ileng la mo mamela kateng, le kamoo le ileng la mo amohela ka tshabo le ka thothomelo kateng.
Ntibakiri babiri rero, bacitse umwe.
Me, ea ba, hona joale, tse peli ha, empa nama e le nngwe.
Umusi umwe Aburahamu abwira Loti ati: 'Aha nta kibanza gikwiye kiriho co kuragiramwo ibitungwa vyacu.
Ka letsatsi le leng Abrahama a re ho Lota: 'Sebaka sena ha sea lekana bakeng sa liphoofolo tsohle tsa rōna.