Kutala Namuvandaminanga Lika Namuchima Wakusuuluka Tahi?
Tika Ibidiyo Cwinyi me Kuro Jehovah?
Oloze twatela kwanuka ngwetu Kalunga atachikiza ngwenyi atutenga kufuma kulukungu, kaha eji kutwivwilanga keke.
Yamara rero, turahumurizwa no kumenya yuko Imana yibuka ko twaremwe mu mukungugu be n'uko yiteguriye kutubabarira.
Sololenunga Vilinga Vyamwaza Omu Namupwanga Mumulimo waMuwande
Nukurikize rya Tegeko ry'agakura mu busuku bwawe
Vyuma tunalingi vikiko vene twatelanga kulinga.'" - Luka 17:7-10.
Ivyo dukoze ni ivyo twabwirizwa gukora.'" - Luka 17:7-10.
Mulimu h'a si ka bulelela nikamuta lingeloi, nihaili li li liñwi feela, kuli: "U mwan'a ka.
Kukaba nka ko, mu bamalayika ni nde Imana yigeze ibwira iti: " Uri Umwananje, jewe uyu musi nakwivyariye ," canke iti: " Nzomubera umuvyeyi, na we ambere ikibondo " ?
Uno evi vitondo vivali vyachifwanyisa vaviwanyishile mwaka uka?
None utwo dukoni tubiri tw'ikigereranyo twafatanijwe ryari?
Tuputuke jino kuzata milimo."
Reka rero dusubire ku gikorwa."
Ami ngwatela kuzata milimo yatata muzuvo yenyi?"
Ntimwari muzi ko mbwirizwa kwama mu bikorwa vya Data?"
Chiyoyelo muka chize Kalunga ahanyine malunga namapwevo hakuputuka?
Imana yahaye abagabo n'abagore intango imeze gute?
Ambile ngwenyi: "Vyuma ngweji kunangulanga kavyapwa vyamiko, oloze vyapwa vyayauze angutumine."
Yavuze ati: "Ivyo nigisha si ivyanje, ahubwo ni ivy'uwandungitse."
Owo uleya kana valingile hakuhona kwivwilila Kalunga!
Ese ukuntu bābaye ibijuju ntibumvira Imana!
Vayovokele mwomwo vevwile Kalunga woma nakulinga mwaya muchima wenyi.
Bazigurijwe kubera batinya Imana bagakora ivyo igomba.
"Pundu Vene Ou Mutu Apwanga MwanaKalunga"
"Ni ivy'ukuri, uyu muntu yari Umwana w'Imana"
Kaha nawa iya chikupu kaveshi kukakonekelako?
Ni nde vy'ukuri adashobora kubabarirwa?
Kalunga amwene ngwenyi chinawahe.
Imana ibona ko vyari vyiza.
4 Uno kulinyisa chapwa chika?
4 Ukwicisha bugufi ni iki?
"Ngwevwile sonyi kuya kuZuvo yaWangana.
"Narumva isoni zo gusubira ku Ngoro y'Ubwami.
Vyuma muka vyalingiwile omu Yowano apwile namakumbi atanu naatatu?
Ni ibiki bigirwa igihe Yohani amaze imisi umunani avutse?
Mwomwo ove wangwivwilile kupihya chikuma musana naufuku."
Kuko ukuboko kwawe kwandemēra umurango n'ijoro."
Muukafwenya mawanangana ano akwo ni kuasulisa, alioze wene muukakola wa mutolo."
Buzojanjagura ubwo bwami bwose bubuherengeteze, yamara bwobwo buzohangama gushika ibihe bitagira urugero."
Kunyima wafwelelele nge vyuma vyalijililile vivene.
Wahoze wemera ko ibiriho vyiyadukije.
Wahililenu, lisambenu, mwomwo fweto yenu yinapu yayinene mwilu, mwomwo mukiko vene vayanjishile navapolofweto vaze valivangile kupwako shimbu kanda enu muchisemuke."
Muranezerwe muhimbarwe, kuko impera yanyu izoba nini mw'ijuru; n'abahanuzi babatanze ni uko babahamye."
Tuhane kulya chetu cha hakumbi hakumbi.
Ghugiyan Di Dar Nu,
Mose naAlone vayile nakulweza Fwalo mujimbu wakufuma kuli Kalunga ngwavo: 'Nge kaweshi kusuula vatu jami, kaha nanguneha vikesu mulifuchi lyosena.'
Musa na Aroni baragiye kubwira Farawo ivyo Imana ibatumye, bati: 'Utarekuye abantu banje, nzoteza ibibugu mu gihugu.'
Kutala ngweji kuhamukanga kuhanjika vyuma ngwafwelela tahi?
Noba mvugana ubutinyutsi ivyo nemera?
Yena muhasa kukundama kuli iye nyi wakundama kuli atu jenyi.
Urashobora kumwiyegereza mu kwiyegereza abasavyi biwe.
Muli Ikiye mukiko, vene tuli nakusokoka cetu, cikiko kutukonekela milonga yetu yaxili.
Ngo baduhate ibicumuro,
Ngwevwile nge ngunakinduluka chikupu." - Javier.
Mu vy'ukuri nari ngarutse i muhira." - Javier.
Yesu ambile ngwenyi: "Kakweshi mutu mwahasa kwiza kuli amiko kuvanga vanamukoko kuli Tata uze angutumine."
Yezu yavuze ati: "Nta muntu ashobora kuza kuri jewe kiretse Data yandungitse amukwegereye."
Mwomwo ika vatu veji kuhanjikilanga makuli, kaha ukalu muka weji kufumangamo?
Kubera iki abantu babesha, kandi bivamwo ingaruka izihe?
Vasele Yehova nakulemesa tulunga vamakuli.
Barateye akagere Yehova, basenga imana z'ikinyoma.
Chipwe ngocho kwapwile vyuma vyasolokele vize vyahakile usepa wavo muponde.
Ariko rero, harashitse ikintu cageramiye ubugenzi bwabo.
Wanangana wa Zambi we ushimbwishilo wika wa atu.
Ubwami bw'Imana ni bwo bwonyene abantu bakwiye kwizigira.
Myaka 100 yaChiyulo chaWangana
Ubwami buramaze imyaka 100 buganza
Marta te hananyingika sango jipema hakutwala kuli afu.
Marita yari asanzwe azi neza inkuru nziza yerekeye abapfuye.
Chiyaze: Mbimbiliya yinahase kutukafwa muvyuma vyosenevi.
Bosiko: Bibiliya irashobora kudufasha cane muri iyo mice yose.
(Luka 8:23) Oloze Yesu apwile lika mutulo.
(Luka 8:23) Ariko rero, Yezu aguma asinziriye!
KAPITULU 11 Mumu Liaka Zambi Akwecha Lamba?
IKIGABANE CA 11 Ni kubera iki Imana ireka abantu bagashikirwa n'imibabaro?
Yosefwe atachikijile jino vyuma atelele kulinga.
Yozefu yaciye abona ico yokora.
Yum yum, chili mac!
[Sekilala] Motto Muri Yari!
Uno kufwa chejile ngachilihi kuvatu?
Urupfu rwinjiye gute mu bantu?
Tunahase chikupu kuvatachikiza nakwijiva nawa vivalongesa, oloze kukatambula kuyoya chahaya myaka yosena chiku.
Turashobora kubamenya neza hamwe n'inyigisho zabo, ariko ntituronke ubuzima budahera.
Mwomwo ika Kalunga azenekele kwitavisa Mose kwingila muLifuchi lyaLushiko, kaha natulinangulako ika?
Twigira iki ku kuba Imana itakundiye Musa kwinjira muri ca Gihugu c'isezerano?
Vinjiho jaYehova vamungalila yenu navawahilila kumikafwa mutachikize omu vangelo jaKalunga vangolo vanahase kumikafwa.
Ivyabona vya Yehova bo ng'aho iwanyu bazohimbarwa no kugufasha kwungukira ku bwitwararitsi bw'abamarayika b'Imana b'abanyenkomezi.
Mama azachile nangolo mangana angunangule muchano.
Mawe nta ko atagize ngo anyigishe ukuri.
Vyuma muka Mose naAlone valwezele Fwalo, kaha Fwalo avakumbulwile ngachilihi?
Musa na Aroni babwiye iki Farawo, Farawo na we abishura iki?
, Isa 49:10 Kaveshi kukevwa zala chipwe l.
16.Ntibazicwa n'inzara ukundi, kandi ntibazicwa n'inyota ukundi kandi izuba ntirizobica canke indugumbayose,
Akwa ululi kumakazuka chifuchi; kumakatwamamo ku miaka ya mutolo." - Samu 37:29
Bibiliya ivuga iti: "Abagororotsi bazokwigabira isi, kandi bazoyibako ibihe bidahera."
Kubihiki, Kubikase, Kuchiki, Kuchinashi,
Ntuzuma E, Ntuzuma
"Awahilila mutu uze eji kutangilanga helu, navaze veji kwivwanga mazu aupolofweto uno." - Kusoloka 1:3.
"Hahiriwe uwusoma n'ijwi ryumvikana be n'abumva amajambo y'ubu buhanuzi." - Ivyahishuwe 1:3.