5:14-16) Mar ariyo, chenroni konyo jaricho moloko chunye gadier mondo obed gi winjruok maber gi Jehova, kendo mano konye mondo obed motang' gi richo ma kamago.
5:14-16) Ubwa kabiri, iyo ntunganyo irafasha abacumuzi bigaya kuguma batoneshwa n'Imana no kwirinda akamenyero ko gucumura.


Mano nomiyo obedona mayot dhi kuno."
Ivyo vyatumye birushiriza kunyorohera kujayo."

Miyo mic ki konyo jo mukene kelo yomcwiny madwong.
Gutanga no gufasha abandi birazana agahimbare kenshi.

To kata kamano, ne utimo maber kuom konya e chandruokna.
Ariko rero, mwagize neza mu kuntabara mu marushwa yanje.

Kue obed kodi.
Amahoro ku barundi mwese. mugire umugoroba mwiza.

"E kindeno, muofni biro neno, jo ma itgi odino itgi noyawre.
"Ico gihe amaso y'impumyi azohumuka, kandi amatwi y'ibipfamatwi azozibuka.

Bed ma Wangi Twolo - Catan Mito Mwodi!
Uraba maso - Shetani ashaka kukurotsa!

Bed ma Wangi Twolo - Catan Mito Mwodi!
Uraba maso - Shetani ashaka kukurotsa!

Lumalaika pe gubedo dano ma kong gukwo i lobo kany.
Abamarayika si abantu bahoze baba kw'isi.

Bibedo ber ma loyo ka en oyenyo tic mukene. * - Nen lok ma tye i tere piny.
Vyoba vyiza arondeye akandi kazi. *

"Pinyruodhi Mondo Obi" - To Nobi Karang'o?
"Ubwami bwawe nibuze" - None buzoza ryari?

"Pinyruodhi Mondo Obi" - To Nobi Karang'o?
"Ubwami bwawe nibuze" - None buzoza ryari?

Ng'ato ka ng'ato man gi adiera kuome to winjo dwonda."
Uwukunda ukuri wese yumva ijwi ryanje."

Ng'ato ka ng'ato man gi adiera kuome to winjo dwonda."
uwukunda ukuri wese yumva ijwi ryanje."

13 Wuo e yo mang'won.
13 Nuvugane ubwitonzi.

Ginitim kamano nikech ok ging'eyo Wuoro, kata an.
Ivyo rero bazobibagirira kuko batazi Data, na Jewe nyene ntibamenye.

Ne owachone Farao ni omany ng'at "mamos kendo mariek" mondo ochung' ne tij choko cham e deche kuom higni abiriyo ma pinyno ne dhi chiekie, mondo bi konygo ji e kinde kech.
Yabwiye Farawo ngo arondere umugabo "w'ubwenge kandi w'inkerebutsi" yokwegeraniriza mu bigega intete muri iyo myaka indwi y'umusesekara, akazoziha abashonje ca kigoyi giteye.

Jo abongwen mukene-ni kono gitye kwene?
None abandi icenda bari hehe?"

Inyalo Dak Nyaka Chieng' e Piny Ka
Urashobora kuba kw'isi ibihe bidahera

4 Ka ber mondo an bende adhi, to ginidhi koda.
4 Ariko nivyaba bibereye ko na jewe njayo, bazojanayo nanje.

Bende osenyuoli nyuol manyien kuom pi kod Roho?
Woba waravutse ubwa kabiri mu Mazi no muri Mpwemu?

To keken aye onongo bipokogi.
Urupfu ni rwo rwonyene rwoshoboye kubatandukanya.

3 Magi e kinde mag timo yiero madongo e ngimani kapod in rawera.
3 Ubuto ni igihe co kugira amahitamwo ahambaye.

Bende ji duto nobed mamon kodu nikech an.
mwese muza gutsitara kubera izina ryanje,

Ne apenjora kama: 'Dibed ni odhi e polo?
Naribaza nti: 'Yoba yaragiye mw'ijuru?

Yesu nopenjo niya, "Donge ne gin ji apar mane ochango koso?
Yezu rero arabaza ati: " Mbega, ntibakize bose uko ari cumi ?

Aseloyo piny." mar pinyni.
Jewe naratsinze isi."

Toñi oneno man ki wange.
Ivyo Toñi yaravyiboneye.

Dano Mapol Gibibwot Ki i Agikki Piny - In Bene Itwero
Benshi bazorokoka umuhero - Nawe worokoka

To ok apar ni an chien kata matin kuom joote muparo ni dongogo!
Kuko ntabonetse ko ndi munsi y'izo ntumwa zanyu z'agahebuza+ mu kintu na kimwe, naho ata co ndi+.

Gima awachonu ema: Ka jacham girkeni pod en nyathi, to oonge pogruok gi misumba, kata obedo ni mwandu duto mar wuon dala osedongʼne.
1Ariko ndavuga yuko samuragwa, iyo akiri umwana, ata co atandukanako n'umushumba, naho ari we nyene ibintu vyose.

En adier ni jodongo gin dhano morem.
Ego ni ko, abakurambere ni abanyagasembwa.

Ng'e ni ne oluor.
Niwibuke ubwoba yari afise.

Owacho kama: "En wuoro mane e kindu ma ka wuode okwaye rech to obiro miye thuol kar miye rech?
Agira ati: "Ni nde muvyeyi muri mwebwe umwana wiwe amusavye ifi, azomuha kumbure inzoka aho kumuha ifi?

Jo ma kiwirogi gutiyo ki tira ma i carolok ma Yecu obolo i kom anyira apar-ri nining?
Abarobanuwe bakurikiza gute impanuro iri mu mugani wa Yezu werekeye abigeme cumi b'isugi?

Ng'ano mabiro tieko chandruoge mag dhano?
Ni nde azotorera umuti ingorane z'abantu?

Ruoth Nyasaye nowachone ni, 'Lony wuocheni, nimar kama ichung'ieno en kama ler.
Umukama yavuze ati: " Natoye iki kibanza ndakigira ceranda,

Adier, anyisou ni Jachien biro tweyo jomoko kuomu e od twech mondo otemugo kendo ubiro yudo sandruok kuom ndalo apar.
Eh'uwo Murwanizi azoshira bamwe muri mwebwe mw'ibohero kugira ngo mugeragezwe, kandi muzogira amarushwa imisi icumi.

Bang' kinde, malaike mamoko noriwore gi Satan e ng'anjo.
Mu nyuma, abamarayika bamwebamwe barifatanije na Shetani mu bugarariji bwiwe.

(Chakruok 41:45) Ka ne gineno ng'atno, be ne gifwenyo ni en Josef?
(Itanguriro 41:45) Igihe bamubona, boba baramenye ko ari Yozefu?

Be 'Ineno Nyasaye Maok Ne'?
Woba ubona "Umwe ataboneka"?

Donge imor ng'eyo ni onge kinde moro amora ma inie kendi? -
Woba uryohewe no kumenya ko utigera uba wenyene vy'ukuri? -

Nang'eyo ni owete e piny mangima ne lemona."
Nari nzi ko abo dusangiye ukwemera bo hirya no hino kw'isi bariko baransengera."

Lakwena Paulo bene owacci "jo ma kitgi atir wa ki jo ma kitgi pe atir" gibicer.
Intumwa Paulo na we yavuze ko hazozuka "abagororotsi n'abatari abagororotsi."

Ang'o Momiyo Gik Maricho Timore ne Joma Beyo?
Kubera iki ibintu bibi bishikira abantu beza?

Emomiyo an ok aringi ka ngʼama okia kuma itieke ngʼwech, bende ok athor diro ngum adira ka gima agoyo yamo nono.
Uko ni ko niruka, ariko si nk'uwutazi iyo aja; uko ni ko nkubitana ibipfunsi, ariko si nk'uwuhusha.

Ang'o Momiyo Chieng' Bura biro kawo higni 1,000?
Kubera iki Umusi w'urubanza uzomara imyaka 1.000?

48 An e makati mar ngima.
48 Ni jewe mutsima w'ubugingo.

Ne giywak ka gikok matek nyadinwoya niya: "Yaye Baal, winjwa!"
Basemereye incuro n'izindi bavuga bati: "Ewe Bayali, nutwishure!"

"Wanadhi kodi nimar wasewinjo ni Nyasaye ni kodu." - ZEK.
"Turajana, kuko twumvise yuko Imana iri kumwe namwe." - ZEK.