# alz/2017640.xml.gz
# run/2017640.xml.gz


(src)="1"> 3 Wer ku dwal mir anyong’a !
(trg)="1"> 3 Ririmbana umunezero !

(src)="2"> Niai con , wer utie thenge acel ma zoo mi thier ni dhanu pa Yehova .
(trg)="2"> Kuva kera na rindi , abasavyi ba Yehova bamye babona ko kuririmba ari umuce uhambaye w’ugusenga kwabo .

(src)="3"> Re , dhanu moko romo bedo ku lewic kunoke ku lworo niwer ikind dhanu .
(trg)="3"> Naho ari ukwo , hari aboshobora kugira isoni zo kuririmba mu bantu .

(src)="4"> Waromo daru nenedi lworo mi tio ku dwandwa pi nipaku Yehova ku wer ?
(trg)="4"> Twotsinda gute ubwoba bwo kuririmbira Yehova kubera ukuntu ijwi ryacu rimeze ?

(src)="5"> Thiwiwec maeni unyutho iwa thelembe mabeco ma romo cwaluwa niwer kud anyong’a , man emio bende juk ma romo konyowa niyiko dwandwa mi wer .
(trg)="5"> Iki kiganiro kiratanga imvo zumvikana zo kuririmbana umunezero be n’ivyiyumviro vyodufasha kuryohora ijwi ryacu .

(src)="6"> 8 Nyo iketho Yehova ni karingo peri ?
(trg)="6"> 8 Woba uriko urahungira kuri Yehova ?

(src)="7"> 13 Lub lapor mi pokolembe ma pwe man mi kisa pa Yehova
(trg)="7"> 13 Niwigane ubutungane bwa Yehova n’imbabazi ziwe

(src)="8"> Adhura mi karingo m’ubedo nuti con i Israel , romo mio iwa ponji dupa mabeco .
(trg)="8"> Turashobora gukura ivyigwa ngirakamaro kuri vya bisagara vy’ubuhungiro vyo muri Isirayeli ya kera .

(src)="9"> I thiwiwec mi kwong’o , nen yo ma tung ’ tung ’ ma Jakristu m’udubo romo ringo ko ibang ’ Yehova tin .
(trg)="9"> Mu kiganiro ca mbere , nurabe ingene muri iki gihe umucumuzi yohungira kuri Yehova .

(src)="10"> I thiwiwec mir arionde ke , nen kite ma waromo lubo ko lapor pa Yehova pi nitimo kisa ni jumange , niworo kwo , man nitimo lembe ku bedopwe .
(trg)="10"> Mu gikurikira , nurabe ingene Yehova adufasha kubabarira abandi , gusonera ubuzima no gukurikiza ubutungane .

(src)="11"> 18 Ng’atu ma mio ku berocwiny , mugisa bikwanye
(trg)="11"> 18 “ Uwutanga cane azodoheshwa ”

(src)="12"> 20 Kwer cen paru mi ng’om maeni
(trg)="12"> 20 Niwamirire kure ivyiyumviro vy’isi

(src)="13"> 25 Kud iwek gin moko ceri ku nwang’u sukulia
(trg)="13"> 25 Ntureke ngo hagire ikikubuza kuronka agashimwe

(src)="14"> Thiwiwec ario maeni ujengere iwi juk ma Paulo umio ni Jukristu mi Kolosai ku kony pa tipo ma leng ’ .
(trg)="14"> Ibi biganiro bibiri bishingiye ku mpanuro Paulo yahaye abakirisu b’i Kolosayi .

(src)="15"> Thiwiwec mi kwong’o ukoro gin ma wacikara nitimo ka wawinjo paru moko mi ng’om , m’ubeyenyo nen iwa ni paru m’atira kunoke mandha .
(trg)="15"> Ikiganiro ca mbere kirasigura ico twokora igihe twumvise ivyiyumviro vyo muri iyi si bisa n’ibikwegera canke n’ibijijura .

(src)="16"> Thiwiwec mir arionde ubepoyowa nia wacikara nicerara ikum timo ceke ma romo cerowa ku nwang’u mugisa ma Yehova ung’olo .
(trg)="16"> Ica kabiri kiratwibutsa ingene twokwirinda ibintu vyotubuza kuronka imihezagiro Yehova yasezeranye .

(src)="17"> 30 Iromo timo ang’o pi ning’iyo maber i cokiri peri manyen ?
(trg)="17"> 30 Womenyera gute ishengero rishasha ?

# alz/2017641.xml.gz
# run/2017641.xml.gz


(src)="1"> “ E ber ya juwer pak ni Mungu mwa . ” ​ — ZABURI 147 : 1 .
(trg)="2"> 147 : 1 .

(src)="2"> WER : 10 , 2
(trg)="3"> INDIRIMBO : 10 , 2

(src)="3"> Wer utie ku kaka makani i thier mandha ?
(trg)="4"> Kuririmba bifise uruhara uruhe mu gusenga kw’ukuri ?

(src)="4"> Iromo timo ang’o kara itund niwero pak ni Yehova kud adundeni ceke ?
(trg)="5"> Ni ibiki vyogufasha gutsinda intambamyi , maze ukaririmbira Yehova n’igishika ?

(src)="5"> Alokaloka makani ma jutimo i buku manyen mi wer , man bukune romo konyi nenedi ?
(trg)="6"> Ni ibiki vyaryohowe mu gitabu gishasha c’indirimbo , kandi wogikoresha neza gute ?

(src)="6"> Wer mwa konyowa nenedi ?
(trg)="7"> Kuririmba bidufasha gute ?

(src)="7"> JATHUNGWER moko m’ung’eyere lee ugam uyero kumae : “ Wec ketho ng’atini paru lembe .
(trg)="8"> UMWANDITSI umwe w’indirimbo azwi cane yavuze ati : “ Kwumva amajambo bituma utahura iciyumviro .

(src)="8"> Mizik ke ketho ng’atini winjere ku mutoro kunoke ku can .
(trg)="9"> Kwumva umudiho bivyura inyiyumvo .

(src)="9"> Ento wer , ketho ng’atini neno lembe m’ebewero i paru pare . ”
(trg)="10"> Ariko kuririmba bituma amajambo agukora ku mutima . ”

(src)="10"> Wer mwa bende konyowa nimio pak ni Yehova , Wegwa m’i polo , man ninyutho nia wamare .
(src)="11"> Werne ketho wawinjara nia watie ceng’ini mandha kude .
(trg)="11"> Hari amajambo none yodukora ku mutima kuruta ayashemeza Umuvyeyi wacu wo mw’ijuru Yehova akongera agaserura urwo tumukunda ?

(src)="12"> Pieno , kadok wabewer kendwa kunoke karacelo kud umego ku nyimego mwa de , ubenen kamaleng ’ nia wer utie ku kaka ma pire tek dit i thier maleng ’ .
(trg)="12"> Ntibitangaje rero kubona kuririmba ari umuce uhambaye w’ugusenga gutyoroye , waba uririmba uri wenyene canke uri kumwe n’abagize ishengero .

(src)="13"> 2 , 3 . ( a ) Dhanu moko gibed giwinjiri nenedi tekene ubekwayu nia juwer matek karacelo i cokiri ?
(trg)="13"> 2 , 3 . ( a ) Bamwebamwe babona gute kuririmba n’ijwi rirenga mw’ishengero ?

(src)="14"> ( b ) Wabidwoko wang ’ penji makani i ponji maeni ?
(trg)="14"> ( b ) Tugiye kurimbura ibibazo ibihe ?

(src)="15"> Dong ’ , ibed iwinjiri nenedi tekene ubekwayu nia juwer matek karacelo i cokiri ?
(trg)="15"> None ubona gute ibijanye no kuririmba n’ijwi rirenga uri mw’ishengero ?

(src)="16"> Nyo lewic benegi ?
(trg)="16"> Vyoba bigutera isoni ?

(src)="17"> I suru moko , dhanu ma co gibed gilworo niwer ikind dhanu .
(trg)="17"> Mu mihingo imwimwe , abagabo boshobora kugira isoni zo kuririmba mu bantu .

(src)="18"> Lembuno copo bedo ku matoke marac iwi umego ku nyimego i cokiri , akecane ka judong cokiri gibemwony ikum wer , kunoke gibetimo lembe mange i saa mi wer . ​ — Zaburi 30 : 12 .
(trg)="18"> Ivyo vyoshobora kwandukira ishengero ryose , na canecane igihe abaja imbere abandi batitaho ivyo kuririmba canke bafatirwa n’ibindi igihe abagize ishengero baba bariko bararirimba . ​ — Zab .
(trg)="19"> 30 : 12 .

(src)="19"> Wer utie thenge acel ma zoo mi thier mwa ni Yehova .
(src)="20"> Pieno , ukwayu ngo wabed wamwony i saa mi wer kunoke nikoso thenge maeno mi coko .
(trg)="20"> Nimba tubona ko kuririmba ari umuce w’ugusenga kwacu , hageze kuririmba ntituzosohoka canke ngo dutwarwe n’ibindi .

(src)="21"> Dong ’ , wan ceke wacikara nipenjara kumae : ‘ Nyo abed amaru niwer i coko ?
(trg)="21"> Umwe wese rero yokwibaza ati : ‘ Kuririmba mu makoraniro ndabibona gute ?

(src)="22"> Aromo timo ang’o tekene abed alworo niwer ikind dhanu ?
(trg)="22"> Notsinda gute ikintu cose cotuma ntaririmba n’ijwi ryumvikana ?

(src)="23"> Man aromo wer nenedi kud adundena ceke ? ’
(trg)="23"> Vyongeye , ni ibiki vyomfasha kuririmbana igishika indirimbo zacu ? ’

(src)="24"> 4 , 5 .
(trg)="24"> 4 , 5 .

(src)="25"> Yub makani m’ubedo nuti pi lembe m’uneno wer i hekalu i Israel ma con ?
(trg)="25"> Kuririmbira Imana vyahabwa agaciro kangana iki muri Isirayeli ya kera ?

(src)="26"> Niai con , jurutic pa Yehova gibed gitio ku mizik pi nipaku Yehova .
(trg)="26"> Kuva kera na rindi , abasavyi ba Yehova b’abizigirwa baramushemeza bakoresheje umuziki .

(src)="27"> Kinde ma nyithindho mir Israel gibino gwoko bedoleng ’ migi ni Yehova , wer ubedo thenge acel ma pire tek mi thier migi .
(trg)="27"> Igihe cose Abisirayeli bakorera Yehova badahemuka , kuririmba wari umuce uhambaye w’ugusenga kwabo .

(src)="28"> Ku lapor , kinde ma Daudi ubino coko dhu jamtic pi gomo hekalu , epangu bende Julawi 4 000 pi nipaku Yehova ku mizik .
(trg)="28"> Nk’akarorero , igihe Umwami Dawidi yariko arategura ibijanye n’igikorwa co ku rusengero , yarashizeho Abalewi 4.000 kugira baririmbire Yehova amashemezo .

(src)="29"> Kud ikindgi , dhanu 288 ubedo jurubodho , man ‘ juponjogi [ ceke cuu ] i wer ni Yehova . ’ ​ — 1 Lemkei 23 : 5 ; 25 : 7 .
(trg)="29"> Muri bo , harimwo abahanga 288 “ bamenyerejwe mu vy’ukuririmbira Yehova . ” ​ — 1 Ngo .
(trg)="30"> 23 : 5 ; 25 : 7 .

(src)="30"> Bende , i saa ma jubino nithiero hekalu ni Yehova , mizik ku wer ubedo ku kaka ma pire tek .
(trg)="31"> Mu gihe co kwinjira urwo rusengero , baracuraranze bongera bararirimba birakomera .

(src)="31"> Biblia uwacu kumae : ‘ Kinde ma jukudhagwara man juruwer gibedo calu acel , kara giketh badwal acel uwinjre kum paku ku foyo Yehova ; man kinde ma giting’o dwandgi malu karacelo kud agwara man umbukulumbu ku jambwer mi badwal , man gipaku Yehova , . . . dwong ’ pa Yehova upong’o ot pa Mungu . ’
(trg)="32"> Bibiliya ivuga iti : “ Nuko abavuza inzumbete n’abaririmvyi , bakimara kuba nk’umuntu umwe , mu gutuma humvikana ijwi rimwe mu gushemeza no gukengurukira Yehova , vyongeye bakimara kwumvikanisha ijwi bakoresheje inzumbete n’ivyuma bisāma n’ibicurarangisho vy’ururirimbo , bagashemeza Yehova , . . . ubuninahazwa bwa Yehova [ bwaciye bwuzura ] inzu y’Imana y’ukuri . ”

(src)="32"> Kepar kite ma lembuno ugam utielo ko yioyic mi nyithindho mir Israel saa maeca ! ​ — 2 Lemkei 5 : 13 , 14 ; 7 : 6 .
(trg)="33"> Ese ukuntu cari ikiringo gikomeza ukwizera ! ​ — 2 Ngo .
(trg)="34"> 5 : 13 , 14 ; 7 : 6 .

(src)="33"> Yub ang’o ma Nehemia ugam umaku pi mizik ku wer kinde m’ebino jabim mi Yerusalem ?
(trg)="35"> Dondora ingene abaririmvyi babiciye bigacika igihe Nehemiya yari buramatari i Yeruzalemu .

(src)="34"> Kinde ma Nehemia ucoko nyithindho mir Israel kara gigier kendo gang’kidi mi Yerusalem , en bende egam epangu Julawi kara giwer wer man gigoi mizik i saa mi thiero gang’kidine ni Yehova .
(trg)="36"> Igihe Nehemiya yahagarikira Abisirayeli b’intahemuka kugira ngo basanure impome za Yeruzalemu , yarashizeho n’Abalewi baririmba bakoresheje ibicurarangisho .

(src)="35"> Wer man mizik ma gigoyo i saa maeno uketho anyong’a ubedo lee akeca .
(trg)="37"> Igihe begurira Yehova izo mpome , abaririmvyi barabiciye biracika bituma haba akanyamuneza kenshi .

(src)="36"> Nehemia upangu “ udul ario ma dit ma gifoyo foc . ”
(trg)="38"> Ico gihe hari “ imigwi ibiri mininiminini y’abaririmvyi y’ugukenguruka . ”

(src)="37"> Juruwer maeno giwotho ku wi gang’kidi ; ungu acel ukwanyu yo ng’ete acel , ma kucelo ke ukwanyu yo ng’ete mange , nitundo gicidh girombo iwi gang ’ ma ceng’ni ku kaka ma hekalu ni ie .
(trg)="39"> Iyo migwi yaciye hejuru ku ruhome , umwe iburyo uwundi ibubamfu , maze ihurira hafi y’urusengero .

(src)="38"> Dwal mi wer ku mi jambgoyower migine ubedo tek lee ma dhanu mange de giwinjo ku bor .
(trg)="40"> Yaciye isamiriza amajwi ku buryo yumvikana gushika kure .

(src)="39"> ( Nehemia 12 : 27 , 28 , 31 , 38 , 40 , 43 ) M’umbe jiji , mutoro unego Yehova lee niwinjo kite ma jurutic pare gibino wer ko kud amora pi nipake .
(trg)="41"> Nta gukeka ko Yehova yahimbawe no kwumva abasavyi biwe bariko baramushemeza banezerewe .

(src)="40"> Yesu ku julub pare ginyutho nenedi nia wer utie thenge acel ma zoo mi thier mi Jukristu ?
(trg)="42"> Yezu yerekanye gute ko kuririmba ari umuce uhambaye w’ugusenga kw’ukuri ?

(src)="41"> I saa ma Yesu ubino i ng’om bende , mizik umedere nibedo thenge acel ma zoo mi thier mandha .
(src)="42"> Kepoi ikum lembe m’utimere i diewor ma pire tek nisagu zoo i kwo mi dhanu .
(trg)="43"> N’igihe nyene ishengero rya gikirisu ryashingwa , umuziki wagumye ari umuce uhambaye w’ugusenga kw’ukuri .

(src)="43"> Yesu ucaku the Cemo mir uthieno pa Rwoth karacelo ku julub pare ; ing’eye , gin ceke giwero wer mi pak ni Yehova . ​ — Som Matayo 26 : 30 .
(trg)="44"> No muri rya joro rihambaye cane , igihe Yezu yari ahejeje gutanguza Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba , bararirimvye . ​ — Soma Matayo 26 : 30 .

(src)="44"> Jukristu mi rundi ma kwong’a giweko lapor makani maber mi paku Mungu ku wer ?
(trg)="45"> Abakirisu bo mu kinjana ca mbere badusigiye gute akarorero mu bijanye no kuririmbira Imana ?

(src)="45"> Jukristu mi rundi ma kwong’a de giweko lapor maber mandha mi paku Mungu ku wer .
(trg)="46"> Abakirisu bo mu kinjana ca mbere baradusigiye akarorero ko kuririmbira Imana dukoraniye hamwe .

(src)="46"> Tung ’ ku nyithindho mir Israel m’ubed ucidho i hekalu pi nitimo thier ni Yehova , Jukristu mi rundi ma kwong’a gibed gicokiri i udi mi dhanu .
(trg)="47"> Naho kenshi bakoranira mu mazu y’abantu , ntivyababuza kuririmbira Yehova .

(src)="47"> Kadok udine bino ngo leng ’ akeca calu hekalu de , re umego ku nyimego gibed giwer asu kud amora .
(trg)="48"> Intumwa Paulo ahumekewe n’Imana yahimirije abakirisu bagenziwe ati : “ Mugume mwigishanya mwongera mukeburana mukoresheje amazaburi , amashemezo aturwa Imana , indirimbo z’ivy’impwemu zijana n’igikundiro , muririmbira Yehova mu mitima yanyu . ”

(src)="48"> Jakwenda Paulo de ugam uyero ni Jukristu wadi kumae : ‘ Wuponjuru man wujukuru ku lembwer man wer ku wer mi tipo , ma wubewero ku bero ( ku foyofoc ) i adundewu ni [ Yehova ] . ’
(trg)="49"> Mu vy’ukuri , indirimbo zo mu gitabu cacu ni “ indirimbo z’ivy’impwemu zijana n’igikundiro . ”

(src)="49"> ( Jukolosai 3 : 16 ) Eyo , wacikara niwero wer mi bukuwer mwa ku ‘ foyofoc . ’
(trg)="50"> Ziri mu bigize ibifungurwa bitangwa na wa “ mushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge . ” ​ — Mat .

(src)="50"> Wer maeno ceke gitie thenge acel mi “ cemo ” ma “ jamiru mandha man ma riek ” ubemio iwa “ i nindone . ” ​ — Matayo 24 : 45 .
(trg)="51"> 24 : 45 .

(src)="51"> ( a ) Pirang’o dhanu moko gitie ku jiji niwer kud anyong’a i coko mwa ?
(trg)="52"> ( a ) Ni ibiki bishobora gutuma bamwe bataririmbana igishika ku makoraniro yacu no ku materaniro yacu ?

(src)="52"> ( b ) Wacikara nitimo ang’o pi nipaku Yehova ku wer , man jukani ma gicikiri nibedo ma kwong’a niwero wer i coko ?
(trg)="53"> ( b ) Twobigenza gute igihe turirimbira Yehova amashemezo , kandi ni bande bakwiye gufata iya mbere ?

(src)="53"> ( Nen cal mir acaki . )
(trg)="54"> ( Raba ishusho itangura . )

(src)="54"> Thelembe moko makanigi ma nyo uketho itie ku jiji niwer ?
(trg)="55"> Mu muryango wanyu , mu mico yanyu canke aho ubaye , mushobora kuba mudakunda kuririmba .

(src)="55"> Saa moko nyo yopewu kunoke i suru peri , dhanu ung’iyo ngo niwero wer .
(trg)="56"> Ikindi na co , ushobora kuba wumviriza indirimbo z’abaririmvyi karuhariwe biciye ku buhinga bwa none .

(src)="56"> Kunoke nyo kan ibewinjo kite ma jurubodho mi wer ubewer ko i radio kunoke i televizio , man kan iporo wer migine ku peri , inweng’iri nia itie jaswa i wer kunoke ing’eyo wer ungo .
(trg)="57"> Ariko rero , ugereranije ijwi ryawe n’iry’abo baririmvyi woshobora kwihebura canke gucika intege .

(src)="57"> Ento , ng’ei nia wan ceke watie ku rwom mi paku Yehova ku wer .
(trg)="58"> Yamara rero , ivyo ntibikwiye kukubuza gushemeza Yehova .

(src)="58"> Pieno , ting ’ bukuwer peri ubed malu , ting ’ wii bende malu , man wer kud amora !
(src)="59"> ( Ezra 3 : 11 ; som Zaburi 147 : 1 . )
(trg)="59"> Ahubwo riho , nutarike igitabu cawe c’indirimbo , uraramure umutwe , maze uririmbane igishika !

(src)="61"> Bende , lembe mir anyong’a utie nia , wer mi Ker utie dong ’ i program mi somo mi tic mi Ker pi judong cokiri .
(trg)="60"> Dukwiye kwibuka iki nimba dutinya kuririmba n’ijwi ryumvikana ?

(src)="62"> Eno ubenyutho nia pire tek lee mandha ni judong cokiri nia gibed ma kwong’a niwero wer i coko mwa .
(trg)="61"> Kimwe mu bituma abantu benshi bataririmba n’ijwi ryumvikana ni ubwoba .

(src)="63"> Wacikara nipoi ikum lembang’o tekene watie ku lworo mi wer ku dwal ma tek ?
(trg)="62"> Bashobora gutinya ko bohava bumvikana kuruta abandi canke bakibaza ko badafise ijwi ryiza .

(src)="64"> Dhanu dupa lworo niwer ma tek pilembe giparu nia dwandgi bibedo tek akeca nisagu mukero , kunoke nia dwandgi tie cu ngo .
(trg)="63"> Ariko rero , turakwiye kwibuka ko igihe tuvuga , “ twese dutsitara kenshi . ”

(src)="65"> Re , kepoi ikum lembe ma e : “ Wan ceke wakier ” i wec wang ’ mapol , ento eno cerowa ngo niweco .
(trg)="64"> Yamara , ntiduca tureka kuvuga .

(src)="66"> ( Yakobo 3 : 2 ) Dong ’ ke , pirang’o waromo weko dwandwa ma leng ’ ungo ucerwa nipaku Yehova ku wer ?
(trg)="65"> Wumva none dukwiye kureka ngo amajwi yacu atameze neza atubuze gushemeza Yehova ?

(src)="67"> 11 , 12 .
(trg)="66"> 11 , 12 .

(src)="68"> Kara watund niwer maber , ukwayu watim ang’o ?
(trg)="67"> Ni ibiki vyodufasha kuryohora uburyo turirimba ?

(src)="69"> Saa moko nyo wabelworo niwer pilembe wang’eyo ngo nia waromo wer nenedi .
(trg)="68"> Dushobora kuba dutinya kuririmba cane kubera ko tutazi kuririmba neza .

(src)="70"> Re , lembe moko ma thindho thindho utie ma waromo timo kara watund niwer maber .
(trg)="69"> Ariko rero , hariho ibintu bimwebimwe vyodufasha kuryohora uburyo turirimba .

(src)="71"> * ​ — Som korolembe m’i there .
(src)="72"> Kara iwer ku dwendi ma tek , ubekwayu iyuy maber .
(trg)="70"> Guhema neza birashobora kugufasha kuririmba n’ijwi ryumvikana .

(src)="73"> Yuyo mio tego i dwendi kinde m’ibeweco kunoke ibewer , tap calu ma pil kunoke batheri mio ko tego ni ampul kunoke neo pi niliel .
(trg)="71"> Nka kurya nyene umuyagankuba ufise inguvu zo kwatsa itara , guhema neza biraha inkomezi ijwi ryawe igihe uriko uravuga canke uraririmba .

(src)="74"> Wer ku dwendi ma rom ku m’ibed iweco ko , kunoke nisagu maeno .
(trg)="72"> Ukwiye kuririmba n’ijwi ryumvikana nka kurya nyene ubigira uriko uravuga , canke mbere ukarushirizaho .

(src)="75"> ( Som juk ma nwang’ere i buku Faidika na Elimu ya Shule ya Huduma ya Kitheokrasi , mbaya mi 181 nitundo i 184 , i the thiwiwec ma nok m’uyero “ Yuy maber . ” )
(trg)="73"> ( Raba ivyiyumviro biri mu gitabu Niwungukire ku Nyigisho yo mw’Ishure ry’Ubusuku bwa Gitewokarasi , urupapuro rwa 181 gushika ku rwa 184 , munsi y’agatwe kavuga ngo “ Hema neza . ” )

(src)="76"> Biblia de uyero ni jurutic pa Yehova nia kinde ma gibewero ire pak , giwer kud anyong’a man “ ku badwal ma dit . ” ​ — Zaburi 33 : 1 - 3 .
(trg)="74"> Nkako , Ivyanditswe rimwe na rimwe bisaba abasavyi ba Yehova “ [ kwiha ] akamo k’umunezero ” igihe bariko baramuririmbira . ​ — Zab .
(trg)="75"> 33 : 1 - 3 .

(src)="77"> Kekor lembe ma waromo timo kara wawer ma cwinywa tek .
(trg)="76"> Vuga ivyodufasha kuririmba n’ijwi ryumvikana .

(src)="78"> I saa mi thier mi juruot , kunoke i saa peri ma segi , kepim nitimo lembe ma e : Ng’ii wer acel ikind wer m’imaru lee i buku mwa mi wer .
(trg)="77"> Mu gihe c’ugusenga kwo mu muryango canke wewe ubwawe , nugerageze ibi bintu : Tora ururirimbo rumwe mu zo ukunda mu gitabu cacu c’indirimbo .

(src)="79"> Som wec mi werne ku dwendi m’acanya man ma tek .
(trg)="78"> Soma amajambo yarwo n’ijwi ryumvikana .

(src)="80"> I ng’eye , yuy wang ’ acel man iyer ku wii wec ceke mir unguwec acel ( phrase ) ku dwal ma rom .
(trg)="79"> Nuce ukwega impemu hanyuma usome iryungane ryose n’ijwi ryumvikana kandi udahemutse .

(src)="81"> Tokcen ne , dok iwer unguwec maeca ceke ku dwendi ma tek .
(trg)="80"> Mu nyuma , ririmba iryo ryungane ukoresheje rya jwi nyene .

(src)="82"> ( Isaya 24 : 14 ) Kan itimo kumeno , dwendi mi wer bimedere bidoko tek .
(src)="83"> Eno tie ber .
(trg)="81"> Niwabigenza gutyo , ijwi ryawe rizogira inkomezi , kandi ico ni ikintu ciza .

(src)="84"> Kud iwek lworo kunoke lewic unegi pi dwendine !
(trg)="82"> Ntibigutere ubwoba canke isoni !

(src)="85"> ( a ) Yabu dhogwa ma lac romo konyowa nenedi i saa mi wer ?
(trg)="83"> ( a ) Guteranura akanwa bidufasha gute mu kuririmba ?

(src)="86"> ( Som sanduku ma thiwie tie “ Lembe m’iromo timo kara itund niwer maber . ” ) ( b ) Juk makani m’ineno nia utie ku kony ikind juk ma jumio pi nidaru peko mi dwal ?
(trg)="84"> ( Raba uruzitiro ruvuga ngo “ Ivyogufasha kuririmba neza . ” ) ( b ) Ni ivyiyumviro ibihe wasanze ari ngirakamaro ?

(src)="87"> Kara itund niwer ku dwal ma tek , ukwayu iyab dhogi ayaba .
(trg)="85"> Ntushobora kuririmba n’ijwi ryumvikana udateranuye umunwa bihagije .

(src)="88"> Pieno , kinde m’ibewer , yab dhogi ma lac nisagu m’ibed iweco ko aweca .
(trg)="86"> Ikindi kintu cogufasha rero , ni uguteranura akanwa kuruta uko ubigira uriko uravuga .