Nzambi udiku kule menemene ne bantu bua kubengaye kutumona anyi?
Imana yoba iri kure y'abantu ku buryo idashobora kwitaho ivyacu?


Mu tshiena-bualu etshi, netukonkonone tshilejilu tshia Jozefe, muikulu wa Abalahama ne tshivua tshimufikile ne bana babu.
Muri iki kiganiro, turimbura akarorero ka Yozefu umwuzukuruza wa Aburahamu be n'ivyabaye hagati yiwe na benewabo.

Nansha wewe muikale ne tshipatshila tshia kuenzela Nzambi mudimu mu mushindu kayi, newikale dijinga ne kupeta mushindu wa kudiambuluisha.
Umugambi uwo ari wo wose ufise mu murimo w'Imana, uzokenera uburyo bwo kwibeshaho.

Davidi uvua bushuwa muana anyi?
Dawidi yoba yari umwana koko?

Batu bamanye ne: nsombelu wa muntu udi ne mushinga wa bungi padiye mu malanda mimpe ne Nzambi.
Bamye bazi ko ubuzima burushiriza kugira intumbero igihe umuntu afitaniye ubucuti bwiza n'Imana.

Yeye neakuambuluishe misangu yonso anu muvuaye muambuluishe Yelemiya.
Azokwama agufasha, nk'uko yafashije Yeremiya.

Wakamba kabidi ne: "Ntu ngenza malu adi amusankisha."
Yongeyeko ati: "Nama nkora ibimuhimbara."

Wālongele myaka mivule mu kino kifuko kibi! * Kadi Yosefa kādipo uyukile shi ukakutululwa nansha kukutululwa.
Yamaze imyaka itari mike muri ukwo kuzimu! * Kandi Yozefu ntiyari azi nimba yotevye akarekurwa.

Ke muvuabi kabidi bua bayende ne muanende.
Umugabo wiwe n'umwana wiwe na bo nyene baramukumbuye.

Mmubelu kayi udi Bible upesha muntu udi mu dibaka ne muntu udi kayi muena kuitabuja?
Ni impanuro iyihe yo mu Vyanditswe ihabwa umusavyi w'Imana yubakanye n'uwutemera?

Mu ngondo wa 10 mu 1984, tuetu bonso tuvua ne bua kuya ku kabadi bua kulumbulula.
Muri Gitugutu1984, twese twararengukijwe muri sentare.

Pamuapa amue mabenesha atshilualua a Bukalenge bua Nzambi atuvua bakonkonone avua mua kuikala makusankishe.
Kandi ushobora kuba washimishijwe cane n'ivyiza bimwebimwe Ubwami bw'Imana buzokora.

Dituku dikuabu dilolo, ku ndekelu kua ngondo wa 8 mu 1952, ngakumvua bambikila kudi muntu ku telefone mu Toronto.
Umusi umwe ku mugoroba mu mpera za Myandagaro 1952, nagiye numva telefone ivuye i Toronto.

Mukaji mukamba uvua mupeshe muprofete wende bintu ne muleje ditabuja.
Uwo mupfakazi yari yararonkeje uwo muhanuzi ivyo akeneye yongera aragira ukwizera.

Bua tshinyi tuvua basungule mukanda wa Matayi?
Kubera iki igitabu ca Matayo ari co cacaguwe?

Nzambi wetu kakulekela bantu badi bamulamate nansha kakese.
Imana yacu ntizokwigera na gato iheba abatayihemukira.

Bidimu bitanu pashishe, bakamusela kudi mukulu.
Haciye imyaka itanu, yarubakanye n'umukurambere.

Lelo kudi enka kipwilo kimo kete kya bine?
Hoba hari idini ry'ukuri rimwe gusa?

Ikalayi anukitshi bino mwanda wa ku ntentekyeshanga.'"
Muragume mugira ibi mu kunyibuka.'

Mu 1948, bakakosela kabidi Arthur buloko bua ngondo isatu.
Mu 1948, Arthur yarasubiye gupfungwa amezi atatu.

22 Bantu bangi banandungule kwifuku diadia'shi, Fumu, Fumu, atwe ta tubalungula mwishina diobe ? kwishina diobe ta tubatakula bikudi bibi ? kwishina diobe ta tubakita mikitshino ya ngofu yingi ? 23 Ami namu nanebabwelele'shi, Ntanenûku nya.
Uyo musi, benshi bazombwira bati: "Mukama, Mukama, ntitwavuze ibizoza kw'izina ryawe, ntitwirukanye amashetani kw'izina ryawe, ntitwakoze ibitangaro vyinshi kw'izina ryawe?"

Mbingu ibidi pashishe, wakalua ne muisatu ne pashishe muinayi.
Haciye indwi zibiri, yarazanye uwugira gatatu, hanyuma azana uwugira kane.

Ndi mutshimune ba pa buloba."
Jewe naratsinze isi."

4 Tatu mukuabu wa mu Japon udi wamba ne: "Mvua ne lutatu lua bungi lua malu a makuta.
4 Umugabo umwe wo mu Buyapani avuga ati: "Nari mfise ingorane nyinshi zijanye n'amahera.

Nunku, nnganyi wa ku babidi aba wamunanga bikole?"
None, muri bompi, uwuzomukunda kuruta uwundi ni nde?"

Meme ne bayanyi tudi bampanda-njila.
Twe n'umunega wanje turi abatsimvyi.

Ntshinyi tshiakafikila banjelu babi abu?
None ivy'abo bamarayika babi vyahavuye bigenda gute?

(trg) ="4"> Dipatuka diende ngumue wa ku midimu idi yenzeka pa buloba bujima ne makuta adi bantu bafila ku budisuile bua kulongeshangana Bible .
Gatanzwe mu bijanye n'igikorwa kirangurirwa kw'isi yose c'ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n'intererano zitangwa n'abavyishakiye.

Monai mutudi katui mua kujingulula bilumbuluidi biandi, mutudi katui mua kulonda nshila yandi! 34 Bua wakamanya meshi a Mukelenge nganyi?
Imigabo yayo ntishobora kubariritswa, n'inzira zayo ntizigira akehe!'

Bulunda buenu nebuikale bukole anu muvuabu konso eku anyi?
Ubugenzi bwanyu bwoba bwosubira gukomera nka kera?

Diba ne ngondo
Kand' eizooba n'okwezi

(Muambi 12:13) Kadi Nzambi ki mmusue bua bantu badi bamutendelela badiumvue mushindu eu to.
(Umusiguzi 12:13) Ariko rero, Imana ntiyipfuza ko abayisenga bayitinya muri ubwo buryo.

Mmunyi mudi Yehowa ukudimuija, ukupingaja mu njila, ukulombola?
Ni mu buryo ubuhe Yehova akuburira, agukosora akongera akakuyobora?

Mmunyi mudi bantu ba bungi bamona mudimu wabu?
Abantu benshi babona gute igikorwa bakora?

Ne kadi, le diso dyobe i dibi mwanda amiwa ne muyampe?' 16 Mu uno muswelo, ba
Canke ugize ijisho ribi kubera ko ndi umuntu mwiza?'

Bantu bikala ne muoyo tshikondo atshi nebikale mu mparadizu ne nebikale banyishibue kudi Nzambi, malu abidi avua Adama mujimije. - Buakabuluibua 21:3.
Ico gihe, abantu bazoca bibera mw'iparadizo batoneshwa n'Imana, ivyo nyene akaba ari vyo Adamu yatakaje. - Ivyahishuwe 21:3.

Banene ba buloko kumonabu ne: tuvua bantu ba kueyemena.
Abakuru b'ibohero bari bazi ko turi abizigirwa.

Tala kimfwa kya ba mulume ne mukaji bene Kidishitu ba mu Azia.
Raba nk'akarorero ibijanye n'umugabo n'umugore umwe b'abakirisu bo muri Aziya.

Muanetu wa balume mukuabu udi uvuluka bualu kampanda buvua bumufikile patshivuaye muana.
Umuvukanyi umwe aribuka ikintu cashitse igihe yari akiri agahungu.

Bia mvita bionso nebibutudibue
Ibirwanisho vyose vy'intambara bizosangangurwa

KULONGOLOLA tshibilu tshia dibaka kutu misangu yonso kuangata dîba dia bungi.
GUTEGURA ubugeni vyama bisaba umwanya.

wakambila bayidi bandi ne, Tuyai mu Yudaya kabidi.
Araheza abwira abigishwa biwe ati: " Hogi dusubire mu Buyudeha. "

Ba bungi ba kutudi batshivua bansonga ne kabavua ne dimanya dia nsongo to.
Abenshi muri twebwe twari tukiri bato kandi ntitwari bwamenye utuntu n'utundi.

Etshi tshivuaku tshikondo tshia kuakula anyi?
Ico coba cari co gihe co kuvuga?

Diakabi, mukajanyi Maria, wakafua mu 2014.
Ikibabaje Maria wanje yarapfuye mu 2014.

Kabidi, Nzambi wakaleja mudiye ne bukole bua kukumbaja milayi yende yonso.
Vyongeye, Imana yaragaragaje ubushobozi ifise bwo gushitsa ivyo yasezeranye vyose.

Udi kabidi mu diba dimue ukeba bua kumanya nganyi wa mu nkatshi muabu wikala mutambe bunene! (nv.
Bakozanijeho Tukirebera Uwusumba Uwundi.

Nansha kadi shi wamulombe dii, le ukamupa kaminye?
Canke kandi amusavye irigi, azomuha akamina?

tshipungidi tshia Abalahama ne tshipungidi tshia Davidi.
n'isezerano rya Aburahamu n'isezerano rya Dawidi.

Kukadi kupite mpindieu bidimu 63, bitshidi anu binsama ku muoyo."
Naho haciye imyaka 63 ivyo bibaye, biracambabaza cane."