Mwikeulu umo wātombokēle Leza.
Umwe mu bamarayika yaragararije Imana.


Amani iwe juu yenu (Asalaam aleikum!)
Amahoro ku barundi mwese. mugire umugoroba mwiza.

Elihu atile: "Inshiku e sho shisose, no bwingi bwa myaka e bo bulenge amano ukwishibikwa."
Elihu wo mu bihe vya kera yavuze ati: "Imisi ni yo ikwiye kuvuga, kandi imyaka indiri ni yo ikwiye kumenyesha ubukerebutsi."

Mu 1978, Maria papo na myaka 45, waimita monka.
Mu 1978 Maria afise imyaka 45, yarasubiye gusama inda.

Yesu alandile pa basambi bakwe ukuti: "Bamayo na bamunyinane ni balya abomfwa icebo ca kwa Lesa no kucikonka."
Ariko rero ku bijanye n'abo bayoboke biwe, Yezu yavuze ati: "Mawe na bene wacu ni aba bumva ijambo ry'Imana bakarishira mu ngiro."

Bushe akasuba kapanga shani icikabilila no lubuuto?
Izuba rihingura gute ubushuhe n'umuco?

Lesa alafwaisha ababipa balapila no kwalula imibele yabo nga filya abena Ninebe bacitile
Imana iripfuza cane kubona abanyakibi bigaye bagahindura ingendo zabo nk'uko Abanyaninewe bakoze

Lelo nesambilanga pa nkulupilo yami na bukankamane?
Noba mvugana ubutinyutsi ivyo nemera?

Cinshi cikamwafwa ukuba ne mibele itemuna Lesa?
Ni igiki kizogufasha gutsimbataza kamere zishimwa n'Imana?

Landileni mu mutima wenu, . . . no kuba tondolo."
Muvugire mu mutima wanyu, . . . mugume mucereje."

Abalemba "Loleni!" balimwipwishe pa fyo cali.
Ikinyamakuru "Be maso!" caramubajije ukuntu vyagenze.

Abantu Abengi Bakapusuka Ilyo Impela Ikesa - Na Imwe Kuti Mwapusuka
Benshi bazorokoka umuhero - Nawe worokoka

Leza i mwite umo ne umo afwene kwadi ne kudi wandi Mwana.
Yarabateye akamo ngo bamwiyegereze be n'Umwana wiwe.

Le bine ubwanya kumona "Leza wampikwa kumweka." - Kolose 1:15.
Woba vy'ukuri ushobora kubona "Imana itaboneka"? - Abakolosayi 1:15.

"Kange mutemwenga pano pa ntanda nangwa bintu bya pano pa ntanda ne.
Ntimugakund'isi canke ibiri mw'isi.

Shinwe wa mu muulu alishiba ukuti mulakabila ifi fyonse.
So wanyu wo mw'ijuru arazi ko mukeneye ivyo vyose.

11 "Mwilaba ukulapokelela abeni."
11 "Ntimwibagire ubwakiranyi."

Abakalamba ba musango yu bafwile ukwenekela ukuti Lesa akasuka amapepo yabo.
Abo bantu b'abizigirwa bageze mu zabukuru barashobora kwizigira badakeka ko Imana izokwishura amasengesho yabo.

Twaishiba shani ukuti Mose abikile amano ku kucita kufwaya kwa kwa Lesa?
Tuzi gute ko Musa yashira umutima ku gukora ivyo Imana igomba?

Le ubasumininwa kulonga bika mu mwaka wa 2015?
Ni igiki wiyemeje gukora mu mwaka wa 2015?

Kupwa ubwanya kumwipangula madingi mene akapa mulunda nandi.
Woshobora rero guca umubaza impanuro yoha uwo mugenzi wiwe.

Lelo kwakamwa Leza i bika, ne kufwaninwe kukwasha namani mutyima wetu wa mundamunda?
Gutinya Imana bisobanura iki, kandi bigira ico bikoze gute ku ngingo dufata?

Mutumibwa Polo wāsonekele amba: "Ne kadi, pampikwa lwitabijo kebibwanikapo kusangaja Leza, mwanda yewa umufwena ufwaninwe kwitabija'mba udi'ko ne amba upalanga mpalo boba bamukimba na mikeketo."
Intumwa Paulo yanditse ati: "Ata kwizera ntibishoboka [guhimbara Imana] rwose, kuko uwegera Imana ategerezwa kwemera yuko iriho be n'uko ihemba abayironderana ubwira."

Kakuli coko ya ka i bubebe, mi mulwalo wa ka ha u na bukiti."
Kukw'ingata yanje itababaza, n'umutwaro wanje uhwahutse" (Matayo 11:28-30).

Ukufuma pali nomba walaba umulondo wa bantu."
Guhera ubu uzohora uroba abantu ari bazima."

Yesu washilula'mba: "Muntu umo wadi na bana babidi bana-balume.
Yezu yongera ababwira ati: "Habaye umuntu yari afise abahungu babiri.

Mulelinganya ifyo bacitile pa fintu fimo ku fyo mwingacita nga ni mwe.
Nugereranye ukuntu bavyifashemwo mu bihe binaka n'ukuntu wewe wari kuvyifatamwo.

Pali iyo nshita ukwishiba kwine kwine "kukafula." - Dan.
Ico gihe kigeze, ubumenyi nyakuri 'bwogwiriye.' - Dan.

Kanshi mulingile ukuba abatekanya kabili tamulingile ukunenuka ilyo mulesambilisha abana benu.
Ni co gituma ukwiye kwihangana no kwumirako igihe wigisha abana bawe.

Pa numa ya nshiku shine, bamunyina bamo balimwebele uko naali.
Haciye imisi ine, hari abavukanyi bamubwiye iyo nari ndi.

I kitatyi'ka kyotwalombele dya mfulo kya pamo ami ne mwinē pami?
Mperuka ryari gutura isengesho ndi kumwe n'uwo twubakanye?

Ba Bebe balitemwanene sana na bawishi.
Bebe yarakundana cane na se wiwe.

Twalishiba bwino icebo ca kwe kabili twalyumfwikisha icine pali Lesa na pa bufwayo bwakwe.
Turafise ubumenyi butagira amakosa bwerekeye Ijambo ryayo kandi turatahura neza ukuri kuyerekeye be n'imigambi yayo.

Pamo bwa Mata, le i mwanda'ka usangaja otengēle kukemwena kumeso'ku?
Nka kumwe kwa Marita, ni igiki witeganye umushasharo?

Twafwainwa kwikala na bulunda bwakosa ne aye.
Dutegerezwa kugiranira na we ubucuti bwiza.

Nalibuulile Bamayo ati: "Mwibombomana.
Nabwiye mawe nti: "Ntugire ikibazo.

Icebo ca kwa Lesa citila: "Umutima e wishiba ukucula kwa muntu umwine, no kusekelela kwa uko umuntu umbi teshiba."
Ijambo ry'Imana rigira riti: "Umutima w'umuntu urazi ukudundumirwa kwiwe, kandi nta w'ahandi azokwisuka mu munezero wiwe."

Nomolwaasho "keshe eshi sha shangwa nale, osha shangelwa elongo letu, opo tu kale tu neteelelo hali di melididimiko nomehekeleko lomomishangwa."
Nta nkeka rero ko "ivyanditswe kera vyose vyanditswe kugira bitwigishe, kugira ngo biciye ku kwihangana kwacu no ku ruhoza ruva mu Vyanditswe tugire icizigiro."

Omolwashike Moses a li e na uushili kutya ota ka pewa ondjambi?
Ni kubera iki Musa yari yizigiye ata mazinda ko yoronse impembo?

Bushe kuti mwayafwa shani abana benu ukushininkisha ukuti ifyo balesambilila mu Cebo ca kwa Lesa fya cine?
Wofasha gute abana bawe kujijuka ku vyo biga mw'Ijambo ry'Imana?

Ba mulume ne mukaji bafwaninwe kwikala besonge, shi mityetye i myaka ibidi.
Abubakanye bategerezwa kuba bamaze n'imiburiburi imyaka ibiri bubakanye.

Bushe ubupilibulo bwe shina lya kwa Lesa kuti bwalenga mwaba shani ne citetekelo icakosa?
Ni mu buryo ki insobanuro y'izina ry'Imana ikomeza ukwizera kwacu?

3 Naashi tave shi mu ningile, osheshi inava shiiva Tate, vo kave shii nge.
3 Kandi ivyo bazobikora kuko batamenye Data, nanje ntibamenye.

Kanshi, kuti bakabila ubwafwilisho nalimo pa nshita iinono nangu pa nshita iitali. *
Inyuma y'aho, hari aho vyokenerwa ko abavyeyi bamara igihe gito canke kirekire bafashwa. *

Nalabumba uwa kumwafwa, kabili umunankwe."
Ngiye kumukorera umufasha bikwiranye."

Bushe mumona shani umulimo wa nshita yonse?
Ubona gute umurimo w'igihe cose?

Tapali imipepele iyo nacetekele.
Nta dini na rimwe nari ncemera.

18 Shi ino ntanda ibemushikwe, muyukile amba yanshikilwe bidi amiwa kumeso kwa kwimushikwa banwe.
18 Isi ni yabanka, mumenye ko jewe yabanje kunyanka, itarabanka.

Lesa takwata umukashi uo akwata nankwe abana.
Imana ntigira umugore bavyaranye abana.

ukwishiba amalembo ya mushilo?
kumenya ivyanditswe vyeranda?