# alt/2018240.xml.gz
# run/2018240.xml.gz


(src)="1"> 3 « Ол арыган кижиге ийде берет »
(trg)="1"> 3 Baritanze babikunze ​ — Muri Madagaskari

(src)="2"> Јӱрӱмниҥ кӱчтеринеҥ улам кезикте ийде - кӱчис јетпей барат .
(trg)="2"> 7 “ Aha ububasha uwurushe ”
(trg)="3"> Iyo turengewe n’imikazo yo mu buzima , twokora iki ?

(src)="3"> Бу јӧрмӧлдӧ 2018 јылдыҥ ӱлгери шӱӱжилет .
(src)="4"> Анайда ок биске нениҥ учун Иегованыҥ болужы керек ле ол канайып ийде - кӱч берип турганы јарталат .
(trg)="4"> Iki kiganiro kiraca irya n’ino icanditswe c’umwaka wa 2018 kandi kirerekana igituma dukeneye inkomezi ziva kuri Yehova be n’ingene azituronsa .

(src)="5"> 9 Кайраканныҥ Эҥири Кудайдыҥ албатызын бириктирет
(trg)="5"> 12 Icibutso kiratuma twunga ubumwe

(src)="6"> Христостыҥ божогон кӱнин кажы ла јыл эске алар Эҥир 2018 јылда тулаан айдыҥ 31 - чи кӱнинде , субботто ӧткӱрилер .
(trg)="6"> Muri uyu mwaka , Icibutso c’urupfu rwa Kristu kizoba ku wa gatandatu , itariki 31 Ntwarante 2018 .

(src)="7"> Бис бу туштажуга бӱгӱнги ле кӱннеҥ ала канайып белетенер аргалу ?
(trg)="7"> Twokwitegurira gute ico Cibutso , tuzohungukira gute nitwacitaba , kandi urwo rubanza ruba buri mwaka rufasha gute abasavyi b’Imana aho bari hose kwunga ubumwe ?

(src)="8"> Бу туштажуны нениҥ учун божотпос керек ?
(trg)="8"> Iki kiganiro kirishura ivyo bibazo .

(src)="10"> 15 Ончо неме Кудайдыҥ болордо , бис ого нени берер аргалу ?
(trg)="9"> 17 Kubera iki twoha Umwe afise vyose ?

(src)="11"> Бистеги бар ончо неме Иегованаҥ болот .
(trg)="10"> Ivyo dufise vyose biva kuri Yehova .

(src)="12"> Је ол , андый да болзо , бойыныҥ ишчилерин бӱгӱнги кӱнде оныҥ организациязыныҥ ижине акча - јӧӧжӧзиле јӧмӧшсин деп кӱӱнзейт .
(trg)="11"> Ariko rero , yiteze ko dukoresha ubutunzi bwacu mu gushigikira igikorwa ishirahamwe ryiwe rirangura muri iki gihe .

(src)="13"> Бу јӧрмӧлдӧ Иегованы берӱлерисле тооп турганыс биске кандый туза экелип турганы шӱӱжилет .
(trg)="12"> Iki kiganiro kirerekana igituma twungukira ku gutera iteka Yehova dukoresheje ibintu vyacu vy’agaciro be n’ingene twobigenza .

(src)="14"> 21 Кандый сӱӱш чын ырысты экелет ?
(trg)="13"> 22 Ni urukundo nyabaki ruzana agahimbare nyakuri ?

(src)="15"> 27 Кудайга иштеп турган ла Кудайга иштебей турган улустыҥ нези башка ?
(trg)="14"> 27 Ubudasa hagati y’abakorera Yehova n’abatamukorera

(src)="16"> Баштапкы јӧрмӧлдӧ бу « калганчы кӱндерде » таркап калган бойын сӱӱрине кӧрӧ , Кудайды сӱӱри бисти канайып чыннаҥ ла ырысту эдет дегени шӱӱжилет ( 2 Тим .
(trg)="15"> Ikiganiro ca mbere kirerekana ko agahimbare nyakuri katava ku rukundo rutari rwo rwiraye muri iyi “ misi ya nyuma , ” ahubwo ko kava ku gukunda Imana .
(trg)="16"> Ikiganiro ca kabiri kirerekana ingene ingeso ziranga abantu bo mu misi ya nyuma zitandukanye cane na kamere abasavyi b’Imana bagaragaza .

(src)="17"> 3 : 1 ) .
(trg)="17"> 32 Wari ubizi ?

# alt/2018242.xml.gz
# run/2018242.xml.gz


(src)="1"> 2018 јылдыҥ ӱлгери : « Иеговага иженип тургандар јаҥыдаҥ ийде - кӱч алынар » ( ИСА .
(trg)="1"> Icanditswe c’umwaka wa 2018 : “ Abizigira Yehova bazosubira kugira ububasha . ” ​ — YES .

(src)="2"> 40 : 31 ) .
(trg)="2"> 40 : 31 .

(src)="3"> КОЖОҤДОР : 3 , 47
(trg)="3"> INDIRIMBO : 3 , 47

(src)="4"> Исаия 40 : 26
(trg)="4"> Yesaya 40 : 26

(src)="5"> Матфей 11 : 28 — 30
(trg)="5"> Matayo 11 : 28 - 30

(src)="6"> 2 Коринфтегилерге 12 : 9 , 10
(trg)="6"> 2 Abakorinto 12 : 9 , 10

(src)="7"> Бистерде кандый кӱчтер болот , је Иегова бойыныҥ чындык ишчилерин кӧрӱп , нениҥ учун сӱӱнет ?
(trg)="7"> Ni ingorane izihe dufise mu buzima , mugabo ni kubera iki Yehova ahimbarwa n’abasavyi biwe b’abizigirwa ?

(src)="8"> ( Јӧрмӧлдиҥ бажындагы јуруктарды кӧрӱгер . )
(trg)="8"> ( Raba ishusho itangura . )

(src)="9"> БУ ТЕЛЕКЕЙДЕ уур - кӱчтер кӧп деп , кажы ла кижи билер .
(trg)="9"> NK’UKO usanzwe ubizi , ubuzima bwo muri iyi si ntibubuzemwo ingorane .

(src)="10"> Кару ака - эјелер , уур - кӱчтер слердиҥ кажыгарда ла бар .
(trg)="10"> Benshi muri mwebwe bavukanyi na bashiki bacu twikundira mugendana indwara zikomeye .

(src)="11"> Кӧп сабагар јаан оорулардаҥ шыралайт .
(trg)="11"> Abandi na bo , naho bitereye mu myaka , babwirizwa kwitwararika incuti zabo zigeze mu zabukuru .

(src)="12"> Кезигер , јажыгар јаанап та калган болзо , карып калган тӧрӧӧндӧрин кичеейт .
(trg)="12"> Hari n’abandi bitorohera kuronsa imiryango yabo ivyankenerwa mu buzima .

(src)="14"> Је кезигерге мынаҥ да кӧп кӱчтерди ӧдӧргӧ келижет .
(trg)="13"> Kandi turazi ko hari benshi bahanganye n’ingorane nyinshi muri izo !

(src)="15"> Мындый кӱчтерде кӧп ӧй лӧ ийде - кӱч керек , анайда ок кӧп акча керек болот .
(trg)="14"> Ivyo vyose bisaba umwanya , inguvu be n’amahera .

(src)="16"> Је слер Кудайдыҥ берген сӧзи чын деп бир де алаҥзыбай јадыгар ла келер ӧйгӧ ижемјилӱ кӧрӧдигер .
(trg)="15"> Naho ari ukwo , urizigira ko ivyo Imana yasezeranye ari ntakekeranywa .
(trg)="16"> Uremera udakeka ko imbere ari heza .

(src)="17"> Анайып Иегованы сӱреен тыҥ сӱӱндиредигер !
(trg)="17"> Ukwo kwizera ufise gutegerezwa kuba guhimbara Yehova cane !

(src)="21"> 19 : 4 ; Иов 7 : 7 ) .
(src)="22"> Је олор бош салынардыҥ ордына , Иегованаҥ болуш сурап чӧкӧбӧгӧн , нениҥ учун дезе Кудай « арыган кижиге ийде берет » ( Иса .
(src)="23"> 40 : 29 ) .
(trg)="18"> Ni indemesho iyihe dusanga muri Yesaya 40 : 29 , ariko ni gute twoshobora kwihenda cane ?
(trg)="19"> Ariko none , vyoba bishika ukabona ko ingorane zo mu buzima zikurengeye cane ?

(src)="24"> Эмдиги ӧйдӧ Кудайдыҥ кезик ишчилериниҥ јӱрӱмде уур - кӱчтерди ӧдӱп чыгатан эҥ јакшы арга — « чындыктаҥ амыраары » деп сананганы ачынчылу .
(trg)="20"> Nimba bigushikira , si wewe wenyene .
(trg)="21"> Bibiliya yerekana ko abasavyi b’Imana b’abizigirwa ba kera vyashika kenshi bakihebura .

(src)="25"> Олордыҥ санаазыла болзо , христиан болоры сӱӱнчи эмес , карын уур јӱк болот .
(trg)="22"> Ariko rero , aho gutana n’akabando barihetse kuri Yehova kugira abakomeze .
(trg)="23"> Kandi yarabafashije kuko “ aha ububasha uwurushe . ”

(src)="26"> Андый ака - эјелер Кудайдыҥ Сӧзин кычырбай барган , анайда ок јуунныҥ туштажуларына ла јарлаар ишке барбай барган .
(trg)="24"> Ikibabaje , bamwebamwe mu basavyi b’Imana bo muri iki gihe , biyumviriye ko guhagarika gato gukorera Yehova vyobafasha guhangana n’ingorane zo mu buzima , nk’aho umengo ibikorwa umukirisu akora ni umuzigo , aho kuba umuhezagiro .

(src)="27"> Анайып , олор Сатананыҥ табын бӱдӱргендер !
(trg)="25"> Baciye rero bahagarika gusoma Ijambo ry’Imana , kwitaba amakoraniro be n’ubusuku , ivyo bikaba ari vyo nyene Shetani yipfuza .

(src)="28"> а ) Сатана бистиҥ ийде - кӱчисти јоголтпозын деп , нени эдер керек ?
(trg)="26"> ( a ) Twogira iki kugira Shetani ntaduce intege ?

(src)="29"> б ) Бис бу јӧрмӧлдӧ нени шӱӱп кӧрӧрис ?
(trg)="27"> ( b ) Twihweza iki muri iki kiganiro ?

(src)="30"> Бис кӧгӱс керектерди бӱдӱрип турзаас , ийде - кӱчтӱ болодыс .
(trg)="28"> Shetani ntiyipfuza ko tugira inkomezi , kandi arazi neza ko iyo dukorana umwete ibikorwa vya gikirisu turushiriza kugira inkomezi .

(src)="31"> Мыны Дьявол билер , оныҥ учун ол бисте ийде - кӱч јок болзын деп кӱӱнзейт .
(trg)="29"> Igihe rero wumva udendebukiwe ku mubiri no ku mutima , ntuhebe Yehova .

(src)="33"> Карын Кудайга јууктагар , ол слерди « кӱчтӱ , турумкай » эдер ( 1 Пет .
(src)="34"> 5 : 10 ; Иак .
(trg)="30"> Nurushirize kumwiyegereza , na we ‘ azogushikamisha , agukomeze . ’

(src)="35"> 4 : 8 ) .
(src)="36"> Бу јӧрмӧлдӧ Кудайдыҥ ижин эрчимдӱ бӱдӱрерин уйададып салатан эки уур - кӱчти шӱӱжерис , анайда ок бу уур - кӱчтерди ӧдӱп чыгарга болужатан библиялык принциптерди кӧрӧрис .
(trg)="31"> Muri iki kiganiro , turaza kurimbura ibintu bibiri bishobora gutuma dusubira inyuma mu murimo turangurira Imana , twongere turabe ingene gushira mu ngiro ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya vyodufasha .

(src)="37"> Је озо баштап Исаия 40 : 26 — 31 - де айдылганын кӧрӱп ийеектер .
(trg)="32"> Mugabo , reka tubanze turabe ingene Yehova ashobora kudukomeza nk’uko muri Yesaya 40 : 26 - 31 havyerekana .

(src)="39"> Исаия 40 : 26 - да бичилген сӧстӧрдӧҥ бис неге ӱренедис ?
(trg)="33"> Muri Yesaya 40 : 26 hatwigisha iki ?

(src)="40"> Исаия 40 : 26 - ны кычырыгар * .
(trg)="34"> Soma Yesaya 40 : 26 .

(src)="41"> Јер - телекейде бар - јок јылдыстарды кем де тоолоп болбой јат .
(trg)="35"> Nta n’umwe arashobora guharura inyenyeri ziriho .

(src)="42"> Билимчилердиҥ айтканыла болзо , јӱк Кардыҥ Јолы деген галактикада 400 миллиард кире јылдыстар бар .
(trg)="36"> Abahinga bavuga ko umubumbe wacu wonyene ushobora kuba urimwo inyenyeri zishika imiliyaridi 400 .

(src)="43"> Иегова кажы ла јылдыстыҥ адын билер .
(trg)="37"> Ariko Yehova wewe arazi izina ry’imwimwe yose .

(src)="44"> Бис мынаҥ неге ӱренедис ?
(trg)="38"> None ivyo bitwigisha iki ?

(src)="45"> Кудай тын јок јайаандарга ајару эдип турарда , слерге , Кудайды акту кӱӱнинеҥ сӱӱп тургандарга , канайып баштанып турганын сананып ийзеер ( Сар .
(trg)="39"> Nimba Yehova yitaho ibiremwa vyiwe bidafise ubwenge , hari akantu wewe umukorera ubitumwe n’urukundo , atari ku gahato !

(src)="46"> 19 : 1 , 3 , 14 ) .
(trg)="40"> Umuvyeyi wacu adukunda arakuzi neza .

(src)="47"> Теҥеридеги Адабыс бис керегинде ончоны билер .
(trg)="41"> ‘ N’imishatsi yo ku mutwe wawe arayiharura yose . ’

(src)="48"> Матфей 10 : 30 - та « бажыгардыҥ кылы да ончозы тоололып калган » деп айдылган .
(trg)="42"> Umwanditsi wa zaburi na we adukura amazinda ati : “ Yehova arazi imisi y’abantu batagira amahinyu . ”

(src)="49"> А Сарын 37 : 18 - теҥ « Иегова јек јок улустыҥ кӱндерин билет » деп кычырадыс .
(trg)="43"> Ego cane , arazi ingorane zidushikira , kandi arashobora kuduha inkomezi zo kuzihanganira .

(src)="51"> Иегова биске ийде - кӱч берер аргалу деп , нениҥ учун алаҥзыбайдыс ?
(trg)="44"> Twemezwa n’iki ko Yehova ashoboye kuduha inkomezi ?

(src)="52"> Исаия 40 : 28 - ти кычырыгар * .
(trg)="45"> Soma Yesaya 40 : 28 .

(src)="53"> Иегова — сӱреен јаан ийде - кӱчтиҥ Башталгазы .
(trg)="46"> Yehova ni we Sôko ry’inguvu zose .
(trg)="47"> Rimbura nk’akarorero inguvu yahaye izuba .

(src)="54"> Темдектезе , Кӱнниҥ берип турган јылузын сананып ийеектер .
(trg)="48"> Umuhinga akaba n’umwanditsi yitwa David Bodanis yavuze ko buri segunda izuba rirekura inguvu zingana n’izosohorwa n’ibibombe ruhonyanganda amamiliyaridi .

(src)="57"> Оныҥ учун Кӱнниҥ чогын берген Кудай бистерге де кандый ла кӱчти ӧдӧргӧ ийде берер аргалу деп алаҥзыбайдыс .
(trg)="49"> Uwundi mushakashatsi yaraharuye asanga mw’isegunda imwe gusa , izuba rirekura inguvu zishobora kuronsa umuyagankuba abantu bose bo kw’isi mu kiringo c’imyaka 200.000 !

(src)="58"> Иисустыҥ јӱгин нениҥ учун јеҥил деп айдарга јараар ?
(trg)="50"> None hari uwoharira ko uwahaye izuba izo nkomezi , ashobora kuduha inguvu dukeneye kugira ngo twihanganire ingorane zose zidushikira ?

(src)="59"> Мыны билгенис бисти неге кӱӱнзедет ?
(trg)="51"> Ni mu buryo ki ingǒgo ya Yezu yoroshe , kandi kubimenya bidufasha gute ?

(src)="60"> Исаия 40 : 29 - ты кычырыгар * .
(trg)="52"> Soma Yesaya 40 : 29 .

(src)="61"> Бис Иеговага иштегенистеҥ сӱӱнчи аладыс .
(trg)="53"> Gukorera Yehova bituma tugira umunezero .

(src)="62"> Иисус бойыныҥ ӱренчиктерине айткан : « Мен берер комутты бойыгарга кийип , Менеҥ ӱренигер . . .
(trg)="54"> Yezu yabwiye abigishwa biwe ati : “ Mwishireko ingǒgo yanje . ”

(src)="63"> Ол тушта . . . амыр табарыгар .
(trg)="55"> Yaciye yongerako ati : “ Muzokwumva muruhuriwe .

(src)="64"> Мен берер комут јакшы , Мен салар јӱк јеҥил » ( Матф .
(src)="65"> 11 : 28 — 30 ) .
(trg)="56"> Kuko ingǒgo yanje yoroshe , n’umutwaro wanje ukaba uhwahutse . ”

(src)="66"> Кандый чын сӧстӧр !
(trg)="57"> Emwe , yavuze ukuri nk’ukurima !

(src)="67"> Кезикте јуунныҥ туштажузына эмезе јарлаар ишке барарга , ийде - кӱчистиҥ јетпей турганын сезедис .
(trg)="58"> Birashobora gushika tukumva turushe iyo tuvuye muhira tugiye ku makoraniro canke mu ndimiro .

(src)="68"> Је јанып келзеес , нени сезедис ?
(trg)="59"> Mugabo none twiyumva gute iyo dutashe ?

(src)="69"> Кӱӱнис кӧдӱрилип , уур - кӱчтерди ӧдӧргӧ ийде - кӱчтӱ болуп каладыс .
(trg)="60"> Tuba twagaruye agatege , kandi twiteguriye guhangana n’ibigeragezo bidushikira .

(src)="70"> Чын , Иисустыҥ јӱги јеҥил !
(trg)="61"> Mu vy’ukuri , ingǒgo ya Yezu iroroshe !

(src)="71"> Матфей 11 : 28 — 30 - тагы Иисустыҥ сӧстӧриниҥ чынын кӧргӱзип турган учуралды куучындап беригер .
(trg)="62"> Tanga akarorero kerekana ko ibivugwa muri Matayo 11 : 28 - 30 ari ivy’ukuri .

(src)="72"> Бир эје , оныҥ ады Кемене болзын , јаантайын арып турар оорула оорыйт .
(trg)="63"> Mushiki wacu umwe twise Kayla afise indwara y’uburuhe budahera , akabonge be n’ukumeneka umutwe bidasanzwe .

(src)="73"> Ол јаантайын бажы оорып турганынаҥ ла депрессиянаҥ шыралап јат .
(trg)="64"> Ntibitangaje kubona rimwe na rimwe vyaramugora kwitaba amakoraniro .

(src)="74"> Оныҥ учун христиан туштажуларга барарга , ого кезикте јаан ченелте болот .
(trg)="65"> Naho ari ukwo , amaze kugira akigoro ko kwitaba ikoraniro ry’insiguro ya bose , yanditse ati : “ Iyo nsiguro yavuga ibijanye no gucika intege .

(src)="76"> Ака улустыҥ сезимдерин ајаруга алып , куучын - эрмегин јалакай эдип айтканынаҥ улам мен ыйлай бергем .
(trg)="66"> Uwayishikirije yayitanganye impuhwe n’ikibabarwe ku buryo nakoroye amosozi .

(src)="77"> Христиан туштажулар меге сӱреен керектӱ деп , мен база ла катап оҥдоп алгам » .
(trg)="67"> Narabonye ko nkwiye kwama nitaba amakoraniro . ”

(src)="78"> Кемене туштажуга албаданып барып келгенине сӱреен тыҥ сӱӱнген !
(trg)="68"> Akigoro yagize ko kwitaba amakoraniro karatumye agira umunezero !

(src)="79"> 8 , 9 .
(trg)="69"> 8 , 9 .

(src)="80"> Элчи Павелдиҥ : « Чине јок тужымда мен кӱчтӱ » — деген сӧстӧри нени темдектейт ?
(trg)="70"> Intumwa Paulo yashaka kuvuga iki igihe yandika ngo “ iyo ngoyagoya [ ni ] ho ngira ububasha ” ?

(src)="81"> Исаия 40 : 30 - ты кычырыгар * .
(trg)="71"> Soma Yesaya 40 : 30 .

(src)="82"> Бис нени де эдип билер болзоос , тӱҥей ле ӱзе немени бойыстыҥ кӱчисле эдип болбой јадыс деп , ончобыска оҥдоп турар керек .
(trg)="72"> Naho twoba turi abahanga gute , hariho ivyo tutoshobora n’inkomezi zacu bwite .
(trg)="73"> Ico ni ikintu twese dukwiye kumenya .

(src)="83"> Темдектезе , элчи Павел кӧпти эдип билер де болгон болзо , ончо кӱӱнзегенин эдер аргазы јок болгон .
(trg)="74"> Naho intumwa Paulo yari ashoboye ibitari bike , hari ivyo yipfuza gukora mugabo ntabishikeko .

(src)="84"> Ол бойыныҥ санааркаштарын Кудайга куучындап берерде , Кудай ого : « Сен чине јок тужыҥда Мениҥ кӱчим толо кемине једет » — деп айткан .
(trg)="75"> Igihe yaserurira Imana ingorane yari afise , yamubwiye iti : “ Ububasha bwanje buriko butunganirizwa mu bugoyagoye . ”

(src)="85"> Бу ӱредӱни Павел јакшы оҥдоп алган .
(trg)="76"> Paulo yaratahuye ico Imana yari imubariye .

(src)="86"> Оныҥ учун : « Чине јок тужымда мен кӱчтӱ » — деп айткан ( 2 Кор .
(src)="87"> 12 : 7 — 10 ) .
(trg)="77"> Ni co gituma yavuze ati : “ Iyo ngoyagoya [ ni ] ho ngira ububasha . ”

(src)="88"> Павел бу сӧстӧрлӧ нени айдарга сананган ?
(trg)="78"> None yashaka kuvuga iki ?

(src)="89"> Ол кӧп немени бойыныҥ ийде - кӱчиле эдип болбозын билген .
(trg)="79"> Paulo yaratahuye ko ivyo yari kwishoboza adafashijwe n’Imana vyari bike cane .