# bhw/2016082.xml.gz
# run/2016082.xml.gz


(src)="1"> © 2016 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
(trg)="1"> © 2016 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

(src)="2"> Syap ine nefarḇaḇyan ḇa , ma inema ḇar ro fararur farkarkor Refo ḇero supswan ḇesiper sisaramperna kuker farsarser ro sne ḇemarisen .
(trg)="4"> Kiraremesha abantu ngo bizere Yezu Kristu , uwapfuye kugira ngo dushobore kuronka ubuzima budahera kandi ubu akaba aganza ari Umwami w’Ubwami bw’Imana .

(src)="3"> Wamarisen buk farsarser ido , mam ro www.jw.org / bhw .
(trg)="9"> Wipfuza gutanga intererano , nuje kuri www.jw.org .

(src)="4"> Mnuk ḇeḇeyun ro syap Ibrani sefararwei wosna ro Kitab Suci Terjemahan Dunia Baru , ma sapna kada , oroba ido mnuk ḇeḇeyun ro syap Yunani sunna ro ḆAḆEASAS BABO Wos Ḇyak ro Rasras .
(trg)="10"> Kiretse aho vyerekanywe ukundi , amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha , yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none .

# bhw/2016084.xml.gz
# run/2016084.xml.gz


(src)="2"> ” Allah ifawi roi ḇepyum kaku ḇeko . . . .
(trg)="1"> IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

(src)="3"> Wakanes . . . ker . . . awer . ”
(trg)="2"> “ Ihorere sha , Imana ni yo yabishatse . ”

(src)="4"> Wos nane siwos fasis ro kneram ḇin oso ḇenir ḇe Bebe .
(src)="5"> Fafisu ya isya ro karamram kma ḇyedi , ḇemar snar kecelakaan oto .
(trg)="3"> Ayo majambo yongorewe umugore yitwa Bebe ku maziko ya se wiwe yari yahitanywe n’isanganya ry’imodoka .

(src)="6"> Bebe fyanam kaku kuker kmari .
(trg)="4"> Bebe yarakundana cane na se wiwe .

(src)="7"> Karier ma bati ḇyesi sḇuk wos sneprei ḇe i , ḇape Bebe ḇyabir wos sena nḇuk sneprei ḇe i ḇa boi nafrurfa ḇyesneso .
(trg)="5"> Ayo majambo yayabwiwe n’umugenzi yibaza ko ariko aramuremesha , ariko aho kumuremesha yarushirije kumusonga .

(src)="8"> Dawos ro mankundi bo ikofen , ” Marmar ḇyedi iso roi ḇepyum ḇaḇeri . ”
(trg)="6"> Bebe yaguma yibwira ati : “ Imana si yo yabishatse . ”

(src)="9"> Taun - taun ḇyenande ramnai , Bebe fyas kaḇer sarisa ani ro syap oso .
(src)="10"> Ro fasfas ḇyeja , nasnaibos kaku snar ḇyefafardun kaker .
(trg)="7"> Haciye imyaka , igihe Bebe yavuga ivy’urwo rupfu mu gitabu kimwe , vyaragaragaye ko yari agifise intuntu .

(src)="11"> Raris komam ro Bebe i , na fasaw ḇa fa snonkaku oso imnai ro fafardun ḇyedi , iḇye syadiwer rofyor snonkaku ḇemar kwar ani iso snonkaku iswar kaku .
(trg)="8"> Nk’uko Bebe yavyiboneye , bifata igihe kirekire kugira ngo umuntu akire intuntu na canecane igihe aba yabuze incuti ishika .

(src)="12"> Ro Refo , marmarya sapna ḇe ” mbroḇ ḇepupes ” .
(trg)="9"> Bibiliya ivuga itabesha ko urupfu ari “ umwansi wa nyuma . ”

(src)="13"> ( 1 Korintus 15 : 26 ) Pok fa kokandenbur marmar ya ḇa , ma bisa fa nḇejadi ro fafisu nakam ma dun bur snonkaku koswar kaku sya .
(trg)="10"> Urupfu nta we rugera umutwe kandi kenshi rudutera tutiteguye rukadutandukanya n’abo twikundira .

(src)="14"> Inja kaku ya ine nafrur fa na koḇefafardun ma kofawi ḇa rariso kokren buro marmarya ma roi ḇeḇewari ya .
(trg)="11"> Nta n’umwe adashikirwa n’ingaruka zarwo .
(trg)="12"> Ntibitangaje rero kubona tubura uko twifata igihe tubuze uwacu .

(src)="15"> Imbude na wakara : ’ Fafisu risai sne ḇefafardun ine na ḇyenande ?
(trg)="13"> Ushobora kuba umaze kwibaza uti : ‘ Iyo umuntu abuze amara igihe kingana gute atuntuye ?

(src)="16"> Rariso snonkaku oso na ifrur mnis fafardun ḇyedi ?
(trg)="14"> Yokwihanganira gute intuntu ?

(src)="17"> Rariso na yaḇuk sneprei ḇe snonkaku ḇefafardun sya ?
(trg)="15"> Noshobora gute kuremesha uwabuze uwiwe ?

(src)="18"> Saneraro ḇepyum isya faro snonkaku koswar ḇemar kwar sya ke ? ’
(trg)="16"> Hoba hari icizigiro ku bacu bapfuye ? ’

# bhw/2016085.xml.gz
# run/2016085.xml.gz


(src)="1"> AWAWOS ḆEPON YA | ROFYOR SNONKAKU WASWAR KAKU OSO IMAR
(trg)="1"> IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO | IYO UWAWE APFUYE

(src)="2"> Ras oso ḇekandera snar wasma dafduf ke ? ­
(trg)="2"> Woba urigera ufatwa n’indwara imara igihe gito ?

(src)="3"> Imbude na waprei fasaw inja ḇefnder kwar fafisu ya .
(trg)="3"> Kumbure waranyarutse gukira mbere ukaba utacibuka n’ivy’iyo ndwara .

(src)="4"> Ḇape , fafardun ya imnis rariryaḇa .
(src)="5"> Dr .
(trg)="4"> Ariko intuntu iva ku kubura uwawe yo si ko imeze .

(src)="6"> Alan ­ Wolfelt fyas ro syap Healing a Spouse’s Grieving ­ Heart , ” Roi oso ḇaḇeri na ’ ḇefrur mnai ’ fafardun ya .
(src)="7"> Ḇape ­ orasya ḇyenande ma kuker sansonem ro kina ma ḇesesya , fafardun ya nari napromes . ”
(trg)="5"> Mu gitabu canditswe na muganga Alan Wolfelt kivuga ivy’intuntu iterwa n’ukubura uwo mwubakanye , yavuze ati : “ Nta kintu kigoye nko gukira bene iyo ntuntu , ariko uko haca igihe kandi abandi bakagufata mu mugongo , iragabanuka bukebuke . ”

(src)="8"> Imnis raris , wawasen kada rosai ḇeḇejadi ro ­ patriark Abraham i rofyor swari ryoburi .
(trg)="6"> Nk’akarorero , raba uko Aburahamu yamerewe igihe umugore wiwe yapfa .

(src)="9"> Ro ­ fasfas Refo ḇeknam kaku ya , ikofen snar ­ ” Abraham ­ ḇyerak fa ḇyefafardun ma kyanes Sara i . ”
(trg)="7"> Igisomwa co mu ntango ca Bibiliya kivuga ko Aburahamu ‘ yatanguye kuborogera Sara no kumuririra . ’

(src)="10"> Wos ” ḇyerak fa ” kyurfasna fyandun oras fa iprei ro ­ fafardun ya .
(trg)="8"> Kuba bivugwa ngo “ yatanguye ” vyerekana ko vyafashe igihe kugira ashobore kuvyihanganira .

(src)="11"> * Contoh ḇese iso Yakub i , sankar i ­ fa ikyar snar romawa ḇyedi Yusuf i aiwan ḇeyan ḇepek oso myuni fa imar .
(trg)="9"> * Akandi karorero ni aka Yakobo , uwahenzwe ko umuhungu wiwe Yozefu yagandaguwe n’igikoko .

(src)="12"> Ḇyefafardun ” fafisu ras ḇe ras ” , ma kina ḇyesi jadiḇa fa sḇuk sneprei ḇe i .
(trg)="10"> Yaramuririye “ imisi myinshi , ” kandi nta n’umwe mu muryango wiwe yashoboye kumuhoza .

(src)="13"> Taun ḇeḇeso ramnai , marmar Yusuf ḇyedi pok fa ḇyefnderna ḇa . ​ — Kejadian 23 : 2 ; 37 : 34 , 35 ; 42 : 36 ; 45 : 28 .
(trg)="11"> N’inyuma y’imyaka itari mike , urupfu rwa Yozefu rwari rukimubabaje . ​ — Itanguriro 23 : 2 ; 37 : 34 , 35 ; 42 : 36 ; 45 : 28 .

(src)="14"> Rarirya kako ro baboine snonkaku ḇebor ­ sfafardun snar snonkaku sfanam si srobur si .
(trg)="12"> Aburahamu yaratuntujwe n’urupfu rw’umugore wiwe Sara
(trg)="13"> Ivyo ni ko biri no muri iki gihe ku bantu benshi babuze uwabo .

(src)="15"> Kwarapan contoh risuru ine .
(trg)="14"> Rimbura ubu burorero bubiri .

(src)="16"> ” Snonswa ayedi , Robert i , imar ro 9 Juli 2008 .
(trg)="15"> “ Umugabo wanje Robert yapfuye itariki 9 Mukakaro 2008 .

(src)="17"> Ro arwo fafisu roi ḇemun ḇeḇekuri ya , imnis kuker ras - ras ḇesena .
(trg)="16"> Uwo musi w’isanganya wari umeze nk’iyindi misi yose .

(src)="18"> Rofyor rya fa fyararur ḇaime ­ nunan ro arwo ya ramnai , nusyum yaye nu , nufor nu , ma nukofen ’ yaswar au ’ .
(trg)="17"> Duhejeje kwivuna umusase nk’uko twari dusanzwe tubigira , imbere y’uko aja ku kazi twaragumbiranye turasezerana .

(src)="19"> Taun riwonem ­ ḇyenande , ḇape yaḇefafardun kaker .
(trg)="18"> Naho haciye imyaka itandatu , ndacumva intuntu mu mutima .

(src)="20"> Yabor ya - ḇerari pok fa yaḇefnder Rob marmar ḇyedi ḇa . ” ​ — Gail , ḇyeumur 60 .
(trg)="19"> Sinzi ko iyo ntuntu izokwigera ihera . ” ​ — ​ Gail w’imyaka 60 .

(src)="21"> ” Yemir ro taun ri 18 kwar kuker binswa ayedi ḇa , ḇape yamander kaker i ma yaḇefafardun snar ryobur aya .
(trg)="20"> “ Naho haciye imyaka 18 mbuze umukenyezi wanje nikundira , ndacamukumbura kandi ndacafise intuntu .

(src)="22"> Fafisu yamam moḇ ḇepyum ido na yaswarepen ḇeri ḇe i , ma yawasen na imarisen kaku fa myam rosai yamam na . ” ​ — Etienne , ḇyeumur 84 .
(trg)="21"> Igihe cose mbonye akantu kandyohera nca ndamwibuka .
(trg)="22"> Nca niyumvira ingene yari kumererwa iyo aza kubona ako kantu . ” ​ — Etienne w’imyaka 84 .

(src)="23"> Inja ḇaḇesneso ma sneḇaḇir ḇeradirya inema sneḇaḇir ro snonkaku ḇaken saprop dirya .
(trg)="23"> Biraboneka ko kumarana intuntu igihe kirekire ari ikintu gisanzwe .
(trg)="24"> Twese ntitugaragaza umubabaro cokimwe .

(src)="24"> Snonkaku oser - oser fyasna fafardun ḇyedi kuker nyan ḇeḇese faro roi ḇeḇyeḇa ḇekur si , ma ipyumḇa fa koḇemankara si .
(trg)="25"> Ku bw’ivyo ntibiranga ubukerebutsi kunegura uburyo umuntu avyifatamwo igihe ashikiwe n’ivyago .

(src)="25"> Mankun ko kako , na pok fa koḇuk sasar ya ḇe mankun ko awer rofyor koḇaḇir koḇefafardun fafaya ḇa .
(trg)="26"> Ariko kandi ntidukwiye kwiyagiriza bishitse tukabona umengo twarengeje urugero igihe tubuze uwacu .

(src)="26"> Rariso na kofrur mnis fafardun koḇena rai ?
(trg)="27"> None twokwihanganira gute intuntu iva ku kubura ?

(src)="27"> Abraham romawa ḇyedi Isak i kako ḇyefafardun kawan kaku .
(trg)="28"> Izahaki umuhungu wa Aburahamu na we nyene yaramaze igihe atuntuye .

(src)="28"> Raris ḇeḇefas ro artikel “ Tirulah Iman Mereka ” ro syap ine , awin ḇyedi Sara i imar ro swaf taun rikyor kwar ḇape Isak ḇyefafardun kaker . ​ — Kejadian 24 : 67 .
(trg)="29"> Nk’uko biboneka muri iki kinyamakuru mu kiganiro “ Niwigane ukwizera kwabo , ” n’inyuma y’imyaka itatu nyina wiwe Sara apfuye , Izahaki yari agifise intuntu . ​ — Itanguriro 24 : 67 .

# bhw/2016086.xml.gz
# run/2016086.xml.gz


(src)="1"> AWAWOS ḆEPON YA | ROFYOR SNONKAKU WASWAR KAKU OSO IMAR
(trg)="1"> IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO | IYO UWAWE APFUYE

(src)="2"> Farkankin nabor naisya kuker roi ine .
(trg)="2"> Havugwa ibintu vyinshi ku bijanye n’uko umuntu yovyifatamwo .

(src)="3"> Ḇape nakam - ḇa nefainda .
(trg)="3"> Ariko si vyose bishobora kudufasha .

(src)="4"> Imnis raris ono sisya sikofen ḇe au fa wakanes ker awer ḇaido wafasna sneḇaḇir bedi kuker nyan sairiryakam awer .
(trg)="4"> Nk’akarorero , hari aboshobora kuvuga ko udakwiye kurira canke kwerekana umubabaro mu buryo na bumwe .

(src)="5"> Ono ḇese imbude sedif au fa wafrur roi ḇeḇese ma fasna sneḇaḇir bedi monda .
(trg)="5"> Abandi na bo boshobora kukuremesha kugaragaza umubabaro wawe uko ushoboye kwose .

(src)="6"> Refo ḇyuk mamam ḇemnis kaku kuker roi ine , ma fawawi dunya ro baboine nesonem na .
(trg)="6"> Bibiliya iratwereka ingene twovyifatamwo mu buryo buri ku burimbane , mbere bushigikirwa n’ivyo abahinga bavuga .

(src)="7"> Ro kebudayaan ḇeḇeso skara ḇo sobe ipyumḇa fa snon sya skanes .
(trg)="7"> Mu mico imwimwe bavuga ko amarira y’umugabo atemba aja mu nda .

(src)="8"> Ḇape kaku ya , fandun fa komai fa kokanes , syadiwer ro ḇarpon kawasa sya ke ?
(trg)="8"> Ariko none hoba hari impamvu yo guterwa isoni no kurira n’aho abantu boba babona ?

(src)="9"> Snonkaku ḇena fawawi ro kesehatan mental sikofenḇadir snar kankanes ima roi snonkaku sya na sifrurna rofyor sfafardun .
(trg)="9"> Abahinga mu vy’amagara yo mu mutwe bavuga ko kurira bishobora kugufasha igihe wabuze .

(src)="10"> Ma fasna fafardun ro fafisu ya , na nafnoḇek au fa wasambraḇ pdef ro ḇaḇesneso bedi .
(trg)="10"> Uko haca igihe urashobora kurengera umubabaro ukomeye ufise maze ubuzima bukabandanya .

(src)="11"> Imbape , koḇensewar fa kodwarek sneḇefafardun na nun samswen syadi .
(trg)="11"> Kwirengagiza uwo mubabaro umuntu afise vyovyo birashobora kumugirira nabi aho kumufasha .

(src)="12"> Refo ikofenḇadirḇa snar sasar ḇaido ipyumḇa fa kokanes rofyor kofafardun .
(trg)="12"> Bibiliya ntishigikira iciyumviro c’uko ari bibi kurira canke ko bitaranga ukwigumya .

(src)="13"> Kwarapan contoh ro Yesus i .
(trg)="13"> Rimbura nk’akarorero ivyashikiye Yezu .

(src)="14"> Nya samambraḇ fa ḇyawes kaḇer snonkaku ḇemar sya , ḇape Yesus kyanes ro ḇarpon kawasa sya rofyor bati ḇyedi Lazarus imar ! ​ — Yohanes 11 : 33 - ​ 35 .
(trg)="14"> Igihe umugenzi wiwe Lazaro yapfa , yararize naho yari afise ubushobozi bwo kuzura abapfuye . ​ — Yohani 11 : 33 - 35 .

(src)="15"> Na snonkaku sya simsor rofyor sefafardun snar snonkaku siswar kaku imar ro fafisu skara ḇa .
(trg)="15"> Kuza urashavura ni ikindi kintu gikunze gushika na canecane iyo urupfu rushitse tutari tuvyiteze .

(src)="16"> Roi nabor naisya ḇefrur fa snonkaku ḇefafardun sya simsor , imnis raris srower wos ḇepyum ḇa ro snonkaku sesyowi sya .
(trg)="16"> Ivyo biterwa n’impamvu nyinshi , nk’igihe umuntu yubahwa abwiye uwabuze uwiwe amajambo atiyumviriye canke ivyiyumviro bitagira ishingiro .

(src)="17"> Snon Afrika Selatan oso ḇenir ḇe Mike ikofen , ” Yaḇeumur 14 taun rofyor Kamam yedi ryoe .
(trg)="17"> Mike wo muri Afrika y’Epfo avuga ati : “ Dawe yapfuye mfise imyaka 14 gusa .

(src)="18"> Rofyor imḇe sikram i , pendeta Anglikan ikofen snar Allah fyandun snonkaku ḇepyum ma dun fasaw si .
(trg)="18"> Turi ku maziko , umupasitori w’umwangilikani yavuze ko Imana ikenera abantu beza kandi ko ica ibatwara hakiri kare .

(src)="19"> * Wos ine nafrur fa yamsor kaku snar nkofandun kaker Kamam nkoḇedi .
(trg)="19"> * Ivyo vyaranshavuje cane kubera ko dawe twari tumukeneye cane .

(src)="20"> Kirine , swaf taun ri 63 ḇyenande kwar mḇoi yaḇesneso kaker . ”
(trg)="20"> Naho haciye imyaka 63 ivyo bibaye , biracambabaza cane . ”

(src)="21"> Rariso rofyor koḇaḇir koiso ḇefrur sasar ya ?
(trg)="21"> Bite ho ku biyagiriza ?

(src)="22"> Rofyor snonkaku siswar ya imar kanandor si , snonkaku oso na kyara , ’ Yafrur roi oso kada roi ine na ndariryaḇa ’ .
(trg)="22"> Igihe urupfu rushitse bukwi na bukwi , uwabuze arashobora kwiyumvira ati : “ Iyo ngira iki canke kiriya kumbure ntiyari gupfa . ”

(src)="23"> Ḇaido swaf ḇepupes ya imbude muwawosyaye mu .
(trg)="23"> Canke na ho umusi muherukanirako mukaba mwarashwanye .

(src)="24"> Ine na nafrur fa wafafko rawo sne ḇedi ḇyuk sasarya ḇe mankundaw .
(trg)="24"> Ivyo vyoshobora gutuma urushiriza kwiyagiriza .

(src)="25"> Rofyor masasor ma sne ḇefafko nakyarn swaruser ḇena ido , pok fa wakram na awer .
(trg)="25"> Nimba ukwiyagiriza canke ishavu biguma bikubuza amahoro , ntuvyigumizemwo .

(src)="26"> Ipyum syadi wawos kuker ḇati oso nari ḇerower ma ḇeḇuk kakakyar ḇe au snar sneḇaḇir ḇeradine snonkaku ḇefafardun sya sḇaḇir na kako .
(trg)="26"> Ahubwo , nubiyagire umugenzi .
(trg)="27"> Arashobora kukwumviriza akagusubiriza umutima mu nda ko kwiyumva gutyo ari ibintu vyama vyabaye ku babuze ababo .

(src)="27"> Refo ḇyuk swarapepen ḇeko , ” Bati ḇekaku fyasna saswar ya ro oras nakam , ma ḇyemanḇekanaek koḇedi ro fafisu ḇesamswen . ” ​ — Amsal 17 : 17 .
(trg)="28"> Bibiliya itwibutsa iti : “ Umugenzi nyakuri akundana igihe cose , kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’amarushwa . ” ​ — Imigani 17 : 17 .

(src)="28"> Bati ḇepyum kaku faro snonkaku ḇefafardun oso iso Manḇeḇedaw koḇedi , Allah Yahwe I .
(trg)="29"> Yehova Imana ni we mugenzi mwiza aruta abandi woshobora kugira .
(trg)="30"> Numusukire ibiri mu mutima wawe kuko ‘ akubabaye . ’

(src)="29"> Wakofenḇadir roi ḇero snemun bedi faro I ro nadi snaro ” i ḇefaduru mko . ”
(trg)="31"> Vyongeye asezeranira abamwitura bose kubaha “ amahoro y’Imana arengeye ukwiyumvira kwose . ”

(src)="30"> ( 1 Petrus 5 : 7 ) Ibasyadiwer , ḇyeasas snonkaku ḇefrur rarirya nari swaruser ma sneḇaḇir sena naknon snar ” saswar - ḇaḇye ro Allah , ḇesyadi ro kakara ” .
(trg)="32"> Ivyo bizotuma baremururwa mu mutima .

(src)="31"> ( Filipi 4 : ​ 6 , 7 ) Kako , iḇye kada Allah ifnoḇek au roro Wos sren ḇyedi ḇeḇuk sneprei , Refo ya .
(trg)="33"> N’ikindi Imana irashobora kuguhumuriza biciye kw’Ijambo ryayo Bibiliya .

(src)="32"> Fas mnuk - mnuk ḇeḇeso ḇeḇuk sneprei .
(trg)="34"> Niwiyandikire ahantu ivyanditswe biremesha .

(src)="33"> ( Mam kotak ro baḇ ya ) .
(trg)="35"> ( Raba uruzitiro ruri kumwe n’iki kiganiro . )

(src)="34"> Imbude na wamarisen fa wawasen kaḇer na .
(trg)="36"> Hari aho vyoba vyiza ufashe ku mutwe ivyanditswe bike muri ivyo .

(src)="35"> Wafrur rarirya na nafnoḇek au rofyor wemir ro roḇ ya ma waḇor wenef rari . ​ — ​ Yesaya 57 : 15 .
(trg)="37"> Kuzirikana kuri ivyo vyanditswe birashobora kugufasha na canecane mw’ijoro igihe uri wenyene bikaba bigoye no gutora agatiro . ​ — ​ Yesaya 57 : 15 .

(src)="36"> Baboine , snon oso ḇeumur 40 taun oso , ḇenir ḇe Jack , binswa ḇyedi ryobur i snar dafduf kanker .
(trg)="38"> Umugabo yitwa Jack w’imyaka 40 aherutse kubura umugore wiwe ahitanywe na kanseri .

(src)="37"> Jack ikofen ro fafisu ya myander kaku swa ḇyedi .
(trg)="39"> Jack avuga ko hari igihe yicwa n’irungu .

(src)="38"> Ḇape nadi ya iso ḇesambrarḇser i .
(trg)="40"> Ariko isengesho riramufasha cane .

(src)="39"> Ikofen , ” Rofyor yaḇenadi ḇe Yahwe I , yaḇaḇir yemirḇa .
(trg)="41"> Avuga ati : “ Igihe cose nsenze Yehova sinigera numva irungu .

(src)="40"> Ro roḇ yakandor bo yakḇok ma yaḇor yenef rari .
(trg)="42"> Akenshi ndikangura mw’ijoro kandi sinsubira gusinzira .

(src)="41"> Ḇape ro - fyor yawasya ma yawasen wos ḇero Refo ya ramnai yaḇenadi yakofen roi ḇero snemun yedi , sne yedi iprei ma iknon kaku , nafrur fa sne ma swaruser ayena naknon inja bisa fa yenef wer . ”
(trg)="43"> Ariko maze gusoma nkongera nkazirikana ku vyiyumviro biremesha vyo muri Bibiliya hanyuma nkabwira Yehova mw’isengesho uko niyumva , ndatekana mu mutima no mu bwenge maze ngasubira gusinzira . ”

(src)="42"> Inkbor oso ḇenir ḇe Vanessa snari ryoburi snaro idufe .
(trg)="44"> Umugore akiri muto yitwa Vanessa yarabuze nyina ahitanywe n’indwara .

(src)="43"> I kako isma samambraḇ ro nadi ya .
(trg)="45"> Na we nyene yariboneye ububasha bw’isengesho .

(src)="44"> Ikofen , ” Ro fafisu ḇesamswen kaku yor monda Allah snonsnon ḇyedi ma yakanes .
(trg)="46"> Avuga ati : “ Igihe naba ndi mu bihe bigoye napfa kuvuga izina Yehova amosozi akantanga hasi .

(src)="45"> Yahwe ryower nadi ayena ma ḇyuk samambraḇ yafandun na ḇesya kwar . ”
(trg)="47"> Yehova yarumviriza amasengesho namutura kandi imisi yose yarampa inkomezi naba nkeneye . ”

(src)="46"> Psikolog sya sḇuk ananun faro snonkaku ḇefafardun sya insama sifnoḇek snonkaku ḇese ḇaido sḇuk oras sena fa sfarmyan faro kawasa kam .
(trg)="48"> Abatanga impanuro mu bijanye n’ukwihanganira intuntu bamwebamwe bahanura abumva barengewe n’intuntu ko bofasha abandi canke bakitanga mu gufasha ababanyi .

(src)="47"> Si - frur roi ine na nḇuk marasrisen ḇesi ma na napyos sne ḇefafardun sena .
(trg)="49"> Ivyo bituma bene kubura bahimbarwa kandi bakumva baruhuriwe .

(src)="48"> ( Farfyar Ro Manwawansya 20 : 35 ) Snonkaku Kristen ḇebor ḇefafardun sya sisma sneprei ḇeba kaku snar sifnoḇek snonkaku ḇese sya . ​ — 2 Korintus 1 : ​ 3 , 4 .
(trg)="50"> Abenshi mu bakirisu babuze ababo basanze gufasha abandi bibahumuriza cane . ​ — 2 Abakorinto 1 : 3 , 4 .

(src)="49"> Inema farkarkor ḇeknam ro Refo isyaḇa .
(src)="50"> Refoya fyasnaḇadir roi ri - kyor ḇefnai marmar ya . ​ — Pengkhotbah 9 : ​ 11 ; Yohanes 8 : ​ 44 ; Roma 5 : ​ 12 .
(trg)="51"> Ivyo si vyo Bibiliya yigisha kuko yo yerekana impamvu zitatu zituma abantu bapfa . ​ — Umusiguzi 9 : 11 ; Yohani 8 : 44 ; Abaroma 5 : 12

(src)="51"> Allah ḇyaḇir ḇaḇekandera wasmana . ​ — Mazmur 55 : 22 ; 1 Petrus 5 : 7 .
(trg)="52"> Imana iratahura umubabaro ufise . ​ — Zaburi 55 : 22 ; 1 Petero 5 : 7 .