Ita ma ta ƙaura zuwa Hollywood.
Na we nyene yari yarimukiye i Hollywood.
"Ba ku ga yadda Allah Ya halitta wasu sammai bakwai ɗabaƙõƙĩ a kan jũna ba?" (15)
vEse ntimubonaukuntu Allah yaremye ibirere birindwi bigerekeranye?
da iko na ban da shi daga Littafi Mai Tsarki.
Abaririmwo bisunga Bibiliya mu vyo bakora vyose.
(Romawa 11:33) Saboda haka, ya san abin da ya fi kyau a gare mu.
(Abaroma 11:33) Arazi rero icotubera ciza kuruta ibindi vyose.
Ashe ba zai iya yin dukan abubuwan da aka ambata cewa sun faru a cikin labarin Nuhu ba?
Wumva none vyari kumunanira gukora ivyo bintu vyose bivugwa muri iyo nkuru ya Nowa?
" Zaɓaɓuna [Allah] kuma za su daɗe suna jin daɗin aikin hannuwansu.
Abo natoye bazokwinovora bimwe bishitse igikorwa c'amaboko yabo."
Ya san abin da yake mafi kyau a gare mu.
Arazi icotubera ciza kuruta.
Wannan kuwa ya faru ne domin kada mu dogara da kanmu, sai dai ga Allah, wanda yake tā da matattu.
Ivyo kwari ukugira ngo ntitwiyizigire ubwacu, ahubwo twizigire ya Mana izura abapfuye.
"Allah ba mai-tara ba ne: amma a cikin kowace al'umma, wanda yake tsoronsa, yana aika adalci kuma, abin karɓa ne gare shi."
"Imana [nti]gira nkunzi, mugabo mw'ihanga iryo ari ryo ryose umuntu ayitinya kandi agakora ivy'ubugororotsi iramwemera."
18 "Ga shi, Yahaya ya zo, ya ƙi ciye-ciye da shaye-shaye, sai suka ce, 'Ai, yana da iska.'
Raba, Yohani Batista yaje ata mukate arya, ata mvinyu anywa; none muvuga muti: arimwo ishetani.
Ya yi kira daya daga cikin bayi da ya tambaye abin da aka faruwa.
Ahamagara rero umusuku amubaza ivyo ari vyo.
Wannan kuwa ya faru ne domin kada mu dogara da kanmu, sai dai ga Allah, wanda yake ta da matattu.
Ivyo kwari ukugira ngo ntitwiyizigire ubwacu, ahubwo twizigire ya Mana izura abapfuye.
Kada kuma ka rantse da kanka, domin ba za ka iya mai da ko gashi ɗaya yǎ zama fari ko baƙi ba.
Nturahire umutwe wawe, kuko ata n'agashatsi kawo wobwira ngo kere canke kirabure.
"Zaɓaɓuna [Allah] kuma za su daɗe suna jin daɗin aikin hannuwansu.
Abo natoye bazokwinovora bimwe bishitse igikorwa c'amaboko yabo."
Shin ban fi ku a 'ya'ya maza goma ba?"
Jewe ko ndi umukunzi wawe, sindakurutira abana icumi?"
Menene tsoron Allah, kuma ta yaya kasancewa da tsoron Allah zai shafi lamirinmu?
Gutinya Imana bisobanura iki, kandi bigira ico bikoze gute ku ngingo dufata?
" Wanda ya ke zaune a ciki ba za ya ce, Ina ciwo ba.
"Nta wuhaba azovuga ngo: 'Ndarwaye.'"
Kowa yana iya shan wahala - har ma da waɗanda Allah ya amince da su.
Imibabaro irashobora gushikira uwo ari we wese, mbere n'abashimwa n'Imana.
Kada kuma ka rantse da kanka, domin ba za ka iya mai da ko gashi ɗaya yǎ zama fari ko baƙi ba.
Nturahire umutwe wawe, kuko ata n'agashatsi kawo na kamwe wobwira ngo kere canke kirabure.
Wani ya taɓa gaya min in daina aika masa saƙonnin da aka aika min?
Hoba hari uwumaze kunsaba ko nohagarika kuza ndarungikira abandi ubutumwa ndonse kuri internet?
Ta yaya zai shafi dangantakata da Allah?
Bizogira ico bikoze gute ku bucuti mfitaniye n'Imana?
Faɗa wa biranen Yahuza: "Duba, Allahnku!"
Ubwire ibisagara vya Yuda, uti: " Ng'iyo Imana yanyu !
81"Ku kõma zuwa ga ubanku, ku gaya masa: Yã bãbanmu, lalle ne ɗanka yã yi sãta, kuma ba mu yi shaida ba fãce da abin da muka sani, kuma ba mu kasance mun san gaibu ba."
Ni co gituma asozera n'aya majambo akora ku mutima agira ati: "Data ugororotse, isi koko ntiyakumenye; mugabo jewe narakumenye, kandi aba baramenye yuko wantumye.
Allah ya zaɓi Isra'ilawa su zama shaidunsa.
Imana yaratoye Abisirayeli ngo babe ivyabona vyayo.
6 Ta yaya Ibrahim da iyalinsa suka kasance da bangaskiya sosai?
6 None ni ibiki vyafashije Aburahamu n'umuryango wiwe kuguma bafise ukwizera gukomeye?
SHAIƊAN yana yaƙi da shafaffu da suka rage da kuma "waɗansu tumaki.
SHETANI ariko ararwana n'amasigarira y'abakirisu barobanuwe hamwe n'abo mu "zindi ntama."
Shin ka ji daɗin karanta talifofin Hasumiyar Tsaro na kwanan bayan nan kuwa?
Woba warahimbawe no gusoma inomero za vuba z'Umunara w'Inderetsi?
Mene ne wani annabi daga Yahuda ya yi, kuma mene ne ya same shi don hakan?
Ni igiki umuhanuzi yava i Yuda yananiwe gukora, kandi vyavuyemwo iki?
Kuna ce da ni 'Malam,' da kuma 'Ubangiji,' daidai ne kuwa, gama haka nake.
Mwebwe munyita 'Mwigisha' na 'Mukama,' kandi muvuga vyo, kuko ari ko ndi.
Ta yaya muka san cewa ba dukan waɗanda aka ba wa ruhu mai tsarki ba ne aka zaɓe su su je sama?
Tuzi gute ko atari abaronse impwemu y'Imana bose batumiwe ngo bazoje mw'ijuru?
8"Za a yi manyan rayerayen duniya.
8 "Hazoba vya nyamugigima bikomakomeye."
Nuhu ya gargaɗi mutane game da Rigyawar da ke tafe, amma ba su saurare shi ba.
Nowa yaraburiye abantu ku bijanye n'Isegenya ryagira rize, mugabo ntibumvirije.
Ɗaya daga cikin malaʼikun nan bakwai masu kwanonin nan bakwai cike da annoban nan bakwai na ƙarshe, ya zo ya ce mini "Zo, zan nuna maka amaryar, matar Ɗan Ragon."
Hanyuma umwe wo muri ba bamarayika indwi bari bafise ibikombe indwi vyuzuyemwo ivyago indwi araza, ambwira ati: " Ingo ndakwereke umugeni, ari we mukenyezi w'umwana w'Intama.
Wannan kuwa ita ce shaidar; cewa Allah ya ba mu rai madawwami, wannan rai kuwa yana cikin Ɗansa.
Kandi iyo ntahe ni iyi: n'ukw Imana yaduhaye ubugingo budashira, kandi ubwo bugingo ko buri mu Mwana wayo.
Akwai masauki a gidan mahaifinki inda za mu sauka?"
Hoba hari ikibanza mu nzu ya so tworaramwo?"
Kamar yadda ya faru a zamanin Nuhu, haka zai zama a dawowar Ɗan Mutum.
Kandi nkuko vyari bimeze mu misi ya Nowa, niko bizoba mu misi y' ukuza kw'Umwana w'Umuntu.
19 na Yuli 13-19] "Ba su karɓi cikar alkawuran ba; amma daga nesa suka hango su. "- Ibran.
"[Ntiba]ronse iranguka rya nya mihango, mugabo bayiboneye kure." - HEB.
Ga kyau, ya da daɗi, 'yan'uwa su zauna tare tare!
Ese ukuntu ari vyiza kandi bihimbaye ko abavukana babana mu bumwe!"
13 na Maris 9-15] "Ku ci gaba da yin wannan don tunawa da ni." - 1 Cor.
"Muragume mugira ibi mu kunyibuka." - 1 KOR.
Kuma sa'ad da suka ga cewa Allah ya amsa addu'o'insu, hakan ya ƙara ƙarfafa bangaskiyarsu.
Uko babona Imana yishura amasengesho yabo, ni ko ukwizera kwabo kwarushiriza gukomera.
Amma idan bai cancanta ba, salamarku za ta komo muku.
Ni yaba itabereye, amahoro yanyu azobagarukako.
Shi ya sa iyayensa suka ce, "Ai, shi ba yaro ba ne, ku tambaye shi."
Ni co gituma abavyeyi biwe bavuga bati: "Si muto, nimumwibarize!"
Duk mai jin ƙishirwa, yă zo; duk mai bukata kuma, yă ɗibi ruwan rai kyauta.
Kandi uwufise inyota ni aze, uwugomba ni yakire amazi y'ubugingo ku buntu.
Idan Ibrahim da aka ayyana adalci ta wurin ayyuka, sa'an nan ya na da wani abu to fariya - amma ba a gaban Allah.
Aburahamu niyaba yabaye intungane kubera ibikorwa, yari kuba afise ico kwihayako, ariko atari imbere y'Imana.
Wato, mutane takwas ke nan a iyalin Nuhu.
Mu rugo kwa Nowa rero haba abantu umunani.
Dauda yana da wasu abokai da suka taimaka masa sa'ad da yake shan wahala.
Dawidi yari afise n'abandi bagenzi bamwumiyeko mu bihe bigoye.
Mun karanta game da ibadarsu da kuma aminci.
Turasoma ivy'ukuyobokera Imana n'ukutayihemukira kwabo.
Saboda haka Allah ba ya kunya a kira shi Allahnsu, domin ya riga ya shirya musu birni.
Ni co gituma Imana itamaramazwa no kwitwa Imana yabo; nka ko na none, yarabateguriye igisagara.
'Yan'uwa a ikilisiya sun taimaka mana sosai.
Abavukanyi na bashiki bacu bo mw'ishengero baradufashije cane.
Daga yanzu, za a kamawa mutane. "
Guhera ubu uzohora uroba abantu ari bazima."