# bem/102003733.xml.gz
# run/102003733.xml.gz


(src)="1"> Ifingalenga Icupo Ukutunguluka
(trg)="1"> Impfunguzo zituma umubano w’ababiranye uroranirwa

(src)="2"> Inyunshipepala ya La Presse yatile : “ Ukubepa fye panono e kwingalenga umwaume no mwanakashi abatemwana ukutunguluka . ”
(trg)="2"> “ Ukubesha ku rugero runaka : urwo ni rwo rupfunguzo rutuma abikundanira baroranirwa ” .
(trg)="3"> Ivyo bivugwa mu kinyamakuru kimwe ( La Presse ) .

(src)="3"> Iyi nyunshipepala ya ku Canada yalelanda pa masambililo yamo umo baleti ukubepa kwaba fye bwino .
(trg)="4"> Ico kinyamakuru co muri Kanada cariko kivuga ivyashikirijwe mw’itohoza ryagizwe ryerekanye yuko kubesha bizana inyungu .

(src)="4"> Aya masambililo yalembelwe mu lupapulo lwa Journal of Social and Personal Relationships .
(trg)="5"> Iryo tohoza ryari ryasohowe mu kinyamakuru kimwe ( Journal of Social and Personal Relationships ) .

(src)="5"> Tim Cole , uwasoma sana uubombela pa De Paulo University , ku Chicago , mu United States of America , atile : “ Nga tulebepa fye panono , kuti twabakilila ubusuma bwaba mu kutemwana ukwabula ukuleta amafya . ”
(trg)="6"> Porofeseri Tim Cole wo kuri kaminuza imwe ( De Paul University ) yo mu gisagara ca Chicago muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika avuga ati : “ Tubeshe ku rugero runaka , turashobora kuzigama inyungu ziva ku kwikundanira tutarinze gushira mu kaga ukwo kwikundanira ” .

(src)="6"> Lelo , bushe cine cine ukufutika e kwingalenga icupo ukutunguluka ?
(trg)="7"> Ariko none , guhendana vyoba koko ari urupfunguzo rutuma umubano w’ababiranye uroranirwa ?

(src)="7"> Baibolo icincisha Abena Kristu aiti : “ Nomba apo mwalipoosa ubufi , lanshanyeni icine umuntu onse no munankwe . ”
(trg)="8"> Bibiliya ihimiriza abakirisu iti : “ Mwiyambure ibinyoma , umuntu wese avugane ivy’ukuri na mugenzi we , kuko tur’ingingo za bagenzi bacu ” .

(src)="8"> Bushe uku kupanda amano kusuma ?
(trg)="9"> Hoba hari ico iyo mpanuro yofasha ?

(src)="9"> Ilyo shimafunde uwimininako abalefwaya ukulekana aipushiwe ilipusho lya kuti , Cinshi icikalamba icilenga abantu ukupaatukana ?
(src)="10"> ayaswike ati : “ Ifilenga kukanalanshanya icine , ukukanalanda ifili ku mutima no kufilwa ukumona umwina mwabo ukuti e cibusa wa pa mutima . ”
(trg)="10"> Igihe habazwa iki kibazo kivuga ngo : Ni iyihe mvo imwe ikomeye kuruta izindi zose ituma abubakanye batandukana ? , umushingwamanza umwe yahukanye yishuye ati : “ Ni uko badashobora kuganira badahishanya , ntibashobore guseruriranira akari ku mutima kandi ntibashobore gufatana nk’abagenzi pfampfe ” .

(src)="11"> E ico cinshi cingalenga abaupana ukuba aba nsansa ?
(trg)="11"> None akabanga ko kugira umubano w’ababiranye urangwa agahimbare ni akahe ?

(src)="12"> Icipandwa 3 mu citabo citila Icaba Inkaama ku Nsansa sha Lupwa caba no mutwe utila : “ Amakii Yabili Ayalenga Icupo Ukubelelela . ”
(trg)="12"> Ikigabane ca 3 c’igitabu Akabanga ko Kuronka Agahimbare mu Rugo kirafise umutwe uvuga ngo “ Impfunguzo Zibiri Zituma Umubano w’Ababiranye Urama ” .

(src)="13"> Muli ici cipandwa mwalondololwa ifintu fibili ifingalenga abaupana ukwikala pamo ne nsansa , no kubaafwa ukusanga amapaalo ayengi .
(trg)="13"> Ico kigabane kirarimbura ibintu nyamukuru bibiri bituma abubakanye bashobora kubana mu gahimbare , bigatuma baronka imihezagiro myinshi .

(src)="14"> Kuti mwalomba ici citabo pa kulemba mu mukululo uli pe samba no kutuma ku keyala kali pa mukululo nelyo ku keyala ka mu calo mwikala pe bula 5 muli uno magazini .
(trg)="14"> Urashobora gusaba ico gitabu mu kwuzuza agace kandikwamwo aderese kari kumwe n’iki kiganiro hanyuma ukakarungika kuri aderese yaherekanywe canke ku yibereye mu ziri ku rupapuro rwa 5 rw’iki kinyamakuru .

(src)="15"> □ Ndefwaya icitabo ca Icaba Inkaama ku Nsansa sha Lupwa .
(trg)="15"> □ Ndabasavye mundungikire igitabu Akabanga ko Kuronka Agahimbare mu Rugo .

(src)="16"> □ Mukwai mukesendandalila pantu ndefwaya ukusambilila ukwabula ukulipila .
(trg)="17"> □ Ndabasavye mumenyeshe ibijanye n’inyigisho ya Bibiliya yo ku muhana igirwa ku buntu .

# bem/102003734.xml.gz
# run/102003734.xml.gz


(src)="1"> ‘ Abanakashi Bafwile Ukucindikwa ’
(trg)="1"> “ Abakenyezi barakwiye kugaragarizwa icubahiro ”

(src)="2"> Umukashana wa myaka 17 uwaba pa kolegi imo iya ku India ali pa balecimfyanya ifya kulanda bwino ku cintubwingi .
(src)="3"> Abateyenye uku kucimfyanya lisukulu line alesambililapo .
(trg)="2"> Umwigeme umwe w’imyaka 17 yiga muri kaminuza yo mu Buhindi , yaragiye mw’ihiganwa ryo kuvugira imbere y’abantu ryateguwe n’ishure yigamwo .

(src)="4"> Ena afumishe ifyebo apekenye ukulandapo muli Loleni !
(trg)="3"> Yahisemwo gukoresha amayagwa yo mu rukurikirane rw’ibiganiro rwo muri Be maso !

(src)="5"> uwaleti ‘ Abanakashi Bafwile Ukucindikwa , ’ uwa July 8 , 1992 .
(trg)="4"> ( mu gifaransa ) yo ku wa 8 Mukakaro 1992 ruvuga ngo : “ Abakenyezi barakwiye kugaragarizwa icubahiro ” ( Les femmes méritent le respect ) .

(src)="6"> Umutwe wa fyebo apekenye ukulandapo waleti ‘ Abanakashi — Bushe Balicindikwa Pali Leelo ? ’
(trg)="5"> Umutwe - shimikiro w’insiguro yiwe wavuga ngo : “ Abakenyezi boba bagaragarizwa icubahiro muri iki gihe ? ” .

(src)="7"> Cinshi catumbwike muli ifi fyebo ?
(trg)="6"> Hoba hari icavuyemwo ?

(src)="8"> Atila , “ Nalicimfishe no kupoka icilambu ca kubalilapo .
(src)="9"> Ndetasha nga nshi magazini wa Loleni ! ”
(trg)="7"> Yigana ati : “ Natsindiye agashimwe k’uwa mbere muri iryo higanwa ” .

(src)="10"> Akonkenyepo ukusosa ati , “ Loleni !
(trg)="8"> Arabandanya ati : “ Nashaka gukengurukira Be maso !

(src)="11"> ilaafwa sana imisepela pamo nga ifwe pantu ilatusambilisha no kutweba ifilecitika .
(trg)="10"> Irafasha cane urwaruka nkatwe kubera yuko iguma itumenyesha amakuru menshi kandi agezweho .

(src)="12"> Kabili ilatweba ifya kupwisha amafya ya muli cino calo . ”
(trg)="11"> Iradufasha kandi kuvyifatamwo neza mu mikazo y’iyi si ” .

(src)="13"> Bushe namuipakisha ukubelenga uno Loleni ! ?
(trg)="12"> Woba wahimbawe no gusoma iyi nomero ya Be maso ! ?

(src)="14"> Ico Loleni !
(src)="15"> alembelwa kusambilisha aba mu ng’anda bonse , te kusambilisha fye abaice iyo .
(trg)="13"> Yandikwa kugira imurikire abagize umuryango bose , si urwaruka rwonyene .

(src)="16"> Uyu magazini alakolobonda mu milandu no kulanga ico ifilecitika ndakai ficitikila .
(trg)="14"> Iki kinyamakuru kirinjira mu mizi kandi kigashira ahabona insobanuro nyakuri y’ibintu biba .

(src)="17"> Uwa Cibemba alembwa umuku umo mu myeshi itatu .
(trg)="15"> Gisohorwa rimwe mu mezi atatu mu kirundi .

(src)="18"> Mukabelenge no ukakonkapo !
(trg)="16"> Ntihagire inomero yaco n’imwe igucika !

# bem/102003766.xml.gz
# run/102003766.xml.gz


(src)="1"> Icanenga Ukuba ne Mikalile Isuma
(trg)="1"> Icatumye ngira ubuzima buri n’intumbero

(src)="2"> NGA FINTU CASHIMIKWA NA BA ERNEST PANDACHUK
(trg)="2"> NK’UKO VYAVUZWE NA ERNEST PANDACHUK

(src)="3"> Nafyalilwe mwi lungu lya mu Saskatchewan , ku Canada .
(trg)="3"> Navukiye mu biyaya bitagiramwo ibiti vy’i Saskatchewan muri Kanada .

(src)="4"> Ilyo nali ne myaka 23 , nakuukile ku Afrika uko nabombele umulimo uusuma nga nshi uwa bumishonari imyaka 35 .
(trg)="4"> Igihe nari mfise imyaka 23 , naragiye muri Afirika , aho namaze imyaka 35 mfise ubuzima buhimbaye ndi umumisiyonari .

(src)="5"> Bushe cinshi calengele ukuti ncite ifi ?
(trg)="5"> Vyagenze gute ngo ngire ubuzima bumeze gutyo ?

(src)="6"> Kwena ici tacaicitikile fye .
(trg)="6"> Ntivyapfuye kwizana .

(src)="7"> Kanondolole .
(trg)="7"> Reka ndabibasigurire .

(src)="8"> ING’ANDA nabalilepo ukwikalamo yapangilwe ne mbao , amaloba , ne cani .
(src)="9"> Kwena iyi ng’anda tayaletucingilila bwino ku mpepo yali mu ncende twaleikala .
(trg)="8"> INZU ya mbere twabamwo yari yubakishijwe ibiti , ivyondo be n’ivyatsi , ikaba itari imeze neza bihagije ku buryo ishobora gukingira umuryango wacu mu bihe vy’urushana rukaze rwo mu kiyaya .

(src)="10"> Mu 1928 bamayo na batata bapokele impapulo shalelanda pali Baibolo ku muntu uwatandele ku mwesu .
(src)="11"> Pali iyi nshita ninshi banono fye bafyelwe pali ifwe fwe bana 9 .
(trg)="9"> Mu 1928 , benshi muri twebwe abana icenda tutaravuka , dawe na mawe baremeye ibisohokayandikiro bishingiye kuri Bibiliya uwari yaje i muhira yabahaye .

(src)="12"> Mu nshita ya mpepo iyakonkelepo , basambilile Baibolo ukubomfya impapulo babashilile .
(src)="13"> Ilyo ulusuba lwaletendeka , balishininkishe ukuti balisangile icine .
(trg)="10"> Mu rushana rwakurikiye rwamaze igihe kirekire , barize Bibiliya bakoresheje ivyo bisohokayandikiro .

(src)="14"> Balandile pali ici cine ca mu Baibolo kuli balupwa , abanabo , na ku bena mupalamano .
(trg)="11"> Ku mpeshi ikurikira , bari bamaze kujijuka ko bubuye ukuri .

(src)="15"> Kabili balelanda sana ici cine ca mu Baibolo kuli ifwe fwe bana babo .
(trg)="12"> Barakuyagiye umuryango , abagenzi be n’ababanyi , ariko canecane abana babo .

(src)="16"> Nafyelwe mu 1931 , kabili pa numa abaice bandi basano na bo balifyelwe .
(trg)="13"> Navutse mu 1931 , maze haciye igihe gitoyi nkurikirwa n’abandi batanu .

(src)="17"> Mu mwesu , lyonse twalebelenga no kusambilila Baibolo .
(trg)="14"> Gusoma no kwiga Bibiliya vyari mu bintu vya misi yose umuryango wacu wakunda kugira .

(src)="18"> Ndebukisha nga nshi ifyalecitika ilyo twaleba pamo ulucelo .
(trg)="15"> Ndibukana akamwemwe ibihe twakunda kuba dukoraniye hamwe mu gatondo .

(src)="19"> Batata baletungulula ukulanshanya ilembo lya mu Baibolo na ifwe , na lintu twalekwata abeni .
(trg)="16"> Dawe ni we yayobora ibiganiro bishingiye ku canditswe co muri Bibiliya twagira , n’igihe nyene twaba dufise abashitsi .

(src)="20"> Bamayo na batata , pamo na ifwe fwe bana , twalebelengako mu kupongomoka impapulo shilanda pali Baibolo .
(trg)="17"> Mawe na dawe hamwe n’abana bamaze gukura , barakurakuranwa mu gusoma n’ijwi ryumvikana ibiri mu bisohokayandikiro bishingiye kuri Bibiliya .

(src)="21"> Batata batusambilishe ukulemba no kubelenga , kabili batusambilishe ne fya kufwaya ifyebo ukubomfya ifitabo filanda pali Baibolo .
(trg)="18"> Uretse ukutwigisha gusoma no kwandika , dawe yaratwigishije kandi kugira ubushakashatsi dukoresheje inkoranyamajambo za Bibiliya .

(src)="22"> Tapakokwele twasambilile ifya kubomfya Baibolo ilyo tulelondolwela bambi ifyo twasumina .
(trg)="19"> Bidatevye , twaramenye uburyo twokoresha Bibiliya kugira dusigurire abandi ivyo twemera .

(src)="23"> Uku kulanshanya kusuma kwangafwile ukutontonkanya pa malyashi ya mu Baibolo .
(trg)="20"> Ivyo biyago bihimbaye vyaramfashije kuzirikana ku biganiro bishingiye kuri Bibiliya .

(src)="24"> Umuya inshiku , naishibe ifya kubomfya Baibolo pa kukaana ifisambilisho fya bufi ifyaba mu mipepele .
(trg)="21"> Haciye igihe , narashobora gukoresha Bibiliya kugira mbeshuze inyigisho z’ikinyoma zo mu madini .

(src)="25"> Nalelondolola ukuti umweo ulafwa , ukuti takwaba umulilo wa pe , no kuti Lesa na Yesu tabalingana kabili tababa muli Balesa Batatu . — Lukala Milandu 9 : 5 , 10 ; Esekiele 18 : 4 ; Yohane 14 : 28 .
(trg)="22"> Narashobora kwerekana ko ubugingo bupfa , ko ata muriro udahera uriho be n’uko Imana na Yezu batangana canke ko batagize icitwa ngo ni Ubutatu . — Umusiguzi 9 : 5 , 10 ; Ezekiyeli 18 : 4 ; Yohana 14 : 28 .

(src)="26"> Batata na bamayo kabili baletusambilishisha ku micitile yabo iisuma kabili baletukoselesha ukupampamina pa kucita icalungama , nangu ca kuti ukucita ifyo kwali no kulenga bambi ukutusuula .
(trg)="23"> Dawe na mawe kandi baratwigishije biciye ku karorero batanga bongera baraturemesha kwumira ku bigororotse , naho ivyo vyotumye tudakundwa na benshi .
(trg)="24"> Nk’akarorero , ntibigeze banywa itabi .

(src)="27"> Bena tabalepeepa fwaka , kabili baletusoka pa bubi bwaba mu kupeepa fwaka ne fyo abanensu ku sukulu bali no kutupatikisha ukuti tulepeepa .
(trg)="25"> Baratugabishije ku bijanye n’ingaruka zaryo zonona , baranatubwira yuko kw’ishure boduhatiye kurinywa .

(src)="28"> Ndebukisha amashiwi ya batata aya kuti : “ Abanenu nalimo kuti batila mwaba nga bakashana nga mwakaana ukupeepa fwaka .
(trg)="26"> Ndibuka aya majambo dawe yavuze : “ Nimwanka kunywa itabi hari aho bobabwira ngo ntimurinda .

(src)="29"> Lelo uwamweba ifyo kuti mwamwipusha amuti , ‘ Bushe nani umwaume wine wine ?
(trg)="27"> Mugabo murace mubaza nya muntu muti : ‘ Uwurinda ni nde ?

(src)="30"> Uuilama nangu uufilwa ukuilama ? ’ ”
(trg)="28"> Ni uwuganzwa n’itabi canke ni uwuriganza ? ’

(src)="31"> Ilyo nali ne myaka 11 , na kabili nalyeshiwe nga nali no kukonka ifyo nasambilishiwe muli Baibolo ilyo nali umwaice .
(trg)="29"> ” .
(trg)="30"> Ikindi kigeragezo cogaragaje y’uko nogumye canke ntogumye nisunga ukumenyerezwa gushingiye kuri Bibiliya naronse mu bwana , caje igihe nari mfise imyaka 11 .

(src)="32"> Pali iyi nshita , ninshi Inkondo ya Calo iyalenga bubili yalitendeka , kabili abana be sukulu baebelwe ukulanga ukuti balicindika imendela .
(trg)="31"> Ico gihe , Intambara ya Kabiri y’isi yose yari yaratanguye , kandi bikaba vyitegwa yuko kw’ishure abana baririmba amajambo yo guhayagiza ibendera .

(src)="33"> Nalilwike ukufuma ku fyo nasambilile muli Baibolo ukuti ukucita ica musango yo kupepa , e ico nalikeene ukucite ci .
(trg)="32"> Naratahuye bivuye ku vyo nize muri Bibiliya ko kuririmba amajambo nk’ayo kwari ugusenga , ari co gituma nanse kubijamwo .

(src)="34"> E ico balintamfishe ku sukulu pa myeshi 6 .
(trg)="33"> Ivyo vyatumye nirukanwa kw’ishure mu kiringo c’amezi atandatu .

(src)="35"> Lelo , nasukile napwisha isukulu , kabili mu March 1947 , nalangile ukuti naipeele kuli Yehova Lesa ilyo nabatishiwe mu menshi .
(trg)="34"> Naho ari ukwo , nahavuye ndangiza amashure hanyuma muri Ntwarante 1947 , ndagereranya ukwiyegurira Yehova Imana kwanje mu kubatizwa mu mazi .

(src)="36"> Ilyo papitile imyeshi 6 , natendeke bupainiya .
(trg)="35"> Haciye amezi atandatu , naciye mba umutsimvyi , ni ukuvuga umwamamaji w’inkuru nziza w’igihe cose .

(src)="37"> Bapainiya ni balya ababomba lyonse mu mulimo wa kubila imbila nsuma .
(trg)="36"> Nabanje gukorera amaja mu Bumanuko bwa Saskatchewan , nshinga intahe ku barimyi no ku borozi bo muri ico cibare kinini .

(src)="38"> Pa kubala , nalebombela ku kapinda ka ku kulyo aka Saskatchewan , uko naleshimikila kuli bashibulimi na baleteka ifitekwa muli ici cifulo cikalamba .
(trg)="37"> Mu ci , nagenda n’ifarasi , mu rushana rukanye na ho nkagendera mu mukogote usakaye ukwegwa n’ifarasi , uwo twita akazu .

(src)="39"> Mu lusuba naleendela pali kabalwe , e lyo mu nshita ya mpepo , naleendela mu cikocikala caletiintwa na bakabalwe , ico twaleita ati itolokoshi .
(trg)="38"> Kugira ngo ubemwo ubushuhe , naracana amakara .

(src)="40"> Pa kuti mu kati mukabeko mwaleba imbabula , kanshi naleensha bwino sana pa kuti tacipenwike .
(trg)="39"> Nategerezwa kuba maso rero kugira ngo ntiwubame .

(src)="41"> Abantu ba mu mushi bali abasuma kabili aba cileela .
(trg)="40"> Abo mu misozi bari abantu b’umutima mwiza kandi bakirana .

(src)="42"> Ilyo nabatandalila icungulo bushiku , ilingi balenjeba ukuti ndaale ku mwabo .
(trg)="41"> Ndabagendeye ku mugoroba , akenshi bansaba kurara .

(src)="43"> Nalecindamika nga nshi ukulanshanya kwalebako pa nshita ya musango yo !
(trg)="42"> Urazi ukuntu naryoherwa n’ibiganiro bishingiye kuri Bibiliya bishwangamura vyakurikira !

(src)="44"> Ulupwa lwa baPeterson ni bamo abasumine ifyo baumfwile pa numa ya kulanshanya na bo ubushiku bonse .
(trg)="43"> Umuryango wa Peterson ni umwe mu miryango yavyakiriye neza inyuma y’ikiganiro camaze ijoro ryose .

(src)="45"> Earl na banyina baishileba Inte sha kwa Yehova ishapimpa .
(trg)="44"> Earl na nyina wiwe baracitse Ivyabona vya Yehova b’abanyamwete .

(src)="46"> Ukubombela mu Quebec
(trg)="45"> Nkorera muri Kebeke

(src)="47"> Mu 1949 , naliipeeleshe ukubombako ilyo babilishe ukuti bapainiya balekabilwa aba kwafwilisha mu mulimo wa kubila mu citungu ca Quebec .
(trg)="46"> Mu 1949 , naritavye akamo katewe abatsimvyi ko gufasha mu gikorwa co kwamamaza mu ntara ya Kebeke .

(src)="48"> Bapaniya nalimo 200 abafumine ku kabanga ka Canada baliipeeleshe ukubombako .
(trg)="47"> Nk’abatsimvyi 200 bavuye mu Burengero bwa Kanada baritavye ako kamo .

(src)="49"> Bafikile mu musumba wa Montreal mu September , ninshi nabaiteyanya ukubomba konse uko bengetumwa ukubomba mu Quebec .
(trg)="48"> Bashitse mu gisagara ca Montréal muri Nyakanga , bakaba bari biteguriye kwemera kuja aho borungitswe gukorera hose muri Kebeke .

(src)="50"> Pali iyi nshita , uwali uwa cibili kuli kateeka ni Maurice Duplessis .
(src)="51"> Uyu muntu alepepa ku Katolika .
(src)="52"> Alefwaya ukutamfya Inte sha kwa Yehova shonse mu Quebec .
(trg)="49"> Aho hari mu gihe hatwara umushikiranganji wa mbere w’umugatolika yitwa Maurice Duplessis , uwari yariyemeje kwirukana Ivyabona muri iyo ntara .

(src)="54"> Amafya yamo twakwete kusambilila ululimi lwa ciFrench e lyo no kupooswa mu cifungo .
(trg)="50"> Ivyo vyari ibihe vyuzuyemwo ingorane birimwo vyinshi vyo gukora kandi vyari ibihe bihimbaye .

(src)="55"> Kabili twalesanswa ku mabumba ya bantu no kupumfyanishiwa ilyo tulelongana .
(trg)="51"> Muri izo ngorane harimwo kwiga igifaransa , gufatwa , gutegwa n’utugwi tw’inkozi z’ikibi be n’ukudurumbanya amateraniro yacu ya gikirisu kwagirwa n’abantu b’ishaka rirenze urugero baba batwinyegetejemwo .

(src)="56"> Lelo imicitile ya musango yu tayantiinishe nangu ukumfuupula mu mulimo wa kwa Lesa .
(trg)="52"> Ariko rero , iryo shaka ryabo ntiryanteye ubwoba canke ngo ritume mpungabana mu murimo narangura ndi umusuku w’Imana .

(src)="57"> Abafyashi bandi bansambilishe ukutemwa icalungama no kunenga ukucetekela ukuti umulimo wa mwi sonde lyonse uwa kubila uo Yesu asobele wali no kubombwa , nangu ca kuti abantu baletukaanya . — Mateo 24 : 9 , 14 .
(trg)="53"> Abavyeyi banje bari baranyinjijemwo ugukunda ibigororotse bongera batuma njijuka ko igikorwa c’ukwamamaza kirangurirwa kw’isi yose cari carabuwe na Yezu corangutse , naho hobaye hariho ukurwanywa . — Matayo 24 : 9 , 14 .

(src)="58"> Ilyo nali mu Quebec , naishibene na Emily Hawrysh , painiya wa busumino uwafumine ku Saskatchewan .
(trg)="54"> Mu gihe nari muri Kebeke , narahuye na Emily Hawrysh , umutsimvyikazi w’umwizerwa aturuka i Saskatchewan .

(src)="59"> Ukutula apo twaupanine pa January 27 , 1951 , Emily aba mubomfi munandi uwa cishinka kabili uwa kukoselesha .
(trg)="55"> Kuva tugize ubugeni ku wa 27 Nzero 1951 , Emily yamye ari umukozi dukorana adahemuka be n’umugenzi aremesha .

(src)="60"> Apo twalefwaisha ukubombesha mu mulimo wa kubila , twaipushe nga kuti twasangwa kwi Sukulu lya Baibolo ilya Gileadi ilya Watchtower kabili balitwitile .
(src)="61"> Ili isukulu lisenda imyeshi nalimo 6 kabili abasangwako balateyanishiwa ukubomba bumishonari .
(trg)="56"> Kubera ko intumbero yacu yari iyo kugira uruhara mu busuku mu buryo burushirije kuba ubushitse , twarasavye kuja kw’Ishure ry’ivya Bibiliya ry’i Gileyadi rya Watchtower maze turemererwa , iryo shure rikaba ritanga ivyigwa bimara amezi nk’angahe bitegura abasuku bazoja mu murimo w’ubumisiyonari .

(src)="62"> Twapwishishe isukulu lya Gileadi mu February 1953 .
(src)="63"> Twali mwi kalasi lyalenga 20 .
(trg)="57"> Muri Ruhuhuma 1953 , twaronse impapuro z’umutsindo mu mugwi ugira 20 w’abasohoka Ishure ry’i Gileyadi .

(src)="64"> Ilyo twalelolela ifipepala fya kutusuminishishapo ukwingila mu Afrika , twaebelwe ukulatandalila ifilonganino fya Nte sha kwa Yehova mu Alberta na mu Ontario , mu Canada .
(trg)="58"> Mu gihe twari tukirindiriye impapuro ziduha uburenganzira bwo kwinjira muri Afirika , twaratumiwe gusahiriza amashengero y’Ivyabona vya Yehova y’i Alberta n’i Ontario muri Kanada .

(src)="65"> Muli sho nshiku twaleenda ukufuma ku cilonganino cimo no kuya kuli cimbi ukubomfya bamotoka ba kulipila .
(trg)="59"> Muri iyo misi , kugira tuve mw’ishengero tuje mu rindi , twaripakiza .

(src)="66"> E ico twasambilile ifya kwangusha imikalile yesu no kusendela ifipe fyesu mu cola .
(trg)="60"> Ku bw’ivyo , twarize kworosha ubuzima bwacu no gutwara mw’ivarisi ibintu vyose dufise .

(src)="67"> Ilyo papitile imyeshi inono , balitupeele ifipepala fya kwingililapo mu Afrika .
(src)="68"> E ico twaile ku Southern Rhodesia , icalo ico nomba beta ati Zimbabwe .
(trg)="61"> Haciye amezi makeyi , igihe impapuro zacu z’inzira n’izo kwinjira muri Afirika zari zimaze kuboneka , twaciye tuja muri Rodeziya yo mu Bumanuko , ahitwa ubu Zimbabwe .

(src)="69"> Ukwikala mu Afrika
(trg)="62"> Tumenyera ubuzima bwo muri Afirika

(src)="70"> Tapapitile ne myeshi isano apo twafikiile , twapeelwe umulimo wa kutandalila amabumba ya Nte sha kwa Yehova mu Zimbabwe e lyo na mu Bostwana na ku kapinda ka ku kulyo aka Northern Rhodesia ( ici calo nomba citwa ati Zambia ) .
(trg)="63"> Tumaze amezi atanu tuhashitse , twaciye turungikwa kugendera imigwi y’Ivyabona vya Yehova muri Zimbabwe no muri Botswana be no mu bice vyo mu Bumanuko bwa Rodeziya yo mu Buraruko ( ahitwa ubu Zambiya ) .

(src)="71"> Ilyo twali kwi sukulu lya Gileadi batukoseleshe ukukanalinganya icalo uko twatumwa ukubombela ku calo twafumako .
(src)="72"> Kabili batusambilishe no kuti tufwile ukwibukisha ukuti nangu ifintu fyafye shani , kuti twasambililako cimo ku fyatucitikila .
(trg)="64"> Kw’Ishure ry’i Gileyadi , twari twararemeshejwe kutagereranya igikebere turangurira mu mahanga n’ico twarangurira mu gihugu cacu c’amavukiro no kwibuka yuko naho twoba turi mu bintu bimeze gute , dushobora kugira ico twigiye kuri ivyo bidushikiye .

(src)="73"> Aya mashiwi ya mano yatwafwile ukwaluka mu fyo twaletontonkanya .
(trg)="65"> Ayo majambo y’ubukerebutsi yaradufashije guhindura ivyiyumviro vyacu .

(src)="74"> Ukufika na leelo , ine na Emily tulasuminisha amashiwi yatila , “ Bombesheni te mulandu ne fyo ifintu fili ; nalimo tamwakamone ilyo ishuko na kabili . ”
(trg)="66"> Gushika uno musi , twe na Emily turemeranya n’aya majambo akunda kuvugwa , agira ati : “ Akaryo kabonetse , ntukagishe ; gashobora kutazokwigera gasubira kuboneka ” .

(src)="75"> Twaile ku fifulo fyalekanalekana ukubomfya ishitima , basi , ifimbayambaya , ne ncinga , e kuti fyonse fye ifyo twingabomfya .
(trg)="67"> Twava hamwe tuja ahandi dukoresheje igariyamoshi , ibisi , ikamyo canke ikinga , ni ukuvuga ko twakoresha ikibonetse cose .

(src)="76"> Nangu ca kuti ukucita ifi kwalenasha , kwali fimbi ifyalecitika ifyalelenga cafye ukubombesha te mulandu ne fyo ifintu fili .
(trg)="68"> Naho ivyo vyaruhisha cane , hariho ibindi bintu vyagerageza umwiyemezo wacu wo ‘ kutagisha akaryo kabonetse ’ .

(src)="77"> Mu myaka ibili iya kubalilapo , Emily talesuminishiwa ukuya na ine mu mishi pantu ifunde talyasuminishe .
(trg)="69"> Mu myaka ibiri ya mbere , Emily ntiyari yemerewe kujana nanje mu turere twiharijwe n’imiryango kanaka kubera amategeko yabibuza .